indundi | Abakozi ngo nibo Famba yarabuze kugira The Fighter itangure
Abakozi b’abakobwa co kimwe n’abahungu, ngo nibo bari babuze kugira ngo bikunde bikunde “The Fighter” itangure gukora. Imyaka 5 niyo yafashe yijijanye imitima y’iyo ahera n’iyo agarukira kugira...
View ArticleAmasanamu ya “Siku Mbili” ya Ashley Diva agiye kwerekanwa muri Kenya
Akaririmbo “Siku Mbili” kagiye kwerekanwa ku mugaragaro mu gihugu ca Kenya, inyuma y’igihe karasohotse kuri YouTube. Inyuma y’akaririmbo My Level yakoreye mu gihugu ca Kenya, umuririmvyikazi Ashley...
View ArticleUmwe mu bana ba Dudu Niyukuri arakitswe n’amagara bikomeye
Ubuheta bwa Dudu Niyukuri, Mael Golden Niyukuri burakitswe n’amagara kandi bugiye kujanwa kuvurizwa hanze. Mael Golden Niyukuri umwe mu bana ba Dudu Niyukuri umuririmvyi rurangiranwa mu gutazira...
View ArticleAgahinda ni kose mu karirimbo Last Chance Mtnumber one yasohoye
Akaririmbo gashasha Last chance ka Mt Number one kumvikanyemwo agahinda kenshi Inyuma y’akaririmbo Nzoruguha, Mt Number one yahavuye asohora akandi karirimbo yari yemeye gushira ahabona Vuba cane, ako...
View ArticleUkuri ku bucuti buri hagati ya Ashley Diva n’umumenyeshamakuru akomeye muri...
Ubucuti buhagaze ku guteza imbere umuziki wiwe mu gihugu ca Kenya (Promotion) nibwo yunze n’ikiganiro Mseto EA. Ngo hariho ubucuti budasanzwe Ashley Diva yunze na Mzazi W. tuva umwe mu...
View ArticleHari ibindi vyiza biri inyuma kubwa Andy Kool
Ibikorwa birabandanya kuko inyuma y’amasanamu y’indirimbo Gukunda ngo hari iyindi iriko irategurwa. Abaririmvyi bariko bararuka muri kino gihe bariko bavyitwaramwo neza canke aba kera, ngo nibo yipfuza...
View ArticleHagati ya Diamond Platnumz na Hamissa Mobeto ntibigiye kworoha
Umwana wa Mobeto bivurwa ko Diamond ari se, agiye gukorerwa neza neza nk’ivy’abana Ba Diamond na Zari bakorewe bakwije imisi 40 bavutse. Ibintu ntibigiye kworoha kuri Diamond Platnumz. Imisi iriko...
View Article#indundi | Yves Kami agiye gusohora urundi rukurikirane yise “Umwanya”
Urukurikirane rugira kabiri rwa Yves Kami rugiye gushirwa ahabona aha i Bujumbura. Urwo rukurikirane rukazoba rugizwe n’indirimbo 8. Inyuma y’igiteramo akoreye mu ntara ya Gitega mu kwezi kw’umunani,...
View Article#indundi Weekly Music | Top5 Week 37
Mu rutonde rw’indirimbo 5 zakunzwe dusangamwo akaririmbo ka Legend yaramaze Igihe ataboneka mu muziki ndundi yagarutse ” Ndakumbuye ” yakoranye na Double Jay. Ako karirimbo kabonetse Ku kibanza ca...
View ArticleMkomboz yahagaritse kuririmba ngo yiyegereze Imana
Umwanya wo kuririmba Mkomboz yawuhinduyemwo uwo kwiyegereza Imana, biciye mu masengesho. Ku bakunzi ba Mkomboz ngo ni bihangane gushika igihe bizohindukira, ivyo bikaba vyashikirijwe na Mkomboz ubwiwe...
View Article#indundi | Alfred na Bernard bagiye guserukira Uburundi mw’isabukuru rikomeye...
Inyuma ya Steven Sogo yazungurutse isi kubera ubuhinga bw’ukuvuza n’ukuririmbisha ibikoresho kavukire, Alfred na Bernard nabo bafashe inzira. Abaririmvyi Alfred na Bernard bari mu gitigiri...
View Article#indundi | Legend ngo agarukanye inkomezi nyinshi mu muziki wiwe
Legend ngo ntiyiteze kugarukira ku karirimbo “Ndakumbuye” gusa, ahubwo vuba arasohora akandi n’umunyarwanda akomeye. Inyuma y’akaririmbo Ndakumbuye aheruka gushira ahabona, kandi hari haheze imyaka 5...
View Article#indundi | Zari yeretse Diamond ko naho atohaba yotunga umuryango
Kubwa Zari ngo naho Diamond atoba yofasha umuryango we nyene yovyikorera kuko amafaranga nawe arayafise. Zarinah Hassan benshi bazi nka Zari the boss Lady umutambukanyi wa Diamond Platnumz, ngo ubuzima...
View Article#indundi | Happy Famba arashima kuba batatsinzwe n’abamenyeshamakuru
Iruhande y’ugushima ko aba Fans bitavye ari benshi, Famba yaryoherewe kuba abamenyeshamakuru batabatsinze. Mu gihe abaririmvyi n’abahinyanyuzi banganije ku bitsindo 2 ku bindi mu rukino rw’umupira...
View ArticleIyi niyo numero Sat-b yari yasabwe kwambara mu rukino
Ntaragira Ico ashikiriza, ariko yari yasabwe kwambara 7 canke 10, muga aca yambara 12 mu kibuga. Ku musi wa gatanu aho haba urukino rw’umupira w’amaguru rwahuza umurwi waserukira abaririmvyi hamwe...
View ArticleDon Brighter agaruka ku bwiza bw’Uburundi
Don Brighter mu karirimbo “Bambarize” yashize ahabona, agaruka cane Ku bwiza n’inkomezi z’abarundi n’Uburundi. Inyuma y’amasanamu y’akaririmbo “My World” yaheruka gushira ahabona, Don Brighter...
View Article#indundi | Incuti za Dudu ziyemeje kumufasha kuvuza umwana bitamuvunye
Uguhimiriza abantu ngo baterere umuryango wa Dudu Niyukuri kugira baruhurire uwo muryango bajane umwana kumuvuza batavunitse, nico abakunzi na Dudu bariko barakora. Mu gihe umuryango wa Dudu Niyukuri...
View Article#indundi | Double Z yasavye umwigeme ko bobana ubuzima bwabo bwose
Mu karirimbo kashizwe ahabona kuri uno w’Imana, Double Z na King Omixsa baririmvyemwo amajambo y’Urukundo. Abaririmvyi Double Z na King Omixsa bashize ahabona amasanamu y’akaririmbo kabo gashasha, ako...
View ArticleSpok’s buca asubiramwo akaririmbo “Wibuke ushime” hamwe n’umuririmvyi wa kera
Akaririmbo “wibuke ushime” ngo kazosubirwamwo barikumwe n’umuririmvyikazi wa kera ari nawe nyeneko ariko babanje kuronka uwubashigikira. Amashure ngo niyo yamufatiriye ntiyabasha gusubiramwo...
View ArticleSat B ngo amaze guhomba ama dorari atari make
Mu gikorwa c’ugushaka gushira ku rwego mpuzamakumgu teumuziki wiwe, Sat-b avuga ko amaze kuhahombera ama dollard atari make ariko ko atiteze na gato guhagarika. Sat-b ngw’amaze guhomba ama Dollard...
View Article