Masterlandpro ashobora kuba atakibarizwa I Burundi
Masterland abarizwa muri kimwe mu bihugu vyo muri Afrika y’ubuseruko nkuko yabishikirije ku mbuga akoresha za Facebook na Instagram. Inyuma y’urugendo umuririmvyi Masterland yakoreye I Kigali mu Rwanda...
View ArticleUrubanza rumwe rumara 2, Gaaga Blue aheruka gukubitira no muri Zambia
Urugendo Gaaga Blue arimwo mu gihugu ca Tanzania rusa n’ururiko ruratanga ivyamwo, kuko yanogeye kuvyo yaronse akegera na Zambia akanya gatoya. Amashusho atari make abandanya ashirwa ahabona ku mbuga...
View ArticleDavy_Carmel ariko ategura igiteramo yise “Room”
Davy Carmel ntahengeshanya kwerekana ic’amaze mu kwambika abantu, ubu ho akaba ariko ategura igiteramo c’ukubishira ahabona. Room ni igiteramo umunyamideri akaba umuririmvyi eka n’umumenyeshamakuru...
View Article#indundi | Ingoma Arts yasubiriye kwugurura imiryango
Inyuma y’igihe itariko irakora, Ingoma Arts ngo yasubiriye kandi kw’ugurura imiryango. Iyindi nzu y’ubuhinyanyuzi aha Iwacu igiye gusubira kandi kwugurura inyuma y’igihe itabasha gukora neza, iyo nayo...
View ArticleMkomboz yatanguye gutegura gukora amasanamu y’akaririmbo “Toma na Nadine”
Mkomboz yamenyesheje ko ariko aritegura gukora amasanamu y’indirimbo yiwe nshasha “Toma na Nadine”. Inyuma y’isohoka ry’akaririmbo Toma na Nadine ka Mkombozi, uwo muririmvyi yamenyesheje ku rubuga...
View ArticleBig fariouz agiye kuza arakora ama Karaoke i Bujumbura
Big fariouz nawe agiye gukora ama Karaoke buri wa gatandatu kuri Bambula. Inyuma y’igihe ariko akora ibiteramo bitandukanye hirya no hino, Big Fizzo ashobora kuba agira atangure gukora ama Karaoke...
View Article#indundi Weekly music | Top5 Week 23
Uturirimbo dushasha dutandukanye turimwo “Toma na Nadine” ka Mkombozi, Holy gost , Ivyo bintu ka Sat-twabonetse muri Top5 y’ino ndwi. Nayo utundi akaba ari nka Karorero Rmx yagarutse kandi muri runi...
View Article#indundi | Mama @Diamondplatnumz yameje ko ariwe inakuru w’umwana wa Mobeto
Ivuka ry’umwana wa Mobeto ryateje amadidane menshi Kuko Mama Diamond yemeje ko ar’umwuzukuru wiwe. Mu gihe umunyamideri Hamissa Mobeto aheruka kwibaruka umwana, uwo muvyeyi ntiyashimye gushira ahabona...
View Article#indundi | Aime Joshua yasohoye urukurikirane yise “Urampagije”
Uturirimbo dushasha n’utwari dusanzwe tumenyerewe kuri Aime Joshua nitwo tuzoba tugize urukurikirane yise “Urampagije” Urampagije niko kazina umuririmvyi Aime Joshua yatoreye urukurikirane rwiwe...
View Article#indundi | Chris D buca asohora amasanamu n’indirimbo yise “Wendo Wangu”
Ibikorwa vya mbere vy’umwumvikana wo gukorana hagati Chris D na Akimm Media Production buca bishirwa ahabona. Inyuma y’ukumenyesha ko yashize umukono ku masezerano yo gukorana n’ishirahamwe rimwe ryo...
View Article#indundi | babbi agiye gusohora akandi karirimbo yakise “Kikomando”
Kikomando Niko karirimbo gashasha umuririmvyi Babbi Music agiye gushira ahabona. Inyuma y’akaririmbo Kwasakwa Kariko gakora neza hirya ni hino muri Tanzania co kimwe na hano Iwacu I Burundi, Babbi ngo...
View Article#indundi | Harimwo igipfungu ku bugeni bivurwa ko Elly’s Boy yoba yagize
Hariko hakwirakwizwa amashusho yerekana Elly’s Boy ariko araragana ” Marriage”, ariko bikaba bikogoye kwemeza ko ari ubugeni nyakuri. Haracari igipfungu Ku mashusho ariko arakeiragizwa hirya no hino mu...
View Article#indundi | Aba fans ba SAT B bise Ashly Diva umwe mu bagurisha umubiri
Ashley yashizwe mu gitigiri c’abigeme badandaza umubiri n’abasanzwe bakurikirana urubuga rwa Sat-b mu kudashaka ki yoba mu rukundo na Sat-b ubwiwe. Yaba Ashley ya Sat-b, about bose batewe ivyatsi na...
View ArticleDarassa I kigali ngo rwari urudubi!
Darassa I Kigali ngo ntivyamwereye kuko igiteramo ciwe citabiriwe n’imparurwa. Inyuma y’ibiteramo akoreye I Burundi akitabirwa n’isinzi ry’abantu hirya mo hino, I Kigali ngo siko vyagenze kuko yasa...
View Article#indundi | Daddy face ngo ntarota yibagira akaranga k’Uburundi naho ari muri...
Naho babarizwa muri amerika ngo ntibarota bibagira akaranga k’iyo bakomaka, mu Burundi. Ivyo vyashikirijwe na Daddy face ubwiwe. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 12 myandagaro, umuririmvyi...
View ArticleKebby Boy agiye gufatira y’indirimbo mu buganda
Kebby ngo ajanywe na vyinshi i Kampala ariko bimwe n’ugukora amasanamu y’akaririmbo “Onyirira”yakoranye n’abagande. Ikiringo ataramenya nico umuririmvyi Kebby Boy agiye kumara mu gihugu c’Ubuganda...
View ArticleBig Fariouz agiye gusohora amasanamu y’akaririmbo “Konzi”
Inyuma ya “Urambabaza”, Big Fizzo agiye gusohora amasanamu ya ” Konzi”. Mu gihe yaheruka gushira ahabona amasanamu y’akaririmbo kiwe “Urambabaza” Big Fariouz yasubiriye kandi kumenyesha ko hari...
View ArticleMuri Mirror Team hasubiriye kandi gukinjuramwo umwe muribo
Aime Loveness yakinjuye mu murwi Mirror team ngo bikunde aje kuririmbira Imana. Inyuma ya Landry Gateka, umurwi Mirror team usubiriye kandi kuvamwo uwundi mugenzi wabo. Uwo akaba ari Aime Loveness. Mu...
View Article#indundi | Saida karori muri #tanzania ngo urupfu rwiwe ruramota
Saida Karori yabwiye ikinyamakuru EATV muri Tanzania ko afise abantu bashaka kumugandagura. Inyuma y’amezi makeya agarutse mu Muziki mu gihugu ca Tanzania, Saida Karori yabwiye ikinyamakuru co mu...
View Article