Umwana wa Dudu ntiyakize ariko ingwara yarahagaze
Dudu Niyukuri yamenyesheje ko ingwara yarihanze umwana wiwe yahagaritse gukura. Dudu Niyukuri ngo umwana wiwe ntiyakize ahubwo ubu Imana iracamukingiye ingwara ntikibandanya ikura nkuko vyahora. Muri...
View ArticleAlfa ngo buca ategura igiteramo c’ugushirako ama Tatouage
Igiteramo c’ugushirako ama Tatouage kiriko kirategurwa na Alfa i Gisenyi mu Rwanda. Hampande y’ukuririmba, n’ubu Dj, Alfa asanzwe afise uwundi mwuga w’ukwandika Ku mibiri y’abantu -Tatouage-, umwuga...
View Articleindundi Hits Show | Top5 n’amakuru atandukanye ku baririmvyi benshi.
Mu kiganiro indundi hits show co kuri uyu wambere igenekerezo rya 09 Gitugutu havuzwe amakuru atandukanye ku baririmvyi nka Fizzo,Sat B,Vestine Mr Champagne,Babbi. Ikitari kimenyerewe nuwanditse...
View ArticleIki nico Best Life Music ishikiriza naho ataco banovye muri Afrima awards 2017
Best life ngo barashima kuba bararonse ababashigikira mw’ihiganwa Afrimma 2017 naho ataco bahanovye. Umurwi Best life music naho utabashije gutahukana agashimwe mw’ihiganwa Afrimma 2017 barashimira abo...
View Article#indundi Music|Twakuriye Ghetto By Sd Le Pygme
Twakuriye Ghetto By Sd Le Pygme 830 total views, 830 views today
View Article#indundi Music|Usisubutu By Constato Arato
Usisubutu By Constato Arato 830 total views, 830 views today
View Article#indundi Music|Kumbuka By King Plata
Kumbuka By King Plata 834 total views, 834 views today
View ArticleSpok’s yagize ico avuga inyuma y’ukuva mu bitaro
Spok’s yashimiye abamushitseko, anemera kwishura ubutumwa bw’indemesho ko vuba babona inyishu. Mu gihe akamarariya kaheruka guca kuri Spok’s muri ino misi gushika naho kamushikana mu bitaro akabanza...
View Article#indundi Weekly Music | Top5 week 41
1. Mana Dutabare By Jean Marie Muco Ft Mkombozi | Download: 1667 | View :2715 2.Waya Waya By Keremey Pro &Rude Boy | Download: 528 | View :2847 3.You You You By Lill P Ft Beenie Gunter | Download:...
View ArticleIkoh yoba yatanze ikimemyetso c’amasanamu bagiye gusohora
Michou Miracle yoba yatanze ikimenyetso c’indirimbo yo mu mugambi You’ll love changes Vol2 bagiye gusohorera amasanamu. Mu gihe hatarasohoka amasanamu y’indirimbo n’imwe yo mu mugambi You’ll Love...
View ArticleIki nico Bahaga avuga ku basubiramwo indirimbo ziwe
Bahaga arashima abasubiyemwo akaririmbo Yasa n’irirenga, akavuga kandi ko ata n’amafaranga abasaba ko ari Ku buntu. Inararibonye mu Muziki ndundi Bahaga, yamenyesheje ko afashe mu mugongo indirimbo...
View ArticleKnowless arageramiwe n’uwundi mugabo ashaka kumukwa
Butera ari mu yabira kubera ugushaka gukobwa n’uwundi mugabo bivuye ku bwiza bwiwe. Mu gihe umuririmvyikazi Butera Jeanne yaheruka gushira ahabona akaririmbo niwe gashasha Uzagaruke, Uwo muvyeyi afise...
View ArticleFoto ya Ashley Diva ishobora gusubira gukora amarorerwa
Foto Ashley yashize Ku rubuga rwa WhatsApp Ku musi wa gatanu ishobora guteza uruhagarara. Ashley yasubiriye kandi gushira hanze iyindi foto ishobora kutavurwako rumwe n’abayibona. Iyo foto ikaba...
View Article#Indundi Hits Show|Top5 week41
Indundi Hit showTop5 week 41 909 total views, 2 views today
View ArticleUbu nibwo butumwa bwaherekeje foto ya Big Fariouz ya kera
Big Fizzo yashimye Imana kuho yamukuye naho ageze, ayo majambo yaherekejwe n’ifoto yiwe ya kera. Mu gihe muri kino gihe abarizwa mu gihugu c’ubutariyano, Big Fizzo yakoresheje urubuga rwiwe rwa...
View ArticleNatacha yoba ariko akorana akaririmbo n’umugandekazi akomeye cane
Umugandekazi Shebaah niwe yoba yajanywe n’umuririmvyikazi Natacha ngendabanka mu gihugu c’ubugande aho yoba abarizwa. Umuririmvyikazi Natacha ngendabanka ngo abarizwa mu gihugu c’ubugande muri kino...
View ArticleCover y’indirimbo nshasha ya T Max yarabwe irarirari kubera uko ikoze
Igihagararo ca T Max ngo ntikijanye na Cover bakoreye akaririmbo kiwe gashasha buca ashira ahabona. Mu gihe hakirindiriwe n’abatari bake akaririmbo gashasha k’umuririmvyi T Max, urupapuro ndanga...
View ArticleMt Number One yakuweko iceyi c’ubusuma
Mt number one yakuweko iceyi c’ubusuma yagirijwe aho yasubiramwo indirimbo “Yasa n’irirenga”. Ikiyago indundi yagiranye na Bahaga, cakuyeko iceyi bamwe mu basanzwe bakurikiranira hagufi umuziki ndundi...
View Article