Lolilo yasohoye akaririmbo yise Kabiribiri, ukwezi kweranda kutararangira
Lolilo yashize ahabona akaririmbo yise Kabiribiri, aho agaruka Kuco we ari hamwe n’ugutera amashurwe uwo mwigeme. Inyuma y’akaririmbo Ntukamwinyegeze yasubiyemwo, Lolilo yahisemwo gushira ahabona...
View ArticleAshley Diva yasubiriye gushira hanze iyindi foto itavurwako rumwe
Inyuma y’inkuru z’urukundo rwoba ruri hagati ya Ashley Diva na Sat-b. Ashley yashize hanze iyindi aho ukuguru kumwe kuboneka kutambaye. Amwe muma foto ya @aashley_diva atavuzweko rumwe n'abayaraba…. A...
View ArticleBig Fariouz buca ashitsa ivyo aba Fans biwe bamusavye
Amasanamu y’akaririmbo Urambabaza ka Big Fariouz ariko akorwa na Kent-p, ngo buca ashirwa ahabona. A post shared by Indundi Magazine (@indundimagaz) on Jun 21, 2017 at 8:34am PDT Ku musi tutarabasha...
View ArticleIbomborabombora muri Miss Burundi USA hamwe no muri BAHO Diaspora Music Awards
Ugufatwa nabi, Agahembo kadakwiye, akamwana wa mama ngo nivyo vyakoreshejwe n’abagize Ishirahamwe BAHO mu mahiganwa baheruka gutegura. Mu gihe haheze imisi mikeya mu gisagara ca Phoenix hatowe...
View Article#indundi | Emelance nawe yashinze urwiwe
Inyuma y’igihe ari mu gihugu ca Tanzania, umuririmvyikazi Emelance Emy yashize ahabona amashusho ariko arashira umukono ku rupapuro yemeza ko agiye kurushinga n’umukunzi wiwe. Uwo muririmvyikazi...
View Article#MissBurundiUSA2017 | Miss Junelle agiye gutuma ukwicamwo ibice mu barundi...
Miss Junelle aheruka gutorwa muri Miss Burundi USA 2017, mu kiganiro yagiranye na Indundi Magazine yamenyesheje ko agiye kwunga ubucuti n’uwuzotorwa namuri Miss Burundi 2017. Nayo ku mugabane wa...
View ArticleAbasenga babangikanije nibo barabwa n’akaririmbo “Mana Yacu ” ka Soso Jando
Soso Jando ngo akaririmbo kiwe Mana Yacu yakoranye na Mt Number one yagakoze yerekeza Ku basenga babangikanije. Let me invite you to listen Soso Jando's song Mana Yacu ft Mt Number one on Indundi.com....
View ArticleUmukobwa bivurwa ko yigeze kuba ari mu rukundo na Big Fizzo ngo aribungenze
Uwo bivurwa ko yahoze akundana na Big Fariouz ngo asigaye yibungenze inda y’umukinyi w’intamba mu rugamba akinira muri Kenya. @usanasenadjima umukobwa bivurwa ko yigeze gukundana na @bigfizzo ngo...
View ArticleLolilo yakuyeko ubusage
Mu gihe umuririmvyi Lolilo yahora aboneka afise ubusage ku mutwe, uwo muririmvyi yasubiriye kandi kuboneka ata busage agira. Ivyo bikaba vyabonetse kuri amwe mu mafoto y’uwo muririmvyi aho yari mu...
View ArticleAkagaye ngo niko gatuma Sat-B adashika mu mahiganwa akomeye
Mu gihe Tanzania iri mu Munezero Kubera umuririmvyi Rayvanny aheruka gutsindira agashimwe muri BET Awards 2017, Sat-b we ntabona neza ako gashimwe uwo muririmvyi aheruka kuronka. Sat-b akabona ko...
View ArticleAbarundi bahimbaza Ukwikukira, Peace and Love izoba isohora amasanamu...
Amasanamu y’akaririmbo “Mawe” azoshirwa ahabona igenekerezo rya 1 mukakaro, aho abarundi bazoba baramutse bahimbariza umusi w’ukwikukira. Igenekerezo rya 1 mukakaro niho umuririmvyi Vianney Peace and...
View ArticleMasterland yaratangajwe n’urukundo I Makamba bamweretse
Rutumwako muri kino gihe mu biteramo, Masterland, arashimira abanyamakamba uko bamitabiriye mu giteramo. @masterlandpro arashimira abanya #makamba kuba bamwakiranye umutima w'urukundo. Yasanze abantu...
View ArticleUgukomeza umubiri biciye mu kwinonora imitsi ntibimurwa nabi Babbi
Babbi ngo aranakunda kwinonora imitsi hampande y’ugukunda, n’ugukora umuziki. Mu bikorwa umuririmvyi w’umurundi abarizwa muri leta zunze ubumwe za amerika, Babbi, asanzwe akunda ngo s’ukuririmba gusa...
View ArticleKimangu Francis yuguruye igisata c’ugukora amashusho naco
Inyuma y’igihe Kim Franc ataboneka i Burundi, umuzo wiwe I Bujumbura ngo abaririmvyi bawitegemwo vyinshi cane nkuko yabiyagiye ikinyamakuru Indundi Magazine mu kiganiro baheruka kugirana. Muri ico...
View ArticleUmusore yiswe umukunzi wa Rihanna, yabonetse basomanira mu bwogero
Rihanna yabonetse asomana n’umusore mu bwogero mu gihugu ca Espagne, none ibinyamakuru vyamenyesheje ko ari umukunzi wiwe mushasha. Mu gihe umuririmvyikazi Rihanna ari mu karuhuko mu gihugu ca...
View Article#indundi Weekly Music | Top5 Week 25
Muri ino ndwi ya 25 y’umwaka wa 2017, abaririmvyi nka Lolilo n’akaririmbo Kabiribiri, Fabelove n’akaririmbo Ma Nigga, sat- b n’akaririmbo kiwe Nshimir’Imana, Natacha ngendabanka n’akaririmbo Gerageza...
View ArticleTom Close umunezero ni wose kuba yasubiriye kuronka ikibondo
Inyuma y’umwana w’umukobwa, Tom Close yibarutse umwana w’umuhungu amwita Elan nkuko yabishikirije ku rubuga rwa Instagram. Umunezero ni wose mu muryango wa Tom Clos n’umutambukanyi wiwe Tracia, ubu...
View ArticleIki nico catumye Mt number one aririmbana na Soso Jando
Mt Number one yabaye uwumukuye mu bibazo mu gukorana indirimbo nawe kuko abo yari yizeye bose ata numwe yashoboye kuririmba uko yashaka. Mu gihe yari yagiye kuramukanya mu gisagara ca Tenesse aho...
View ArticleKoffi Olomide yamaze gushika i Bujumbura
Koffi Olomide yamaze gushika I Bujumbura ngo akore ibiteramo yateguriwe aha I Bujumbura. Mu gihe arindiriwe Ku musi w’ejo igenekerezo rya 30 ruheshi ngo akore ibiteramo yateguriwe, umuririmvyi...
View ArticleKidum yasobanuye icatumye asiba
Kidum ukumenyereza abazomufasha mu giteramo Ku musi w’ejo nico camutumye atitaba ikiganiro yari gukorana n’abasanzwe bakoresha Facebook. Mu gihe kidum yari kwitaba ikiganiro n’abakurikirana Ku muhora...
View Article