Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Inyuma y’urugendo Masterlandprod agiye gusohora akandi karirimbo

Urugendo Masterland aheruka kugira rwoba rwabaye ngirakamaro kuko agiye gusohora akaririmbo gashasha. Akandi karirimbo gashasha ngo kagiye kuboneka k”umuririmvyi Masterland mu misi ya vuba, nkuko...

View Article


Agahinda kenshi niko kumvikana mu karirimbo “Gukunda” ka Andy Kool

“Gukunda” niko karirimbo gashasha k’umuririmvyi Andy Kool aho akaririmbana agahinda kenshi. Andy Kool umwe mu bariruimvyi b’abarundi babarizwa ku mugabane wa Buraya, we ntabona kumwe na bagenziwe...

View Article


Don Brighter yavuze ibikomeye mu karirimbo kiwe “My World”

Mu majambo avunaguye kandi ahinyitse, Don Brighter mu karirimbo “My World” yavuze bimwe mu bibera kuri ino tubako. Ingabire Don benshi bazi nka Don Brighter ni umwe mu baririmvyi b’abarundi babarizwa...

View Article

Ashley Diva ahejeje guhishura ibanga

Ashley Diva mu karirimbo kiwe gashasha yoba ahejeje kwerekana ko hari uwo bafitanye ikibazo gikomeye, naho hataramenyekana uwariwe. Inyuma y’amezi ane umuririmvyikazi Ashley Diva ashize ahabona...

View Article

Babbi na Diamond Platnumz ngo boba bazokorana akaririmbo

Akaririmbo kataramenyekana ngo koba ari ko kagiye gukorwa na Babbi hamwe na kimwe mu bihangange muri Tanzania. Babbi ngo yoba agiye kuzokwishikira muri Tanzania gukora indirimbo na bimwe mu bihangange...

View Article


#indundi | Ayandi mashusho y’umukunzi wa Emery Sun yabonetse

Ayandi mashusho ya Suzy umukunzi wa Emery sun yabasubiriye kandi kuboneka. Ayandi mashusho ya Suzy umukunzi wa Emery Sun yahavuye ashirwa ahabona, ayo akaba amwerekana asa n’uwumeze neza, ari mu...

View Article

big fariouz yoba afatwa nk’umusuma w’amajambo

Kubera akajambo Itakua Ngumu Big Fizzo yashize mu ndirimbo yiwe, ngo yoba Ikoh imufata nk’umusuma. Akaririmbo Itakua ngumu k’abaririmvyi Franck Duniano na Vianey Peace and Love ngo koba mu misi ya vuba...

View Article

#indundi Weekly Music | Top5 Week 36

Umurwi Best life y’akaririmbo kabo gashasha Hello, bashitse muri Top5 muri ino ndwi mu kibanza cabo ca 2, aho hagatiwe n’abaririmvyi bakiri bashasha n’uturirimbo twabo. 1.Birababaje By Master Key |...

View Article


Masterlandprod yateguye igiteramo mu gusohora akaririmbo

Ku musi w’ugushira ahabona akaririmbo kiwe gashasha, Masterland yahisemwo gutegura igiteramo mu gasenyi aho yanatumiye abaririmvyi bagenziwe batari bake. Kuri uwo musi ukwinjira akazoba ari amafaranga...

View Article


#indundi | Gn buca ashira ahabona akandi karirimbo gashasha

 “Yampaye” niko karirimbo gashasha Gn agiye gushira ahabona. Akandi karirimbo ngo kagiye gushurwa ahabona, ako nako s’akandi ngo nako yise Yampaye, akaba agiye kugasohora mu misi ya Vuba. Gn mu kiyago...

View Article

Umurwi Sauti Sol bagiye kuza aha i Burundi

Sauti Sol yasubiriye Kidum mu kibanza c’umutumire mu giteramo kiba mw’ihayanishwa ry’ibidandazwa bikorerwa muri Kenya.   Umurwi w’abaririmvyi Sauti Sol ukomoka mu gihugu ca Kenya ngo ugiye guteramisha...

View Article

#indundi | Amir Pro aravuga ikosa Rally Joe yakoze

Rally Joe ngo yoba yakoze amakosa gusubiramwo indirimbo kuri ka kagezi, ariko ngo afise ububasha bwo kuyikoza Ico ashaka. Na Amir Pro ntiyemeranya na Rally Joe ko vyari vyiza gusubiramwo indirimbo Kuri...

View Article

Abari mw’ishirahamwe UNABUDI n’abari muri Amical ngo ni incuti

Uwuri mu mahanga ashobora gutaha, uwuri i Burundi akaja mu mahanga, ngo nico gituma abo bose ari incuti kuko umwe wese ashobora kwinjira mu rindi shirahamwe ukuri kwamye. Abaririmvyi bari  i Burundi...

View Article


Famba ngo vyafashe imyaka 5 kugira hashingwe The Fighter Production

Vyafashe imyaka itanu ngo bikunde The Fighter Production ivuke, ikaba nayo imaze umwaka umwe gusa ishinzwe. Umwaka umwe gusa niwo Label yitwa The Fighter Production imaze ishinzwe, iyo nayo ngo igizwe...

View Article

Avril yihakanye ibivurwa ko yoba ari mu rukundo na Diamond platnumz

Uko Avril akoze indirimbo abanza kubaza Diamond uko abibona imbere yuko ayisohora, ariko ngo ubucuti bwabo bugarukira ku muziki. Umwigeme Avril w’umunyakenya yahakanye ivyariko bivurwa ko yoba afitanye...

View Article


Iyaba yari uwugura, Don brighter ngo yoguze Views 1,000,000

Nta kamaro abona kw’igura ama views kuko kuba ar’ukwihuma amaso kuko ataho agushikana. Indirimbo 2 zikurikirana ziheruka gukorwa na Don Bright zifashe neza Ku rubuga rwa YouTube aho zirabwa n’abatari...

View Article

#indundi | Jose chameleon n’umuryango wiwe ngo ntibabarizwa mu buganda

Yaba Chameleon, yaba umuryango wiwe ngo nta numwe abarizwa muri kino gihe mu gihugu c’Ubuganda. Dr Jose Chameleon ngo ntabarizwa mu gihugu c’Ubuganda gushika kuri ino saha, uwo ngo ubu abarizwa mu...

View Article


Natacha agiye gusohora akandi karirimbo

Akandi karirimbo gafise ubutumwa burabishwa ku gukinga amabi akorerwa abakenyezi kagiye gushirwa ahabona na Natacha. Inyuma y’akaririmbo ”Gerageza” yakoreye kwa Magufuli, Natacha ngo agiye gushira...

View Article

Ukuri ku bivurwa kw’isambuka ry’umurwi B4T

Ibivurwa ko umurwi B4T woba wasambutse bivanye n’inyuruzwa ry’amafaranga, ngo n’ububeshi nk’uko uwo murwi wabibeshuje. Mu ntumbero yo guhumuriza abakunzi b’umurwi wabo, kubera inkuru z’incamugongo bari...

View Article

| Abaririmvyi n’abamenyeshamakuru bagiye gutana mu mitwe

Abaririmvyi n’abamenyeshamakuru bagiye gutana mu mitwe mu rukino rw’amaguru ruzobahuza kuri uyu wa 5 igenekerezi rya 15 nyakanga kuri Stade Prince Louis Rwagasore. Igenekerezo rya 15 Nyakanga ku musi...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live