Iki nico umukuru w’igihugu cacu Petero Nkurunziza yahanuye umurwi Peace and Love
Nyakwubahwa umukuru w’igihugu cacu yahanuye umurwi Peace and Love kwishira hamwe ngo niho bazotera imbere. Umurwi Peace and Love wari mu gitigiri c’abatumire aho Nyakwubahwa umukuru w’igihugu cacu...
View Article#indundi Music|Juste U And I By Lynca Ft Masodja Soja
Juste U And I By Lynca Ft Masodja Soja
View Article#indundi Music|You You You By Lill P ft Beenie Gunter
You You You By Lill P Ft Beenie Gunter
View ArticleYves yiteze ikiyago hagati yiwe na Lumitel
Yves yipfuza kubanza kuyaga na Lumitel kugira asabe kugira ico aronswa kuko bakoresheje indirimbo yiwe batabanje kumugisha Inama. Agashavu ni kose Ku muririmvyi Yves kuba ishirahamwe ry’ugutamatumanako...
View ArticleIvyo urukundo Gygy Money akunda Diamond vyamenyekanye
Diamond ngo arabizi ko Gygy Money amukunda kuko yama yabimubwiye, kandi akaba yiteguye kubana nawe aramutse avyemeye. Mu gihe Diamond Platnumz asa nkaho ari ikirwanirwa mu bagore muri kano karere muri...
View Article#indundi Hits Show|Guest:Double Jay
Mu kiganiro indundi hits show co kur’ uyu wa mbere igenekerezo rya kabiri ukwezi kwa gitugutu umuririmvyi Double Jay inyuma yukuvuga icatumye adakora amasanamu(clip video) .Yaciye yerekana ko...
View ArticleIki nico Big Fariouz yavuze kukuguma i Burayi ahejeje ibiteramo
Big fizzo yasohotse igihugu Irya mbere kuva mu kwezi kwa 4 agarutse I Bujumbura. Ku musi w’ejo ku muhingamo Niho Big Fizzo yafata indege imwerekeza mu gihugu c’ubutariyano aho yitezwe mu giteramo kuri...
View ArticleAkaririmbo ka 1 Mkomboz ahayagizamwo Imana buca gasohoka
Akaririmbo ka 1 inyuma yaho Mkombozi yiyeguriye Imana burundu kagiye gusohoka. Kubwa Mkomboz ngo ubutigu burageze, ivyo akaba yabishikirije Ku rubuga rwiwe rwa Facebook aho yariko amenyesha ko...
View Article#indundi Weekly music | Top5 week40
1.Na na na By Big Fizzo Ft Kolly The Magic Magic Kingorongoro | Download: 1471 | View :5508 2.Alima By Masterland | Download: 798 | View :2257 3.Nunganze By Fabilove Ft Panel Pro | Download: 616 | View...
View ArticleIbomborabombora hagati Rally Joe n’umumenyeshamakuru Kivodo Jean Patrick
Hoba hari ukutavuga rumwe hagati y’umumenyeshamakuru Kivodo Jean Patrick akorera ikinyamakuru RFM hamwe n’umuririmvyi Rally Joe. Amakuru dukesha bagenzi bacu ngo hoba hari umugambi w’ifutwa...
View ArticleMy Time niko karirimbo gashasha ka Happy Famba
Akandi karirimbo ka Happy Famba buca gashirwa ahabona, kiswe “My Time”. Iyindi ndirimbo nshasha ya Happy Famba ngo buca ishirwa ahabona vuba cane. Iyo ndirimbo ikaba yiswe “My Time” nkuko vyabonetse Ku...
View ArticleImpuzu za Sat-b zashizwe ahabona
Sat-b yashize ahabona imyambaro y’impuzu n’inkofero zanditsweko amazina yiwe zigurishwa. Impuzu zanditseko King Sat-b ngo zamaze gusohoka zanatanguye kudandazwa hirya no hino, izo ngo ziriko...
View ArticleAbarundi n’abanya Ghana buca basohora Ireresi, “Cop’s Enemy”
Cop’s enemy, ireresi buca ryerekanwa ah’Iwacu ryakozwe n’umurundi abarizwa muri Australia afadikanije n’abanya Ghana. Aha iwacu mu kwezi kwa 1 mu mwaka uza wa 2018 niho hazotangura kwerekanwa ireresi...
View ArticleZari yavuze aho ubucuti bwiwe na Diamond bugeze
Diamond na Zari ngo ubucuti bwabo buracahari, ariko bipfuza ko butandukana n’ubuzima bwabo bwo kuri Social Media. Mu gihe ibinyamakuru bitandukanye vyari bimaze igihe bivuga ko hagati ga Diamond na...
View ArticleIvya Natacha na Dj Mario bitera bija imbere
Ubu Natacha azoba arikumwe na Dj Mario nk’izuru n’umunwa mu biteramo vyose agiyemwo. Muri ino ndwi buca turangiza umuririmvyikazi Natacha ngendabanka yashize ahabona umu Dj wiwe. Uwo bakazokwamana...
View ArticleCollabo n’abaririmvyi b’abarundi ngo ntaco yofasha Double Jay
Abaririmvyi b’abarundi ntaho bomushikana, ariko Double Jay yipfuza gukorana na Davido na Wizkid muri Afrika. Double jay mu kiganiro Indundi Hit Show yavuze ko ngo abaririmvyi b’abanyafrika yipfuza...
View ArticleUbusage bwa Mkombozi ngo bwahoramwo ama dayimoni
Mkomboz yakuye ubusage mu mutwe ngo kubera bwarimwo amadayimoni. Kuri uyu wa mungu ngo Mkombozi niho yahindura agakurako umushatsi wose yarafise, warimwo ubusage agasigarana agashatsi gake nkuko ifoto...
View ArticleAndy yasohoye amasanamu y’akaririmbo “Mpfumbatira”
Andy yasohoye amasanamu yandi akozwe neza nk’ayo yaheruka gusohora. Ayandi masanamu y’akaririmbo gashasha yamaze gushira ahabona, ayo akaba ari ay’umuririmvyi Andy Mwag asanzwe muri kino gihe abarizwa...
View ArticleBig Fariouz ashobora kwitwarirwa na Happy Famba
Kubera ukutitaba agahamagazo -Telephone – ngo babikemure mu maguru masha, Big Fizzo ashobora kwitwarirwa. Agashavu ni kose kwa Happy Famba, igituma n’umwambaro w’abakina b’umupira w’amaguru bariko...
View Article