Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Uko niko Miss Nono yasubiyemwo Feelings ya Patient yiyambariye agatenge

Inyuma y’uturirimbo dutandukanye tw’aba tanzania, abanyarwanda, abagande n’abandi benshi, Miss Nono yifashe amasanamu ariko aririmba Feelings ya patient, yiyambariye agatenge. Mu gitigiri c’indirimbo...

View Article


#Indundi Hit show Ep37|Guest:SD le Pygme

small dogg yemeza ko isi ari umurwa washetani ko naho ayibayemwo ivyo abizi neza aremeza kandi ko atamudiho wa rap ukihari ko abayikora bose ubu atanumwe abishoboye ngo kuko kuri we uwomudiho ni...

View Article


#indundi Music|Ni Wowe By C Axel

Ni Wowe By C Axel

View Article

#indundi Music|Gerageza By NatachaBurundi

Gerageza By Natacha

View Article

Gaga Blue na Young killer bakoze amasanamu arimwo inyambaro zitangaje

Uduhuzu two kwogana, hamwe na tumwe mu duhuzu dusa n’utugomba kwerekana ibihimba vy”in nizo mpuzu zimwe zimwe zizobonka mu ndirimbo nshasha y’umuririmvyi Gaga Blue. 🇧🇮 A post shared by Gaaga Blue...

View Article


Peter Niyo na Big Fariouz bagiye gushira ahabona bishasha

Akaririmbo Warahemutse Peter Niyo yakoranye na Big Fariouz ngo kagiye gusohorerwa amasnamau kuko ifatwa ryayoryo ryaraheze. Get ready kideo kinakuja soon "warahindutse " official video soon A post...

View Article

Kidum agiye kwitabira Kigali Jazz Junction mu mpera z’uku kwezi i Kigali

Mu mpera z’ukwezi kwa gatandatu, Kidum azoba ari i Kigali mu giteramo Kigali Juzz Junction gisanzwe gitumirwamwo abasanzwe bakora umudiho wa Jazz. Aho bukera umuririmvyi Nimbona Jean Pierre benshi bazi...

View Article

Iki nico gituma ibiteramo vya Céline Dion, yokoreye i Manchester vyasibijwe

Ibiteramo vy’Umuririmvyikazi w’umunya canada Celine Dion, vyari kubera mu gihugu c’Ubwongereza i Manchester vyabaye birahagaritswe biturutse ku gitero cabereye mu nyubakwa bakoreramwo ibiteramo i...

View Article


#indundi Weekly Music | Top5 Week 23

Muri ino ndwi ya 23 y’umwaka wa 2017, abaririmvyi bamwe bamwe batamenyerewe baronse akaryo ko kuja muri Top5 kuri indundi Magazine, aho twovuga nka Pam Queen, umurwi Just Boys n’umwigeme Happiness, eka...

View Article


Ic’uko yoba abwira Thity, Kook k avuga ko azocishura Imaze gusohoka.

  Indirimbo nshasha ya Kook k yise ” Ivyo wakoze” niyo agiye gusohora naho adasobanuye hakiri kare uwo yabwiye iryo jambo. Ireresi yanditswe mu buryo bukomeye aho umuntu abona uko ibintu bigenda Ku...

View Article

Ashley Diva yavuze amajambo akomeye kuri Sat-b

  Bubigingo ariko aratora mitende, Ashley Diva yanditse Kuri Facebook amajambo akomeye kubwa Sat-b.  Mu gihe sat-b yaheruka kugira isanganya ry’umuduga, abatari bake barabashije kumushikako ngo...

View Article

Mt number one – so yariye ivyabandi – Official Video

12,454 total views, 5,431 views today

View Article

Emery sun arahakana umwana bamuvugako

  Emery sun yahevye arava mu gacerere, inyuma y’ukuvuga ko umwana atari rwiwe aca anamusabira imbabazi ku Mana kuba yaramubesheye. Mu gihe hari hagize imisi hari amakuru yanahavuye abeshuzwa n’umwe...

View Article


Beyonce yibarutse amahasa

  Kuva ku musi wa kane w’ino ndwi buca turangiza ngo amahasa ngo yoba yamaze gushika mu muryango w’ibihangange Beyonce na Jayz. Umuririmvyikazi @beyonce ngo yoba yaramaze kwibaruka guhera ku musi wa...

View Article

Ukutambara agahuzu gafata amabere kwa Rihanna, kwateye uruhagarara

Kubera agahuzu yambaye mu bitugu, ata kamwe gafata amabere yambaye, umuririmvyikazi Rihanna yateje uruhagarara ku mbuga ngurukanabumenyi. Umuririmvyikazi w’umunyamerika Rihanna yateje uruhagarara ku...

View Article


#indundi | Dj Nicolas yavuze igituma akunda uturirimbo twa kera

Uturirimbo twa kera, Dj Nicolas adukora ngo bikunde yibutse ko hariho ababatanguriye muri uwo mwuga wo kuririmba. Umuririmvyi akaba umu Dj eka n’umuhinga w’amajwi (Ingenieur De son) Dj Nicolas hampande...

View Article

Indundi Hits Show Ep38 weekly23

Big Fizzo yaraye yemeje ko nawe nyene abizi ko ata masanamu  afise ariko ko vuba cane igiye kuboneka kuko yahejeje kuriha ibisabwa vyose kugira atangure gukora ayo masanamu nayo Babbi wewe amasanamu...

View Article


Inarunyonga na Miss Junelle nibo batsinze amahiganwa ya BAHO Diaspora Music...

  Yaba inarunyonga, yaba Miss Junelle, bose ko bagize Imana bagatsinda ngo bakwiye gukorana n’uburongozi bwa BAHO, ishirahamwe ry’abarundi bari muri Arizona. Mu gihe bariko bahimbaza umusi wahariwe...

View Article

Big fariouz yaneguye bimwe mu bikorwa bikorwa na indundi Music Promotion

Big Fariouz aranegura akanashima bimwe mu bikorwa bikorwa na Indundi Magazine, aho akaba yabishikirije mu butumwa yahaye umurongozi w’urwo ruganda. Jungle, tumwe  mu tujambo dusanzwe ducishwa mu...

View Article

Uwundi muririmvyikazi mu bugande yashiriwe hanze amashusho ari gusa

  Angela Kalule, umuririmvyikazi w’umugande ashobora guhanwa bikomeye mu gihe bosanga afise uruhara mw’ishirwa ahabona rya video yiwe yerekana ubwambure bwiwe. Mu gihugu c’ubuganda, ingeso y’ukwerekana...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live