Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Yvan Muziki agiye kwibukiriza akakera mu ndirimbo yiwe nshasha

  Yvan Muziki ngo agiye gusohora akandi karirimbo inyuma y’ako yise Kabakaba yaheruka gushirira ahabona amasanamu. Mu gihe Yvan Muziki yaheruka gushira ahabona amasanamu y’akaririmbo kiwe yise...

View Article


Safi Madiba nawe ngo yipfuza kuzoba umushingamateka

Safi Madiba mu Rwanda ngo afise umugambi wo kwitoza abe umushingamateka. Inyuma ya Kidum muri 2005, abandi baririmvyi batandukanye baragerageje, abatari bake barabasha kwinjira muri Politique kandi...

View Article


#indundi Music|Urabaruta By Akes Don

Urabaruta By Akes Don

View Article

#indundi Music|Uranyemeza By Clementine Kavy

Uranyemeza By Clementine Kavy

View Article

#indundi | Gaga Blue agiye kugaruka inyuma y’igihe atabarizwa I Bujumbura

Gaaga Blue agiye kugaruka I Bujumbura, inyima y’ugukorera ibikorwa biteye igomwe I Dar- Es-Sallam muri Tanzania. Inyuma y’igihe Atari ku butaka bw’Uburundi ngo agiye gutahuka I Bujumbura nkuko...

View Article


#indundi | Ibara ryarahatswe kurwa mu giteramo The Ben yakoze kuri uyu wa gatanu

Umwe mu bigeme bari bitavye igiteramo The Ben aheruka gukorera  I Kigali mu Rwanda yataye ubwenge, arazungurirwa yikubita hasi abonye The Ben kuri Podium. Ibara ryarahatswe kurwa mu gihugu kibanyi...

View Article

#indundi | Kebby Boy yatanguye gukorera amashusho y’akaririmbo “Onyirira”...

Kebby boy yatanguye gukora amasanamu n’umurwi wo mu gihugu c’ubuganda, Voltage music, baheruka gukorana akaririmbo. Amashusho atandukanye ava mu gihugu c’ubuganda, yatanguye gukwirakwizwa hirya no hino...

View Article

#indundi | Aba Fans b’indirimbo ya Big Fariouz babandanya baboneka

Big fizzo na Mista Champagne bifashe amasanamu bariko bavuga ku karirimbo “Konzi” buca ashirira ahabona amasanamu. Hampande y’imenyekanishwa ariko arigirira ku ndirimbo yiwe “ Konzi ”, Big Fizzo ariko...

View Article


#indundi | Young Dany yandikiye amajambo akomeye y’Urukundo Miss Nella  

Young Danny yanditse amajambo akomeye y’urukundo kuri Miss Nella yigeze kuba ari icababa ca Miss Burundi 2016. Ubwo ntiruzovyura ingunza hagati ya Miss Nella n’uwugize igihe avurwa ko yoba we mukunzi...

View Article


#indundi Music|Nzobaho By G.S.P Team

Nzobaho By G.S.P Team

View Article

Masterland yemejwe ko asumbwa na mushikiwe kuririmba

Masterland yemejwe na bamwe mu bamenyeshamakuru ko asumbwa n’uwatsindiye ihiganwa yatunganije kuririmba, mushikiwe. Inyuma y’ugutahukana agashimwe k’50, 000 vy’amarundi mw’ihiganwa yari yatunganije,...

View Article

#kigali Patoranking yavuye kuri Podium asa n’uwambaye ubusa kubera umukobwa

Patoranking i Kigali mw’isabukuru Kigali Up ry’uno mwaka -2017- yavuye kuri Podium asa n’uwuri gusa kubera isabukuru ry’amavuko y’umwe muba fans biwe. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 19...

View Article

Ivya Ashley Diva na Sat-b vyakomeye

Ivy’urukundo rwa Sat-b na Ashley bibandanya bikomera gusumba, nayo abashaka kubaca intege ngo nibateshwe bate. Mu gihe hari abaterekwa ubucuti buri hagati ya Sat-b na Ashley Diva, aba bobo babandanya...

View Article


#indundi Tv | Strogoff – Udukankara official Video

1,495 total views, 1,495 views today

View Article

#indundi Music|Moyo By Bien Freema

Moyo By Bien Freema

View Article


#indundi Music|Embouteillage By Landry 2bs

Embouteillage By Landry 2bs

View Article

#indundi Music|Mushikanje By Supper Huff

Mushikanje By Supper Huff

View Article


Marian Carey yabonetse mu kinyamakuru amabere ari hejuru

Mariah Carey nawe yabonetse mu kinyamakuru Paper yambaye ubusa mu bitugu, amabere afutswe n’umushatsi gusa. Inyuma y’umuririmvyikazi Celine dion mu bufaransa aho yabonetse ari gusa Ku kinyamakuru Vogue...

View Article

Christa Hasta yabonetse ku ma shusho ari mu bwogero

Hampande y’abariko barakwiragiza amashusho ari mu bwogero, Christa Hasta yanayashize Ku rubuga rwiwe rwa Whatsapp rwiwe. Indundi Habonetse Ku rubuga rwa WhatsApp amashusho y’umwigeme Christa Hasta ari...

View Article

Fizzo yafashe urugendo rumushikana muri Tanzania

Big Fizzo abarizwa i Dar-es-sallam mu bikorwa vy’umuziki mu kiringo c’imisi itatu gusa. Inyuma y’urugendo TID agiriye aha’iwacu, akahakorera ibiterano bitari bike eka akanahakorera akaririmbo yakoranye...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live