Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Femi de j’abbat yerekanye igitabo buca asohora

Femi amaze imyaka 3 yandika igitabu , kizobonekamwo ivy’umuziki wiwe bwite hamwe n’uw’ibindi bihangange. Imyaka 47 niyo umuririmvyi w’inararibonye mu muziki ndundi Nsengiyumva Minani Felicien benshi...

View Article


Ivya Diamond vyatekurutse, yemeye ko yaciye inyuma Zari

Diamond Platnumz yahavuye yemera ko ariwe se wumwana wa Mobeto.  Mu gihe hari hagize imisi induru ifatiye Ku mwana wa Hamissa Mobeto vyavurwa ko yavyaranye na Diamond, Ku musi w’ejo Diamond yaramaze...

View Article


Iki nico Urupfu n’amadayimoni vyahinduye mu buzima bwa mkombozi

Mkomboz ngo yashimye guhindura ubutumwa buzohora buja mu ndirimbo kubera ihishurirwa aheruka kugirirwa. Nkuko twari twababwiye mu makuru yacu aheruka ko Mkomboz ngo yahagaritse umuziki usanzwe ubu...

View Article

Abanyamareresi 20 bakarihirijwe ubwenge n’ishirahamwe COPRODAC

Abanyamareresi 20  baheruka gukarihirizwa ubwenge n’inzobere y’umunya Burkinafaso. Abashika kuri 20 nibo baheruka guhabwa ubumenyi n’umukinyi akomeye ava mu gihugu ca Burkinafaso, aho bahagaze ahanini...

View Article

Hasigaye imisi iharurwa ku ntoke ngo “Kikomando” ya Babbi isohoke

Abashaka gupfuvya igiteramo ca Babbi c’ugushira ahabona amasanamu y’akaririmbo kiwe “Kikomando” bo ntibabuze. Abarundi barayamaze ngo umwana yankwa niwe akura. Imisi mikeya cane ngo igiteramo c’ishirwa...

View Article


Eric Mugisha agiye kwitwa Papa Kara

kara Niko kazina kamenyekanye k’umwana w’umukobwa Eric Mugisha yaraye yungutse mu muryango. Umwe mu bagize umurwi Redemption Voice ariwe asanzwe awurongoye Eric Mugisha, araye aronse umwana w’umukobwa...

View Article

Master Bk yemeye gushira hanze akaririmbo gashasha Ku musi wa mungu

Master Bk ngo agiye gusohora akaririmbo ku munsi ahimbaza itariki y’amavuka yiwe, akaba yayise Umubonano. Mwambie niko karirimbo Master Bk yaheruka gushira ahabona aho hakaba hari mu mwaka uheze mu...

View Article

Inarunyonga Uwo yise imbwa we ntabuze nimba atariko arayibwira yo nyene

Inarunyonga ku rubuga rwiwe rwa WhatsApp yanditse amajambo akomeye ku muntu tutarabasha kumemya. Inyuma y’uruhererekane rw’amafoto atadukanye yabonetse ku mbuga asanzwe akoresha yaba Facebook na...

View Article


Ashley Diva yasubiriye kwerekana inyota y’ukuronka umwana

Ashley yasubiriye kwerekana acisihije kuri WhatsApp ko agifise inyota y’ukuronka umwana.    Ku musi wa kabiri Ashley Diva yasubiriye kandi kugarukana ishusho y’umwana w’umukobwa ku rubuga rwiwe rwa...

View Article


Sauti sol iremeza ko aba 1 muri kenya mu gucuraranga bakomoka i Burundi

Ku musi w’ejo umurwi Sauti sol wo mu gihugu kibanyi ca kenya niho washika i Bujumbura. Umurwi Sauti Sol washitse igihe c’isaha indwi zirenga iminota 45 ku kibuga c’indenge ca Bujumbura. Baciye mu...

View Article

Umugambi w’indirimbo hagati ya Big fariouz na Sauti Sol ngo urahari

Biramutse bigenze neza Management ya Big Fizzo n’iya Sauti Sol bagahuza ngo nta nkeka badakoranye indirimbo. Umurwi Sauti Sol uramutse umaze Igihe ngaha Iwacu kandi ikiyago na Management y’uwo murwi...

View Article

Dj Alpa niwe ahava yakirira i Kigali Dj Platinum akomaka muri America

Dj Platinum akomoka muri America ahava yakirwa na mugenziwe Dj Alpa i Kigali muri imwe mu nzu z’ubutambiro zisanzwe zihari. Hampande y’ukuririmba, Alpa umwe mu baririmvyi b’abarundi bari kwiga mu...

View Article

Igipfungu ni cinshi ku ruvyaro Diamond afise i Burundi

Hoba hari abana Diamond Platnumz afise i Burundi bavutse mu mwaka wa 2013, ariko atigeze yemera. Umwigeme yari mu ndirimbo ya Diamond na Lolilo nka Video Queen yemeza ko afitanye Abana 2 b’amahasa na...

View Article


Abanyeshure ba ntaho nikora bashikirijwe imfashanyo y’ibikoresho vy’ishure

Ishirahamwe ry’abaririmvyi n’abahinyanyuzi b’abarundi Amicale rifatanije n’iry’abamenyeshamakuru b’inkino bashikirije uno musi imfashanyo abatishoboye muri zone ya Buterere. Ico gikorwa kikaba citabwe...

View Article

Babbi yahavuye asohora amasanamu ya “Kikomando”

Ayandi masanamu inyuma ya “Kwasakwa”, yahavuye asohorwa kuri uyu wa gatandatu. “Kikomando”. Inyuma y’ukwezi kurenga havurwa ko akaririmbo “Kikomando” buca gasohoka, ako karirimbo kahavuye gashirwa...

View Article


Ivyo nivyo bihagazeko akababaro ka Iry Tina

Abarundi iyo bambutse imbibe z’Uburundi  ngo baca bitiranywa n’abanyarwanda cane cane I Bugande, Iry Tina bikaba bimugeze mu muhogo. Abarundi ngo nuko batigeze bishira hejuru kandi batakunda gusohoka...

View Article

Mu karirimbo “Umubonano” Master Bk agaruka Ku kwinubana kurangwa mu...

Master Bk mu karirimbo kiwe “Umubonano” yagarutse Ku bibazo bihitiye mw’ishirahamwe ry’abaririmvyi b’abarundi, aho anashikiriza umutima we abona. Akaririmbo yaheruka kwemera gushira ahabona kuri uyu wa...

View Article


Hoba hari Akaririmbo ka Clementine Kavy n’igihangange c’aha Iwacu kariko karaza

Inyuma ya “Uranyemeza”, Clementine ngo agira akorane akaririmbo na kimwe mu bihangange vyaha Iwacu. Mu misi ya Vuba ngo hari akaririmbo gashasha k’umuririmvyikazi Clementine Kavy buca gashirwa ahabona....

View Article

Dj Theo yakuyeko ubusage yahorana

Ubusage Dj Theo yahorana, ntabwo agifise nkuko amashusho aheruka gushira Ku rubuga rwiwe rwa Facebook avyerekana. Abasanzwe bakurikirana urubuga rwa Facebook rw’umunyeshamakuru Dj Theo baheruka kubona...

View Article

Ukuri ku bana bivurwa ko Diamond platnumz afise i Bujumbura

Abamwambitse inteba ishushe ko afitanye abana na Diamond ngo bashaka kumucafuza n’ukwironderera aba Fellows kuri Instagram. Uwavuze ko afitanye abana na Diamond ngo yashatse kumudugirako ngo bikunde...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live