Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | Mkombozi arabakebura ngo bitwararike ivy’ijuru gusumba Politique

Kubwa Mkombozi ijuru ryoza imbere ya Politique. Indundi Mkombozi arakebura abantu ngo bitwararike cane ivy’ijuru kuko Imana iracabakeneye nkuko yabishikirije ku musi w’ejo muka Audio yarungitse mu...

View Article


#indundi | Wanajeshi Kamili bariyamiriza abashaka kubacako mu kumenyekanisha...

Umurwi Wanajeshi Kamili uriyamiriza abashira ku rubuga rwabo rwa Facebook amakuru ya Politique kuko badakora Politique.  Indundi Urubuga rwa facebook rw’umurwi Wanajeshi Kamili ngo s’ikibuga co...

View Article


#indundi | Thyti Love yiteze gukora amasanamu y’indirimbo zishika kuri 3

Umwaka wa 2016 uzokorwamwo amasanamu n’ibiteramo bitandukanye kubwa Thyti Love nkuko yabishikirije muri Indundi Hits show. Indundi Umuririmvyikazi Thyti Love ng’Umwaka wa 2016 ugeze mu kwezi kwa gatanu...

View Article

#indundi New Music|Kanyange By Prospa Jay

Kanyange By Prospa Jay 4,009 total views, 1,443 views today

View Article

#indundi New Music|Pesa By Sat B

Pesa By Sat B 8,741 total views, 1,484 views today

View Article


#indundi New Music|Ukimpe By Team Mirror

Ukimpe By Team Mirror 5,348 total views, 1,494 views today

View Article

#indundi |Fabilove bimufata Ikiringo c’ukwezi kwose

Ikiringo c’ukwezi kwose nico bisaba ngo umuririmvyi Fabilove ahindure uburyo aririmbamwo nkuko yabiyagiye insamirizi Indundi radio. Mu kiganiro yagiranye n’iyo nsamirizi yamenyesheje ko agize igihe...

View Article

#indundi | Muri Mirror Team ngo si batanu gusa

Umurwi Mirror Team ngo ntugizwe n’abaririmvyi gatanu gusa ahubwo hari n’abandi bakora ibindi bikorwa bitari ukuririmba. Indundi Mu gihe bariko bakora ikiganiro mu nsamirizi y’imicokama, bamwe mu bagize...

View Article


#indundi | Shilole yerekanye umugabo asigaye afise ubu

Shilole ngo umugabo asigaye afise n’amafaranga gusa nkuko yabiyagiye ikinyamakuru Bongo5. Indundi Umuririmvyikazi w’umu Tanzania Shilole Kino ararahira akarengwa ko ubu umugabo afise ari ifaranga gusa....

View Article


#indundi | Ntare niko kazina k’indirimbo nshasha ya Master Bk

Indirimbo Ntare ngo niyo ndirimbo nshasha y’umuririmvyi Master Bk igihe gushirwa ahabona nkuko yabiyagiye indundi magazine. Indundi Inyuma y’indirimbo inkinzo ya Nyaburunga yakunzwe cane, umuririmvyi...

View Article

#indundi | Amasanamu y’indirimbo Melody Mt Number one yakoranye na Esther...

Ibikorwa vyakozwe na Mt Number one I Burundi birabandanya kuja ahabona. Inyuma y’amasanamu y’indirimbo Chamkorobatti, Melody nayo igiye gukurikira. Indundi Inyuma y’i ndwi imwe gusa umuririmvyi Mt...

View Article

#indundi New Music|Mpikibanza By Double Jay

[audio_id 231195] 801 total views, 801 views today

View Article

#indundi New Music|Ntabirefu By Alvin Smith Ft Pim

Ntabirefu By Alvin Smith Ft Pim 1,010 total views, 1,010 views today

View Article


#indundi New Music|Lay Down By Lissa

[audi_id 231193] 2,144 total views, 2,144 views today

View Article

#indundi New Music|Sindikibandi By Mp3 Leon

Sindikibandi By Mp3 Leon 1,035 total views, 1,035 views today

View Article


#indundi | Ikirangamisi c’ibiteramo Fortran agiye gukora camaze gusohoka

Ikirangamisi c’ingendo umuririmvyi Fortran Bigirimana agiye gukora camaze gushirwa ahabona, ivyo kikaba biboneka Ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Indundi Uwo muririmvyi inyuma y’ukumenyesha ko afise...

View Article

#indundi | Fizzo yamaze gushika I Bujumbura

Mugani desire yashitse I Bujumbura aho ajanywe n’ugukora igiteramo kuri Lycée Du Lac Tanganyika. Indundi Inyuma y’igihe kitari gito umuririmvyi Mugani desire adashika I Bujumbura kubera ubwinshi...

View Article


#indundi | Bimwe mu vyabaye kuri Fariouz aho yashika i Bujumbura

Umusahiri wa Mugani desire ariwe Alexis Muyoboke yasubijwe inyuma aho yaragiye gusigura ivy’uwo yaraserukiwe Ku nsamirizi Buja Fm. Amakuru dushikira akaba avuga ko yasabwe ko haza Fizzo we nyene...

View Article

#indundi New Music|Mbabarira By Just Love Ft Prince Abri

Mbabarira By Just Love Ft Prince Abri 3,739 total views, 1,338 views today

View Article

#indundi New Music|Titanic By Cocoda

Titanic By Cocoda 3,199 total views, 1,338 views today

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live