Uno musi Babbi arashira ahabona amasanamu y’akaririmbo Until i Die
Hello World, it is my honor and pleasure to announce that I’m releasing #Til_I_Die OFFICIAL VIDEO in less then 24hrs 🔥🔥🔥🔥🔥🔥 pic.twitter.com/ElreZ1xsTy — Babbi (@Babbi_Music) May 10, 2017 Babbi ngo...
View ArticleMsamalia afadikanije na sat_b_satura bagiye gukorera akaririmbo kwa Museveni
Sat-b hamwe na mugenziwe Msamalia ngo bashobora kwerekeza mu buganda gukorerayo indirimbo nshasha, ikozwe ku buryo bwamwerewe( Msamalia) aho aheruka gutsinda Izere Awards. Mu gihe haheruka kuvurwa ko...
View ArticleUno musi Happy Famba arashira ahabona amasanamu y’akaririmbo kiwe Yule
Umwanya uharurwa ku ntoke ngo umuririmvyi Happy famba ashire ahabona amasanamu y’akaririmbo kiwe Yule. Uno musi wa kane niho akaririmbo Yule ka Happy famba gahava gashirwa ahabona nkuko uwo muririmvyi...
View ArticleInyuma y’i Gitega, Big Fizzo azoteramisha kandi abanya Bujumbura
Ibiteramo bazoriha amafaranga menshi, kandi hakanagurishwamwo CD y’urukurikirane Fizzology, nivyo Big Fariouz ariko arategurirwa. Abajejwe gutegurira igiteramo umuririmvyi Big Fariouz ntibagiheka,...
View ArticleAkaririmbo gashasha ka Lolilo buca gashirwa ahabona
Akandi karirimbo inyuma y’amashusho y’indirimbo z’urutavanoko za Lolilo, kagiye gushirwa ahabona. Inyuma y’uturirirmbo nka Makwerekwere, umuririmvyi Lolilo yashize ahabona ama Video ari muri Zenges...
View Article#indundi | Natacha yasubiye muri Wasafi gukora iyindi ndirimbo
Natacha yasubiye I Dar-es-sallam gukora iyindi ndirimbo muri Wasafi Records. Inyuma y’akaririmbo akoreye mu gihugu ca Tanzania, Natacha yahavuye asubira muri Wasafi Records aho ariko arakora akandi...
View ArticleKaddy Simba ngo vyiza yoreka amajambo agashira imbere ibikorwa
Kaddy ngo nashire ahabona ibikorwa areke kuvuga amajambo gusa. Kaddy ngo nashire ahabona uturirimbo areke kuvuga amajambo menshi, ivyo vyashikirijwe na bamwe mu babashije kubona Video yashize...
View Article#indundi Hit Show Ep28 weeky18
Yoya Jamal ntanakimwe ashima kuvuga kubimaze imisi bivurwa ko ashobora kuba yarahukanye n’umutambukanyi wiwe ntashaka nuwogira ico abimubazako ahubwo avuga ko ashobora kw’ishura kubindi bijanye...
View Article#indundi | @sat_b_satura yasohoye kandi akaririmbo kumvikanamwo akabonge kenshi
Akabonge Niko kumvikana mu karirimbo gashasha “Rwagiye hehe?” Ka Sat-b. Akandi karirimbo k’akabonge kahavuye gashirwa ahabona n’umuririmvyi Aboubakar Karume benshi bazi nka Sat-b. Muri ako karirimbo...
View ArticleAbiyonkoye kuri Amical Des Musiciens bashinze irindi shirahamwe
Ishirahamwe rihurikiyemwo abaririmvyi biyonkoye kuri Amical Des Musiciens du Burundi, rizoba rirongowe na Cedric Bangy ryamaze kuvurwa ko rigiye gushingwa. Ubushikiranganji bw’inkino n’imicokama...
View ArticleUmuco wabuze ku bivurwa ko Yoya yamaze kwahukana n’umukunzi wiwe
Yoya Jamal ntiyigeze atanga umuco ku bimuvurwako ko yoba yarahukanye n’umuziki wiwe basanzwe babana mu gihugu c’Ubwongereza. Mu gihe Yoya Jamal amaze imisi mu bwongereza aho arikumwe n’umuryango wiwe,...
View ArticleUmuzo wa sat_b_satura na Big fariouz ngo watumye umuziki ndundi usubira gukundwa
Ata gusigana inkore Ku Maso, ngo umuririmvyi Sat-b kuva ashitse I Bujumbura inyuma y’igihe kitari gito ariko akorera akazi kiwe k’umuziki mu mahanga, umuziki w’Uburundi warasubiriye kuronka izina....
View Article