Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Uk | @ArianaGrande yiyemeje gufubisha abapfiriye mu giteramo ciwe i #Manchester

Ariana Grande yiyemeje gufubisha abapfiriye bose mu giteramo ciwe, aho haba igitero i Manchester   Umuririmvyikazi Ariana Grande amenyesha ko yiyemeje ubwiwe we nyene gufubisha abantu bose baburiye...

View Article


Divine ngo agiye gusohora akaririmbo azoba yise Move Your Body

Mu misi iza akandi akaririmbo ngo buca gashirwa ahabona, ivyo vyashikirijwe n’umuririmvyikazi Divine asanzwe akorer aibikorwa vyiwe vy’umuziki mu gihugu ca Norvege aho asanzwe anaba. Mu kiganiro gito...

View Article


Swagg team +257 bashize ahabona amasanamu y’akaririmbo Wale Wale

  Inyuma ya Chapa, umurwi Swagger team washize ahabona amasanamu y’akaririmbo Wale wale kari kamaze amezi indwi karashizwe ahabona. Inyuma y’uturirimbo dutandukanye nka Chapa baby, Simbura, Igipasa,...

View Article

Rwanda | Habaye uruhagarara kubera inyambaro ziri muri Clip ya Jay polly

Imyambaro niyo yatumye haba uruhagarara aho bamwe basaba ko yohagarikwa ikabanza gusubirwamo, nayo umuhinyanyuzi akaba yarahiye ko atoyisubiramwo. Ah’inyuma mu gihugu kibanyi c’Urwanda, rwavyuye...

View Article

#indundi Hits Show Ep32 week20

mukiganiro indundi hits show co kuri uyu wagatanu igenekerezo rya 26 Rusama MT number one aravuga ko indirimbo yasa n’irirenga yayisabiye mwene kuyiririmba ,nayo Emery sun ngo iyo akoze indirimbo...

View Article


Patient bizimana ngo ntiyakoze igiteramo kandi yari yashite i Bujumbura

Patient Bizimana ngo ntiyigeze akora igiteramo yari yahamagariwe i Burundi kandi yari yamaze gushika i Bujumbura. Mu gihe vyari bizwi ko umuririmvyi Patient Bizimana ari bukore igiteramo ngaha Iwacu I...

View Article

Banse kwemera ko Dj Kat Lous asigaye ari mu rukundo

  Naho Dj Kat-lous yagirijwe izindi nkumi, akabasaba kwerekana uwo barikumwe mu rukundo, yemeye ko vuba azomushira ahabona, kandi yanka cane abo bandi bamwagiriza. Ibiherutse gushikirizwa n’umu Dj Kat...

View Article

#indundi Music|Buzoca By Berejrand

Buzoca By Berejrand

View Article


#indundi Music|Iy’umwenyuye By Kid Magic Ft Chris Biz&Kingorongoro

Iy'umwenyuye By Kid Magic Ft Chris Biz&Kingorongoro

View Article


#indundi Music|Jewe Na We By Rachly Baby

Jewe Na We By Rachly Baby

View Article

#indundi Music|Ndimurukundo By Ommy James Ft King Plata

Ndimurukundo By Ommy James Ft King Plata

View Article

Indirimbo ya Elly’s Boy arikumwe na Big Fariouz ishobora gusohoka vuba gose

Indirimbo zishika kuri 3 zirimwo iyo azokorana na Big fariouz ngo nizo ziriko zirategurwa kuzoshirwa ahabona n’umuririmvyi Elly’s Boy.  Indirimbo zitatu zirimwo iyo azokorana Big Fizzo ngo nizo...

View Article

USA | Beyonce hasigaye igihe gito akibaruka

  Igihe c’umugisha ku muryango wa Beyoncé na Jay-Z kiriko kiregereza, aho mu gihe kitari kirekire gose bazokwibaruka abana b’amahasa. Tukabamenyesha ko mu gihe Beyoncé yarasanzwe afise umwana w’ imfura...

View Article


Yaba Sat_b_satura canke Natacha nta numwe avuga ico bapfa

  Umuvugizi wa Natacha avuga ko ata kibazo bafitanye na Sat-b, nayo Sat-b we akavuga ko ivyo ataco ataco abiziko. Mu gihe abatari bake bariko bibaza nimba umuririmvyi Sat-b yoba afitanye ikibazo...

View Article

Big Fariouz yoba agiye gukora amasanamu y’indirimbo yiwe nshasha

Big fariouz yoba agiye gukora amasanamu y’imwe mu ndirimbo ziwe nshasha, inyuma y’akaruru gakomwe n’aba fans biwe kandi n’abaririmvyi bamwe bamwe bakajamwo. Ic’umwana w’umwami aririye arakironka, aba...

View Article


Kidum aratanga ubutumwa bukomeye ku barundi

  Abarundi ngo nibikuremwo ubwoba bereke amakungu ico bashoboye, kuko batazogira ico bishikanyeko bagumye binyegeza, nayo bene wabo ngo nibarengere ivyo bapfa babashigikire. Mu gihe Nimbona Jean Pierre...

View Article

#indundi Music|sinicuza by Yvan FT Mandela

Sinicuza By Yvan Ft Mandela

View Article


#indundi Music|Ma Nigga By Fabilove

Ma Nigga By Fabilove

View Article

Kook k yasubiriye kandi kuboneka ku mbuga ngurukanabumenyi

  Inyuma y’imyaka yababa itatu ataboneka mu Muziki no Ku mbuga ngurukanabumenyi, Kook k yashize ahabona amajambo yerekana ko akiri muzima. Inyuma y’imyaka yababa itatu umuririmvyi Kook Key ataboneka...

View Article

Landry Sb ngo niwe azokora amasanamu Don Brighter ashaka gukorera I Burundi

  Landry Sb I Bujumbura hamwe n’ab’i Nairobi nibo bazokora amasanamu y’indirimbo Don Brighter ashaka kuzokorera ngaha muri Afrika imbere yuko asubira inyuma.   Nairobi rural life. This is Kenya! The...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live