Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | Zimwe mu ndirimbo zishobora gusezerererwa muri Burundi Talent

Amashirahamwe adandaza umuziki nka Ngomma VAs yo muri Kenya ngo niyo ntandaro y’iyugarwa ry’ikiganiro Burundi Talent ku muhora wa YouTube. Agashavu kagera imutwe, ako kakaba gaturuka kuko ngo Youtube...

View Article


Habonetse amafoto ya Mobeto n’umugabo wa mushiki wa Diamond bari mu bihe vyiza

Habonetse ama foto ya Hamissa Mobeto arikumwe n’umugabo wa mushiki wa Diamond, bari mu bihe vyiza cane. Iyindi nkuru iriko irabica bigacika muri Tanzania, n’iy’ama foto ariko arakwirakwizwa hirya no...

View Article


Mu masanamu ya “Alima”, Masterland yerekanye umwigeme mushasha mu Muziki ndundi

Ibiboneka mu masanamu y’akaririmbo Alima ka Masterland yashize ahabona, biboneka nkaho bitari bimenyerewe mu masanamu y’aha iwacu. Amasanamu y’akaririmbo Alima kari kagize Igihe karindiriwe yahevye...

View Article

#indundi | T Max ngo aje n’akaririmbo gashasha

T Max mwanajeshi ngo baramukumbuye cane, ivyo bishikirizwa n’abakunzi b’umuziki wiwe. Ngo baramunyotewe bikomeye, Uwo s’uyundi n’umuririmvyi T Max Mwanajeshi, uwudaherutse kuboneka mu muziki ndundi....

View Article

#indundi | Indirimbo 20 ziri muri Isanganiro Awards zamaze kumenyekana

Indirimbo 20 ziri mw’ihiganwa Isanganiro Awards ya 6 zamaze gushirwa ahabona. Uko imisi ihera niko haguma haboneka bamwe mu bazotorwamwo umuririmvyi buca asubirira Spok’s mu kibanza c’umuririmvyi...

View Article


#indundi Weekly Music | Top5 week 39

Abaririmvyi nka Yoya Jamal, Franck Dunia,Yvan, King Plata na Norasque nibo babonetse ku rutonde  Top 5 rw’ino ndwi ya 39  y’umwaka wa 2017. 1.Wagiyehe By Yoya | Download: 869 | View :2723 2.Itakuwa...

View Article

#indundi | Knowless yemeye akaririmbo “Uzagaruke” ku munsi w’ejo

Akaririmbo “Uzagaruka” niko karirimbo buca gashirwa ahabona n’umuririmvyikazi Butera Knowles. Umuririmvyikazi Butera Knowles aheruka gusivya urugendo rwiwe hano i wacu ngo buca ashira hanze akaririmbo...

View Article

#indundi | Uwo Yoya Jamal yasavye Mot de passe muri 2014 aheruka kugira ubugeni

Video Queen muri Mot De passe ya Yoya Jamal yasohotse muri 2014, aheruka kugira ubugeni. Umwigeme yitwa Raissa yari Video Queen muri imwe mu ndirimbo z’igihangange Yoya Jamal aheruka kugira ubugeni....

View Article


Iki nico umukobwa yakunze mu nda ha sat-b yamusavye

Sat-b yacitse intumwa y’umwigeme yakunze munda hiwe, amusaba kumubwirira umukunzi wiwe nawe ngo agire Sport. Mu gihe Sat-b ashira amashusho atandukanye Ku rubuga rwiwe rwa Instagram, harimwo nayo...

View Article


Big Fariouz buca yerekeza mu butariyano

Mu misi mikeya Big Fariouz ngo agiye kwitabira igiteramo mu gihugu c’ubutariyano.   A post shared by King Yann Cool (@kingyacool) on Sep 29, 2017 at 6:08pm PDT Igihe ca Fariouz co gusubira kuva mu...

View Article

Iki nico Yoya yavuze ku karirimbo kiwe gashasha

Yoya Jamal ngo akandi karirimbo kari mu nzira, ngo kubera uburyo bakunze iyiheruka. A post shared by King Yann Cool (@kingyacool) on Sep 29, 2017 at 6:31pm PDT Hampande y’akaririmbo Wagiye he yaheruka...

View Article

Akaririmbo Nanana ka Big Fariouz kasohotse ngo siko

Big Fizzo yoba yarababajwe n’ukubona akaririmbo kiwe gashasha, Nanana , gasohorwa katari bwahere gukorwa. Akaririmbo gashasha k’umuririmvyi Big Fizzo ngo koba kasohowe hataragera kandi n’uwutabiherewe...

View Article

Kook k ngo agiye kuririmbana n’umunya Jamaica

Inyuma y’akaririmbo yakoranye n’umunya Nigeria, Kook k ngo ubu hatandukiriwe umunya Jamaica. Hoba hari indirimbo Kook-k ariko arategura gushira ahabona, iyo ngo yayikoranye n’umuririmvyi akomoka mu...

View Article


Indundi Hits Show |Guest: Masterland

Indundi hits show yo kuri uyu wa gatanu aho hari hatumiwe masterland yashoboye kuvuga ibintu bitandukanye bibuze hamwe n’icokorwa kugira umuziki w’Uburundi utere imbere. Yatanguye kuvuga...

View Article

#indundi Misic|Alima By Masterland

[audio_id 232890]

View Article


#indundi Misic|Nunganze By Fabilove Ft Panel Pro

Nunganze By Fabilove Ft Panel Pro

View Article

Alikiba yabonetse arikumwe n’umugore amusumvya imyaka “Sugar Mamy”

Alikiba yabonetse arikumwe n’umugore amusumvya imyaka, bikavurwa ko boba bafitanye ubucuti bukomeye. Inyuma ya Diamond, muri Tanzania iyindi nkuru igize imisi ibica bigacika n’iy’umugore yabonetse ku...

View Article


Ama Foto ya Christa Hasta na Sauti Sol woba utaboneye

Habonetse amashusho y’umwigeme Christa Hasta arikumwe n’abagize Sauti Sol Igihe bari I Bujumbura. Mu gihe umurwi Sauti Sol wari I Bujumbura mu giteramo batumiwemwo n’ubuserukizi bw’igihugu ca Kenya I...

View Article

Spok’s yarwaye ubu abarizwa mu bitaro

Spok’s yarwaye ajanwa mu bitaro nkuko amashusho yashize kuri Facebook na Instagram yavyerekanye. Umuririmvyi Spok’s ngo yoba arwaye ari mu bitaro, ivyo bikaboneka ku mbuga asanzwe akoresha nka Facebook...

View Article

Ivya Mobeto na Diamond bigeze mu bugeni

Hamissa yahanuwe na mugenziwe kurwanira kudatakaza se w’umwana wiwe, agasaba ubugeni kugira kuko n’idini ryabo riravyemera.   Inyuma y’induru zadutse kubera uruvyaro Diamond Platnumz yaronse kuri...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live