Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | @donbrighter ngo ntiyakabakavye no ku birenge vya @kaddysimba

Ivyakozwe na Don Brighter mu karirimbo kiwe gashasha yise “Amekoma” ngo ni nk’ugusemura ijuru, kuko atashikiriye urugezo rwa “Zibe” yariko arishura. Abavuzwe mu ndirimbo “Zibe” umuririmvyi Kaddy Simba...

View Article


Ikiyago hagati ya  Ed Nakael na Big Fariouz coba kizovamwo igikorwa

Ntawuramenya ko ata kindi cari cinyegeje inyuma y’ikiyago Big Fariouz yagiranye na Ed Nakael ubu abarizwa I Bujumbura mu karuhuko. Umunezero ni wose kuri End Nakael babarizwa I Bujumbura haraheze imisi...

View Article


Mu rugendo ,Akon na Davy Carmel barahuye bagirana ikiyago kitabuze ivyiza...

  Davy Carmel mu kiyago yagiranye na Akon i Kigali mu Rwanda, boba bayaze nk’umumenyeshamakuru gusa, canke n’ibijanye n’umuziki vyarimwo.  Mu gihe I Kigali mu Rwanda hari Ihuriro ry’Urwaruka...

View Article

#indundi Weekly Music | Top5 Week 21

Abaririmvyi Iry Tina na Big Fizzo mu karirimb Mida ya Love nibo batwaye ikibanza ca mbere mu rutonde rw’indirimbo 5 zakunzwe cane muri ino ndwi. Ariko n’akaririmbo Ka kagezi Rmx ya rally joe nayo iri...

View Article

#indundi Music|Dakika Moja by Trez B ft Rally Joe

Dakika Moja By Trez B ft Rally Joe

View Article


Abatowe muri Miss Burundi, Big Fariouz ntababona kumwe bose

Miss Annie Bernice wenyene ngo niwe yarakwiye ikibanza yaronse muri Miss Burundi 2017, nayahandi ngo ntobari bakwiye guhabwa ico kibanza.  Miss Burundi 2017 Annie Bernice ngo arabereye ikibanza ca...

View Article

Ukuri ku bivurwa ko Diamond Platnumz yateye inda Hamissa Mobeto

Umwana Mobeto yibungenze ngo suwa Diamond, kuko ngo se arahari kandi ntiyiteze kumuvuga.  Mu gihe vyari bimeze Igihe bivurwa ko umuririmvyi Diamond Platnumz yoba yarateye inda umwigeme Hamissa Mobeto,...

View Article

#indundi Music|Kwasakwa By Babbi

Kwasakwa By Babbi

View Article


Kebby Boy yasobanuye icatumye akaririmbo kiwe gasohokera mu mahanga ubwa mbere

Urubuga rudandaza umuziki mu buganda nirwo rwabaye intandaro y’isohoka kare mu mahanga y’indirimbo nshasha ya Kebby Boy. Mu gihe agashavu kari kose ko Kebby yoba yarabeshe, aho yamenyesha ko azoshira...

View Article


Vianney Peace and love agiye gukora ibiteramo I Burayi

Ibihugu bine nivyo bimaze kumenyekana ko Vianney Peace and Love azokoreramwo ibiteramo Ku mugabane wa Buraya. Mu gihe vyari vyaravuzwe haraheze Igihe kitari gito ko yoba hari uruhererekane rw’ibiteramo...

View Article

Ukuri kubafotoye Munyare na Big Fariouz igihe bahura

Foto zafotowe Munyare na Big Fariouz ngo zafotowe n’abahita ariko nta numwe bari basavye kubafotora. Mu gihe abatari bake bagumanye amatsiko ko Munyare na Big Fariouz bashobora kuba hari Ibikomeye...

View Article

Lucia Badgual yashimye gutangurana akaririmbo kari mu rurimi mvamakungu

Udufoto twiwe asa n’uwutambaye , Lucia Badgual, twamenyekanishije akaririmbo kasohotse kari mu rurimi mvamakungu. Mu gihe hari haheruka urukurukuru rw’amashusho asa n’uwutambaye yifotoje, ayo mafoto...

View Article

Ku muhora wiwe wa Instagram Big Fariouz yamenyesheje ko Video ya “Konzi” buca...

Inyuma ya video ya “Urambabaza” ngo iya “Konzi” nayo iri mu nzira, hamwe n’imipira n’inkofero zayo. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, umuririmvyi Big Fariouz yamenyesheje ko buca ashima ahabona...

View Article


Akaririmbo ka sat_b_satura kakozwe na Washington ngo karashirwa ahabona

Sat-b ngo agiye gusohora Akaririmbo gashasha kakozweko n’abahinyanyuzi bakomeye hamwe n’umunya Uganda Washington. Indirimbo yahinyanyuwe n’abahinyanyuzi batatu Washington’s muri Uganda hamwe na Amir...

View Article

Urukurikirane rw’indirimbo 12 nirwo Don brighter yatanguye kugurisha

Indirimbo 12 zirimwo izo yakoze wenyene hamwe n’izo yakoranye n’abandi nizo zigize urukurikirane My World yatanguye kugurisha. Inyuma y’igihe bivurwa ko buca ashira ahabona urukurikirane, umuririmvyi...

View Article


Elly’s Boy buca asohora akaririmbo yise “Bado”

Elly’s boy agiye gushira ahabona akaririmbo kiwe gashasha yise “Bado” kahinyanyuwe na Zaky Classic. Akaririmbo “Bado” Niko kagiye gushirwa ahabona n’umuririmvyi Elly’s Boy. Ako kakaba kariko canke...

View Article

Sat_b_satura yasohoye akaririmbo yise “Ivyo bintu” yakoranye na Washington

“Ivyo bintu” niko karirimbo gashasha umuririmvyi Sat-b yashize ahabona n’amasanamu yako aho yagakoranye kandi kakanahinyanyurwa na Washington ubwiwe.  Akaririmbo Sat-b Ku musi w’ejo yari yemereye aba...

View Article


Umumenyeshamakuru Majeste Barenga yahawe agashimwe n’ishirahamwe UAC

Ishirahamwe UAC rihurikiyemwo abaririmvyi b’abarundi uno musi ryahaye agashimwe umumenyeshamakuru Majeste Barenga.    Uno musi Niho umumenyeshamakuru Barenga Alain Majeste yahabwa agashimwe...

View Article

Bimwe mu vyaranze Pamoja Festival ‏yabaye ku ncuro ya 2 i Bujumbura

Ibintu bitari bike vyaribonekeje muri Pamoja Festival uno mwaka birimwo ihiganwa ryabaye, igiteramo camaze umwanya utari muto, abashitsi baje bava kure, n’ibindi bitari bike. Ku musi wa mungu...

View Article

Kook-k ntiyerekwa abaririmba mu ma Karaoke indirimbo z’abaririmvyi b’ibihugu...

Hari bamwe mu basanzwe bakora ama karaoke kubwa Kook k ngo baca intege bagenzi babo bakora umuziki. Mu gihe bamwe basanzwe baryohererwa indirimbo zitandukanye zisanzwe zivuzwa mu ma Karaoke atandukanye...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live