Mr. Nice yasubiriye kuvurwa cane kubera umumaraya
I kinondoni, Mr Nice yabonetse yiyambagura kubera umumaraya bararanye ngo yamwivye urukombamazi. Inyuma y’ukuboneka mu ndirimbo nshasha y’umuririmvyi Harmonize, Mr Nice yasubiriye kandi kuvurwa cane...
View ArticleEmelance_Emy ngo agiye kuganuka I Bujumbura
Emelance Emy ngo agiye kuganuka I Bujumbura, ariko akaba atashikirije igihe neza neza azoshikira. Inyuma y’igihe kitari gito umuririmvyikazi Emelance Emmy abarizwa mu mahanga, aho ari muri Tanzania...
View ArticleRihanna yishuye abamwagiriza kuvyibuha
Ukwihangana vyanse, Rihanna yishura abariko bamuvugako umuvyibuho. Rihanna yaramaze igihe avurwa cane ku bijanye n’ibiro bitari bike ariko arunguka, ariko hari bamwe mu ba fans biwe babashije...
View ArticleIgipfungu mu butumwa bufobetse Black g yarungitse
Black G yashize ku rubuga rwiwe rwa Facebook ubutumwa bufobetse, avugamwo umuririmvyi Bamso. Mu gihe umuririmvyi black G amaze igihe ataco ashira hanze nk’umuziki, uwo muririmvyi yagize ico yandika ku...
View Article#indundi Weekly Music | Top5 Week 22
1.Umu Ex Wanje By Bizos Ft Alan Kiss | Download: 779 | View :1390 2.Kagezi Remix By Rally Joe | Download: 749 | View :29583 3.Defender By Delos | Download: 635 | View :661 4.Qboy Msafi Ft. Naiboi –...
View ArticleUtu nitwo Emery sun n’umukunzi wiwe bari barimwo ku musi w’ejo
Suzy ngo ntazigera yibagira ivyo yakorewe Ku musi mukuru w’amavuko yiwe na Emery sun. Ivyo Emery sun yakoreye umukunzi wiwe Suzy Ku musi wiwe w’amavuko, Suzy ngo ntazopfa avyibagiye nkuko yabishikirije...
View ArticleMunyare yabonetse yiyambariye Déchirée
Munyare yabonetse yambaye impuzu zimwe mu zikunzawe n’abakiri bato. Kuva mu gatondo ko kuri uyu wa kane, habonetse imwe mu mashusho y’umukinyi wa Ninde Munyare aho aboneka yambaye impuzu zitari...
View ArticleMt Number one yahavuye asohora akaririmbo yakoranye n’umurwi Masodja
Akaririmbo Mt Number one yakoranye na Masodja kahavuye gashirwa ahabona kuri uyu wa 3. Inyuma y’imisi itari mike harindiriwe akaririmbo k’umuririmvyi Mt Number one yakoranye na Masodja, ku musi wa...
View Articleknowless agiye guteramisha abanya Bujumbura mu misi mikeya
Inyuma ya bagenziwe, umunyarwandakazi Knowless ngo azoteramisha abarundi I Bujumbura. Umuririmvyikazi Knowless akomoka mu gihugu kibanyi c‘urwanda ngo agiye nawe guteramisha abarundi muri uku kwezi...
View ArticleNatacha ngendabanka yamaze kugaruka avuye mu karuhuko mu butariyano
Natacha ngendabanka yagarutse mu gihugu avuye mu karuhuko ku kwezi kwose ku mugabane wa buraya. Inyuma y’igihe abarizwa ku mugabane wa Buraya mu karuhuko hamwe n’umuryango wiwe, umuririmvyikazi Natacha...
View ArticleIbi nivyo Diamond Platnumz yashimye gukorera Zari
Kumaza zari imisi ari mu karuhuko nico umukunzi wiwe Diamond yashimye gukora umukunzi wiwe inyuma y’uruhererekane rw’ibibazo yaramazemwo imisi. Mu gihe hari hagize igihe hari uruhererekane...
View ArticleUkuri ku rukundo rwavurwa hagati ya Masterland na Nelly Nat
Kubwa Masterland, Nelly ngo n’umugenzi asanzwe, ariko we akavuga ko Masterland afise ikibanza gukomeye mu buzima bwiwe. Mu gihe hasanzwe hari ukutabona kumwe ubucuti buri hagati y’umuririmvyi...
View ArticleIndirimbo “Toma na Nadine” ya Mkomboz ngo iriko ivyifatamwo neza
Akaririmbo Toma na Nadine ka Mkomboz ngo katanguye guca ibintu mu Rwanda kasohotse uno musi nyene. Inyuma y’igihe akaririmbo Mkomboz yari yemereye abakunzi b’umuziki wiwe katarashirwa ahabona, ako...
View ArticleUsher yagirijwe kwanduza ingwara abagore b’abandi, ariko uwiwe ntiyabitayeko...
Mu gihe hari urukurukuru ko Usher azitwarirwa Ku musi wa mbere n’abagore babiri n’umugabo, bamwagiriza kuba yarabanduje ingwara mu mwaka wa 2012, uwo muririmvyi rurangiranywa ngo nta kunyiganyiga...
View ArticleDjPro yasubiriye kandi guserukira Uburundi mw’ihuganwa AEAUSA
Nko mu mwaka wa 2016, Dj Pro yasubiruye kandi kwizerwa n’abategura ihiganwa rya AEAUSA ngo nawe aserukire Uburundi muri iryo higanwa rihuza abanyafrika. Muri iryo higanwa ribera muri leta zunze ubumwe...
View Article#indundi Music|Toma Na Nadine By mkombozi Ft Jp Runyurana
Toma Na Nadine By Mkombozi Ft Jp Runyurana
View ArticleIgipfungu ku nkwezi y’amarere mu giteramo Dunda Dunda na buja fm
Hagati ya Big Fizzo, Sat-b n’abatunganije igiteramo Dunda Dunda na Buja Fm biragoye gutora uwoba yatumye ico giteramo ubwaco kibamwo akaguma kuko ababibonye badahuriza kuwokwegekwako iryo kosa....
View ArticleCedric Bangy mw’ihiganwa n’urunganwe rushasha mu Muziki ndundi
Inyuma y’ukutatsa mw’ihiganwa rya Primusic muri 2013, Cedric Bangy yamaze kwinjira mu gice ca Nyuma c’ihiganwa ririko ritunganywa na RTNB. Amahiganwa ntarwa nabi inararibonye mu Muziki ndundi Cedric...
View ArticleInyuma y’imyaka 3, Big fariouz na Peter Niyo bahavuye bayisohora
Akaririmbo “Warahemutse” ka Peter Niyo na Big Fizzo kahavuye gashirirwa ahabona amasanamu inyuma y’imyaka 3 gashiriwe Audio ahabona. Inyuma y’imyiteguro itari mike n’ukugerageza ariko bikarwa mu mazi...
View ArticleUbunini bw’amabere yiwe, Umber rose, bwamuteje ibibazo
Ukwibagisha amabere yiwe kubera ubunini bwayo, nico ciyumviro kiriko kiramutwara umutwe Amber rose. Umugongo ngo ntugishoboye gutwara amabere y’umunyamideri Amber rose, none yatanguye kwiyumvira...
View Article