Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Platini yakinjuye, ariko Cedric bangy ngo yohindurirwa amabanga muri UAC

Ihindurwa ry’uburongozi butwara ishirahamwe UAC niryo umuririmvyu King Platini yipfuza naho yamaze gukinjura wewe. Umuririmvyi King Platini abona ko isubirizwa ry’uwurongoye ishirahamwe UAC ryoba ryiza...

View Article


Big Fariouz yegamiye umusozi w’amafaranga

Big Fariouz yabonetse kwishusho ari mu modoka, aho yari yegamiye umusozi w’amafaranga arimwo inoti z’10,000 z’amafaranga y’amarundi.  Mu gihe uwo muririmvyi aheruka gushira ahabona akririmbo kariko...

View Article


Mt Number One ntiyicaye akazi karabandanya

Akandi karirimbo k’umuririmvyi Mt Number one koba kagiye gushirwa ahabona kuko imenyekanishwa ryako rikomeye cane.  Mu gihe  yaheruka gushira ahabona akaririmbo se yariye ivyabandi, umuririmvyi Mt...

View Article

Umuco ku bucuti hagati ya Sat-b na Belle Nice

  Sat-b ngo Belle n’umu fans wiwe, nayo Belle ngo ntibari mu rukundo ahubwo n’umugenzi bisanzwe. Ivyo ivyo bishikirizwa n’abo bose ku bucuti buri hagati yabo.   A post shared by King Yann Cool...

View Article

Diamond Platnumz yagirijwe kuvyara ku wundi mukobwa

Diamond Platnumz yagirijwe n’umukobwa baririmvanye “Nitarejea” mu mwaka wa 2013, ko amufitiye umwana.  Nasibu Abdoul Djuma benshi bazi nka Diamond Platnumz yasubiriye kandi kuvurwako ivy’ugutwaza inda...

View Article


Video | Young Spit mu giteramo c’umusi wahariwe Impunzi kw’isi

Mu gihe yari umutumire mu giteramo, Eric Neyo azwi cane nka Young Spit 100 yararirimvye uturirimbo dutandukanye, turimwo Shanna aheruka gushira ahabona.   A post shared by King Yann Cool (@kingyacool)...

View Article

Mu mwanya nk’uwo gukubita urugohe Big Fizzo azoba asohoye Video ya “Urambabaza”

Mu mwanya nk’uwo gukubita urugohe, Big Fariouz ngo azoba ashize ahabona amasanamu  y’indirimbo yiwe yise “Urambabaza”. Mu gihe yaheruka gushira ahabona karirimbo kiwe gashasha yise Tu me Manques , Big...

View Article

Donbrighter yoba yasubirije mu ndumane Kaddy Simba

Umuririmvyi Don Brighter yoba yasubirije mu nkoko mugenziwe Kaddy mu ndirimbo “Amekoma”aheruka gushira ahabona.   A post shared by King Yann Cool (@kingyacool) on Jul 19, 2017 at 8:07am PDT Bugingo...

View Article


Natacha yoba yihanikirije umuzungu yamurunguruka

Ukurungurukwa Natacha ntavyerekwa, ahubwo ngo uwugize ico abaza ngo aramwegera agashikiriza ijambo. Mu gihe umuririmvyikazi Natacha ari mu gihugu c’Ubutariyani mu karuhuko, uwo muvyeyi w’abana babiri...

View Article


Uku niko vyagenze ngo Kidum yandike indirimbo “Yaramenje”

Umuvyeyi wa Kidum ngo yaragerageje gushaka kumubuza kuririmba ariko ntivyakunda kubera umuziki war’umuri mu maraso, muri iyo ngwano havamwo indirimbo “Yaramenje”. Inyuma y’ugutangura kuririmba afise...

View Article

#Breaking_News | Zari the boss Lady ahejeje kubura umuvyeyi wiwe

Umuvyeyi wa Zari the Boss lady umutambukanyi wa Diamond Platnumz ahejeje kubura umuvyeyi bivuye ku kibazo c’umutima. Ikiriyo m,u muryango wa Zarinah Hassan benshi bazi nka Zari the Boss Lady...

View Article

Kolly yagirizwa kuba yarivye indirimbo ya Sat-b n’iya Big fariouz aheruka...

Ukutamenya ngo nikwo gutuma abantu bavuga ko yoba yarivye, ariko Yves Kolly we akavuga ko ubwo ari ububeshi butagira izina.   A post shared by King Yann Cool (@kingyacool) on Jul 20, 2017 at 6:36am PDT...

View Article

#indundi Music|Tub’umwe By Alan Keys& Alan kiss

Tub'umwe By Alan Keys& Alan kiss

View Article


#indundi Music|Life Goes On By Legend7 Le Pygme

Life Goes On By Legend7 Le Pygme

View Article

RMX y’akaririmbo kuri Kakagezi, Rally joe yahavuye ayisohora

akaririmbo Kuri ka kagezi yahavuye isubirwamwo na Rally Joe ubwiwe aho yayishizemwo umudiho utambika, ikaba ishobora kuvuzwa mu butambiro. Inyuma y’imisi itari mike umuririmvi Rally Joe amenyesheje...

View Article


Young Legend ngo se yari intwari, kandi nazo ngo zirasinzira ntizipfa

Umuvyeyi -se- w’umuhinyanyuzi Fleury azwi cane nka Young Legend yaraye yitavye Imana.   A post shared by King Yann Cool (@kingyacool) on Jul 21, 2017 at 5:47am PDT Mu gihe umuhinyanyuzi Fleury abarizwa...

View Article

Habonetse umwigeme asa na Jennifer Lopez nkaho ari amahasa

ibinyamakuru bitandukanye ku mugabane wa buraya co kimwe n’ahandi baribaza nimba umuririmvyikazi Jennifer Lopez yoba afise ihasa. Mu gihe hasanzwe haboneka abantu basa, na Jennifer Lopez nawe ntasigara...

View Article


Umurwi Best life Music niwo waserutse muri Afrimma Awards 2017

Umurwi Best Life Music niwo waserukiye Uburundi mw’ihiganwa Afrimma Awards uno mwaka mu muce w’umurwi ukomeye wo muri Afrika. Mu mahiganwa ya Afrimma awards ry’uyu mwaka, n’abarundi nabo ntibasizwe...

View Article

Ibitari bizwi ku mfura ya Kidum yatowe mu Rwanda

Yaba umwana yaba umuvyeyi ngo nta n’umwe bari bwabonane kuva mu mwaka wa 1994, ariko basubira guhurira i Kigali mu Rwanda. Umwana w’imfura wa Kidum ngo abarizwa mu leta zunze ubumwe za amerika, uwo...

View Article

Intandaro y’isubiramwo ry’indirimbo Kuri ka kagezi ya Rally Joe

Rally joe yosubiyemwo indirimbo Kuri ka kagezi ku busabwe bw’aba fans biwe kuva kera gose, kubera hari udusorobo bayumvamwo. Ubushake bw’aba fans biwe ngo nibwo bwatumye umuririmvyi Rally Joe ashima...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live