Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Inyuma y’ukwagirizwa ugutukana, Kaddy simba agiye kuririmba urukundo

  Akandi karirimbo kagiye gusohoka inyuma y’akaririmbo Zibe, umuririmvyi Kaddy yaheruka gushira ahabona. Inyuma ya #zibe @kaddysimba ngo agiye gusohora ntibaryama. Ubu ho azovuga nde? A post shared by...

View Article


Master Bk buca ashira ahabona akaririmbo k’urukundo

Master Bk, buca asohora akaririmbo inyuma y’imisi ataco aha abakunzi b’umuziki wiwe.  Akaririmbo k’urukundo Niko umuririmvyi Master Bk buca ashira ahabona. Ivyo yabiyagiye Ikinyamakuru  Indundi...

View Article


Igiteramo ca #Kidum i Kigali mu ma foto 10

Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 30 ruheshi niho umuririmvyi Nimbona Jean Pierre benshi bazi ka Kidum yakora igiteramo i Kigali ahitwa kuri Serena Hotel aho abantu batari bake bari bamwitabiriye. Muri...

View Article

Iki nico gituma Nyakubahwa Pierre Nkurunziza yashimiye Natacha

Indirimbo zifise ubutumwa bw’amahoro, zasohowe mu gihe Uburundi bwari buri mu bihe bitari vyiza nizo zatumye ashimirwa. Ku musi wa mbere mukakaro nkuko vyama haraheze igihe kitaro gito, umukuru...

View Article

#indundi | Abaririmvyi batandukanye bazoshigikira  igiteramo “Dunda Dunda na...

Ku musi w’uguhimbaza imyaka 3, Insamirizi Buja Fm ivutse, abaririmvyi batari bake bazoteramisha abantu. Mu ntumbero yo guhimbaza imyaka itatu I Radio Buja Fm ivutse, iyo nsamirizi ikaba yarabashije...

View Article


Amasanamu y’akaririmbo Mawe ya Vianney Peace and Love kashizwe ahabona

Amasanamu abonekamwo abana bato, impuzu twokwita iz’akaranga, hamwe n’amashusho akorewe ku gitamba niyo aboneka cane mu masanamu y’indirimbo Mawe ya Vianney Nzigamasabo benshi bazi nka Vianney Peace...

View Article

Igipfungu kw’ihohoterwa ryoba ryakozwe na Koffi ku mutamvyi wiwe

Ibinyamakuru vyo muri congo vyatanguye kumenyesha ko Koffi yoba yahohoteye umutamvyi wiwe aha iwacu I Bujumbura muri kimwe mu biteramo amaze kuhakorera. Mu gihe koffi Olomide abarizwa I Bujumbura...

View Article

Fortran yiteze Gabby ngo igitigiri c’abatumire biwe gikwire

Abazokora igiteramo Fragrance of Worship kiriko gitegurwa na Fortran hafi ya Bose baramaze gushika mu Burundi.   Mu gihe hasigaye imisi iharurwa Ku ntoke ngo igiteramo Fragrance of Worship...

View Article


#indundi | Kebby yavyifashemwo neza mu biteramo yatumiwemwo mu Rwanda

Amashusho ahererekanwa Ku mbuga ngurukanabumenyi, yerekana Kebby ariko yifata neza mu bikorwa yatumiwemwo mu Rwanda. Mu gihe Kebby Boy abarizwa mu Rwanda aho yitabiriye ibiteramo yatumiwemwo...

View Article


#indundi Music|Ndabishaka By Addi The Rapper Ft Double Jay

Ndabishaka By Addi The Rapper Ft Double Jay

View Article

#indundi Music|Nipe Penzi By Buhonga Boys Thity Love

Nipe Penzi By Buhonga Boys Thity Love

View Article

Mt Number one ariko yitegurira gusohora iyindi video

  Indirimbo za Mt Number zabaye urutavanako, Akandi karirimbo inyuma ya “So yariye ivyabandi” ngo buca gashirwa ahabona. Vuba cane @mt_number_one buca ashira ahabona akaririmbo kiwe yakoranye n'umurwi...

View Article

Celion Dion yafotowe ari gusa

  Ikinyamakuru Vogue cafotoye umuririmvyikazi Celine Dion ari gusa aho yaraciye mu bufaransa, banakora ikiganiro ku nyambaro agize igihe yambara.  Mu gihe umuririmvyikazi Celine Dion yasa...

View Article


Utundi turirimbo twa Soso Jando ngo turi inyuma

  Inyuma y’akaririmbo yakoranye na Mt Number one, Soso Jando ngo akandi buca gashirwa abona, ariko ngo ntazoba ari wenyene. @sosojando ngo abakunzi b'umuziki bamwitegeko bishasha… A post shared by...

View Article

#indundi Hits Show Ep41|Guest: Preeze36

  Preeze36 imyidogo ni myinshi kubamenyeshamakuru badakora ico bategerezwa gukora Mu kiganiro indundi hits show co kuri uyu wambere Preeze 36 niwe yari umutumire aho yashoboye kuvunira akagohe...

View Article


Abakiri ntibazogaya amasanamu Babbi yasohoye

  Akaririmbo gashasha ka Babbi yise Kwasakwa yagakoreye amasanamu ateye igomwe Ku bakiri bato. Akaririmbo kabonekamwo abakobwa bambaye uduhuzu two musi batambira mu nzu z’ugitambiramwo basangira...

View Article

Umuririmvyikazi Lacia yabonetse ku mashusho asa n’uwuri gusa

Umuririmvyikazi  Lacia ngo amashusho aheruka kwifotoza ari gusa s’ibindi yarimwo ariko yari ku kazi, ngo abavuga ibindi nibamenye ko azi ivyo arimwo. A post shared by last queen (@lacia_badgyal) on Jun...

View Article


S.E Paul Kagame yakiriye Diamond Platnumz ku kirimba iwe

Inyuma y’igiteramo, Diamond ku musi w’ejo ngo yari yakiriwe ku kirimba c’umukuru w’igihugu c’Urwanda,  akaba ngo yari agiye kwifatanya n’abandi bari batumiwe guhimbaza umusi abaryarwanda  bita uwo...

View Article

King Moses yaririmbiye umwigeme yamutwaye umutima

Akandi karirimbo kashizwe ahabona, ako nako n’akaririmbo Courageous k’umuririmvyi King Moses aho aririmbira umwigeme yamutwaye umutima. Here the new audio courageous by me Ntucike...

View Article

Amekoma, akaririmbo gashasha ka Don Brighter buca gasohoka

Akaririmbo katazohumuriza na gato uwaririmbwe ngo niko gashobora gushirwa ahabona Vuba cane n’umuririmvyi Don Brighter.  Inyuma y’urugendo yaherukamwo muri Afrika cane cane muri Afrika y’ubuseruko,...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live