Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Don Brighter yamaze gushika muri Afrika, ubu abarizwa muri Kenya

  Ubu ari muri Kenya, ariko Don Brighter ashobora kuzogendera Uburundi, Urwanda na Tanzania mu gihe azomara mu rugendo rwiwe muri Afrika. Umurrimvyi Don Brighter, abarizwa ku mugane afrika mu gihugu ca...

View Article


Video | Ed nacky yasubiyemwo akaririmbo #Ntukamwingegeze ka Africa Nova

  Naho atagiye muri Studio, umuririmvyikazi Ed Nacky yasubiyemwo akaririmbo Ntukamwinytegeze k’umuririmvyi  Rugerinyange Antoine Marie azwi cane nka Africa Nova. Inyuma ya Lolilo asubiyemwo akaririmbo...

View Article


Ukuri ku ndirimbo bivurwa ko Sat-b yahawe na Canco Hamisi

Umudiho w’akaririmbo Rwagiye hehe ka Sat-b, wavuye kuri nyakwigendera Canco Hamisi. Bakaba ngo bahuriye mu ndoto, bari i Bugande muri Studio bariko barakorana indirimbo. Umudiho w’akaririmbo gashasha...

View Article

#indundi Music|Imana Yacu By Soso Jando Ft @MtNumber

Imana Yacu By Soso Jando Ft Mt Number One

View Article

Ukuri kwa Milk Minaj Ku bivurwa ko bavyaranye na Emery Sun

  Ibivurwa ko Emery Sun ari se w’umwana wa Milk Minaj ngo n’ibinyoma batazi Ico bigamije, Minaj agasaba ko ababivuga bobihagarika. Mu gihe vyariko bivurwa ko umwana wa Milk Minaj yoba ari uwa Emery...

View Article


#indundi Music|Ruyengayenge By Galaxy Thom Son

Ruyengayenge By Galaxy Thom Son

View Article

#indundi Music|N’iki Wankundiye By Master Key

N'iki Wankundiye By Master Key

View Article

Sat_b_satura yahanuye mugenziwe Big fariouz

Kimwe muvyo Big Fariouz anengwa na mugenziwe Aboubakar karume benshi bazi nka Sat-b ngo n’uko ata masanamu y’indirimbo afise. Mu kiganiro Indundi Hit show co kuri uyu wa gatanu, uwo muririmvyi Papa...

View Article


#indundi Hits Show Ep31 Weekly 19

Masterland abwira chonge P ko naho boba bafise ivyo badahurizako ko chonge P atoca abishira mu bimenyesha makuru ahubwo ngo niyitware nivyo vyoba vyiza nayo B-face wewe avuga ko kuba yasubiyemwo...

View Article


#indundi Tv | @MtNumber – Me wife ft @masterlandprod

2,611 total views, 400 views today

View Article

Rally Joe ariko arakora amasanamu y’indirimbo zitari nke

Rally Joe hampande y’ukuba yahinduye agashiramwo ibisuko, ariko anakora amasanamu ya zimwe mu ndirimbo ziwe nshasha. Hagize imisi hari uruhererekane rw’amashusho aguma ahanahanwa y’umuririmvyi Rally...

View Article

Bigfarioiz, TID, Christian Bella na Natacha basangiye uno musi kuri Club du...

  Habaye ikiyabo hagati y’abaririmvyi Big Fariouz, TID na Christian eka na Natacha kuri Club du Lac Tanganyika. Big Fariouz, umuririmvyi w’umu Congoman Christian Bella, Umu Tanzania yatembereye...

View Article

Hampande y’amashure na Patient Bizimana azoba yashitse muri Schools Festival 

  Isabukuru rihuza amashure atandukanye mu gisagara ca Bujumbura ryitiriwe Schools Festival, ryamaze gushika, aho akazoba ari igenekerezo rya 28 rusama(5) kuri F. K  New Scholl mu Kinanira 3....

View Article


Nancy yemereye R Flow umwana, mu gihe yamuririra cane

Mu gihe yisabira umukama ko yomuha umwana, R flow yamwemerewe n’umumenyeshamakuru Nancy kuko ngo nawe amwipfuza.   R Flow yoba arajwe ishinga n’ukuronka umwana muri kino gihe, ivyo tubikesha urubuga...

View Article

Hope Irakoze asaba abarundi gukunda Abaririmvyi babo kuko basumvya benshi...

Hope ngo abarundi nibakunde ivyabo gusumba gukunda ivyabandi kuko abarundi basumvya benshi kuvuza umuziki muri kano karere Uburundi buherereyemwo. Irakoze Hope benshi bamenye cane kubera intsinzi...

View Article


#indundi Weekly Music | Top5 Week 20

Ubu naho mu ndwi ya 20 y’umwaka wa 2017, Sat-b niwe yafashe ikibanza ca mbere n’akaririmbo kiwe Rwagiye he avuga ko yahawe na Canco hamisi, muri Top5 ya buri ndwi uruganda rwa Indundi.com rwama...

View Article

Big fariouz yashize ku kuboko iyindi Tatouage irimwo ubutumwa yashaka gutanga

Big Fariouz yashize ku mubiri wiwe iyindi Tatouage aho yashizeko amajambo y’inkoramutima arabishwa ku muvyeyi wiwe. Mu gihe Big fariouz yaheruka gusigura imwe mu ma tatouage asanzwe afise ku mubiri...

View Article


Indirimbo za Wasafi ya Diamondplatnumz ngo ziri mu ndirimbo 5 zivuzwa cane i...

Mu gihe abatari bake bariko barahimiriza abarundi gukunda ivyabo, muri Tanzania bemeje ko Wasafi iri muri 5 ba mbere bavugirizwa indirimbo cane hano iwacu i Burundi. Intego ngo n’umugane wa buraya...

View Article

Hari abaririmvyi banse kwiyandikisha kubera ugutinya kuba abanyuma

Abaririmvyi babonetse mw’ihiganwa ry’abaririmvyi b’abarundi bo muri amerika rizobera Arizona ngo sibo bari kuri affiche yerekana urutonde rw’abari mw’ihiganwa. Mu kiganiro twagiranye na Samuel atwara...

View Article

Marlene ngw’arakwiye kumenya ko Emery Sun amukunda

Inyuma y’ibihuhusi haza akazuba, inyuma y’ivyavuzwe ko Emery Sun yoba aheruka kuronka umwana, yerekanye uwo yemeza ko yamutwaye umutima. Mu gihe hari hagize igihuhusi cagiriza Emery Sun ko yoba...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live