Vianney yafashwe n’ingwara yamuteye kuja kwa muganga
Vianney Peace and Love n’umukunzi wiwe Kiki bose ngo bararwaye, ariko amakuru adushikira avuga ko boba batoye mitende. Hari imwe mu mashusho y’umuririmvyi Vichou abarizwa muri Peace and Love iriko...
View ArticleIki nico gituma Sat-b yahagaritse gukora ibiteramo
Igituma Sat-b atagisubira gukora igiteramo na kimwe muri uno mwaka n’akagaye bamugaye. Sat-b ngo ntiyiteze na gato yisubirako Ku ngingo yafashe, inyuma y’agasuzuguro yeretswe mu giteramo aheruka...
View Article#indundi | Indirimbo zizoja muri Isanganiroawards zatanguye gutangwa
Abamenyeshamakuru co kimwe n’abahinyanyuzi batanguye gushikiriza indirimbo zizoshirwa mu zizohiganwa muri Isanganiro Awards igira 6. Mu gihe umwaka usa n’uwuriko urakwira umuririmvyi Spok’s ariwe...
View ArticleIki nico gituma Babbi yiteze abantu benshi kw’ishirwa ahabona ry’akaririmbo...
Igikorwa c’ishirwa ahabona ry’akaririmbo “Kikomando ” ka Babbi ngo kizoba gihagarikiwe n’aba Promoter bakomeye muri Leta zunze ubumwe z’Amerika. Mu kwezi kw’9 igenekerezro rya 22, umuririmvyi Babbi...
View ArticleIgipfungu ku wugiye kugira ubugeni n’umuhinyanyuzi Chérif
Ubugeni bw’umuhinyanyuzi Cherif Pro ngo yoba ari ku musi w’ejo, n’umwigeme ashobora kuba ar’umuririmvyikazo Lissa Mbonyihankuye. Umuhinyanyuzi Cherif Bimfuranzima Avent ngo arashobora kugira ubugeni ku...
View ArticleUmuruho uvugwa ko Fizzo yakuye muri Tanzania woba urimwo amahinyu menshi
Big Fizzo yaranse gukora ikiganiro n’abamenyeshamakuru ariko amasaha yitereye abonwa mu butambiro. Big Fariouz ku musi wa gatanu niho yagaruka i Bujumbura avuye i Dar es Salaam aho yari yatumweko na...
View Article#indundi | Hamenyekanye akazina gashasha ka Ashley Diva
Ashley Diva ngo yaronse akandi kazina, “Blessed”. Ashley Diva yoba yaranse akandi kazina gashasha yashimye gushira kutwo yaragiranye imisi, nkuko vyabonetse ku rubuga rwiwe rwa Facebook aho yavyanditse...
View Article#indundi | Mkombozi yavuze akandi karirimbo agiye gusohora
Mkombozi agiye gusohora akandi karirimbo azokwita “Ndake”. “Ndaje” koba ariko kandi karirimbo umuririmvyi Mkombozi agiye gusohora mu misi ya vuba nkuko yavyanditse ku rubuga rwiwe rwa Facebook....
View Article#indundi | Igicocoro Aron Nitunga yavuze iragi nyina amusigiye
Aron Nitunga ngo ico atazopfa yibagiye kuri nyina n’umutima w’ugukunda bose yamanye kandi amusigiye nk’iragi. Ntibasanganywe Faustine yavutse mu 1937, niwe muvyeyi umuririmvyi akaba umuhinyanyuzi...
View Article#indundi | Aimé yahoze muri Mirror Team yanditse ubutumwa bugoye kumenya uwo...
Biragoye gutahura uwugenewe ubutumwa buri mu majambo Aimé Loveness yanditse ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Inyuma yaho hamenyekaniye ko atakiri mu murwi Mirror Team, hari hagize igihe hameze nkaho hari...
View ArticleHarmonize ngo yoba yarafashwe amashusho ari muri amerika kandi yambaye ubusa
Harmonize naho yahebanye na Jackilne Wolper ngo uwo mwigeme amubikiye amabanga n’amashusho menshi amwerekana ari mu bundi buzima butandukanye n’ubwo bamuziko. Umuririmvyi Harmonize asanzwe aririmba mu...
View Article#indundi | Iki nico Inarunyonga yiteze kugirira umugabo w’abandi azomuhangara
Uwugowe ngo ni umugabo w’uwundi mugore azohangara umuririmvyikazi Inarunyonga ngo amusabe urukundo kandi asanzwe azi ko yubatse. Umugabo w’uwundi mugore yoba yiteze kumukurikirana ngo azomaramara, ayo...
View ArticleFortran Bigirimana yabonetse mu ndirimbo bise “He loves me “
Jessica, Olivier na Fortran Bigirimana bashize ahabona akaririmbo k’uguhayagiza umukama. “He loves me” niko kandi karirimbo Fortran Bigirimana yasubiriye kandi kubonekamwo inyuma y’urukurikirane...
View Article#indundi | Last chance akaririmbo gashasha ka Mt number one
Last chance niko karirimbo kagiye gushirwa ahabona Vuba na Mt Number one. Ibikorwa vy’umuziki birabandanya Ku muririmvyi Mt Number one abarizwa Ku mugabane wa Amerika. Inyuma y’isohoka ry’urutavanako...
View ArticleIvya Big Fizzo na Lolilo bigiye kutazoroha
Big Fizzo na Lolilo bagiye gusubira guhurira mu giteramo batumiwemwo bose. Umuriro urashobora kuzokwaka Ku musi wa mungu igenekerezo 3 nyakanga -9- kuri Podium y’igiteramo kizobera kuri Lacosta beach....
View ArticleChristian Nsavye yagomwe nk’umumenyeshamakuru w’imicokama yakoze neza
Christian Nsavye yagomwe mu bandi bamenyeshamakuru b’imicokama mu Burundi, ashimirwa ku bikorwa vyiza yakoze muri kuno kwezi kwa 8. Mu gihe mu kwezi kw’indwi umumenyeshamakuru Alain Majeste ariwe...
View ArticleIrabire uko Yoya Jamal yifashe muri kino gihe i Burayi
Hasohotse amasanamu mashasha yerekana uko Yoya Jamal asigaye asa muri kino gihe, aho abarizwa ku mugabane wa buraya. Hari amwe mu mashusho ya Yoya Jamal yashizwe ahabona, haba ku rubuga rwiwe rwa...
View ArticleIyi niyo Nkomoko n’insiguro y’izina rya Afrika Nova
Afrika nova ngo ntiyaririmvye gusa, ahubwo n’ugucapa navyo yarabikoreyemwo kuva akiri muto. Umwuga w’ukuririmba ntiwizanye ariko urafise ah’ukomoka, kandi siwo mwuga gusa yakoze, ariko ngo...
View ArticleGaga Blue agiye gusubira gusohorera akandi karirimbo muri Tanzania
Akaririmbo “Nakupenda” ngo niko Gaaga Blue buca asohora, afadikanine na Amber lulu mu masanamu, nka Queen. video. Arikumwe n’umwigeme Amber Lulu, asanzwe azobereye kuja mu mashusho y’indirimbo, akaba...
View ArticleFortran Bigirimana yashitse I Kinshasa muri Congo
Hampande y’akaririmbo gashasha, abanye Congo bagiye kubona Fortran Bigirimana mu giteramo. Inyuma y’abanya Bujumbura n’abanya Kigali, Fortran Bigirimana agiye guteramisha abanya Kinshasa nkuko Yari...
View Article