Video | Big Fariouz na Sat_b baririmbanye mu giteramo akaririmbo “Wezere”
Ku ncuro ya mbere kuva indirimbo Wezere ishirwa ahabona, Big fariouz na sat-b bayiririmvye mu giteramo c’ugushira ahabona urukurikirane Fizzology. Mu gihe hari hitezwe ishirwa ahabona...
View ArticleBig Fariouz n’ I Gitega naho azohakorera igiteramo
Big fariouz urugendo rwiwe rw’ibiteramo rurabandanya. Bujumbura, hama Rumonge, ubu naho hamenyekanye I Gitega. Urugendo rwa Big fariouz mu Burundi rubandanya rwagura imihora, Inyuma ya Lacosta...
View ArticleUbucuti buri hagati ya Ashley diva na Sat-B buguma buhindura insiguro
Uko imisi igenda niko ubucuti hagati ya Ashley Diva na Sat-b buhindura isura bukaboneka ukundi. Ibimenyetso vyerekana ko Ashley Diva na Sat-b boba bari mu rukundo bibandanya vyibonekeza buke buke....
View ArticleUmutama Mathias, yagarukiweko n’abandi baririmvyi
Abaririmvyi batari bake baragiye gushika kuri Mathias inyuma y’ivyago vyamubayeko. Abaririmvyi batari bake Ku musi wa gatanu barafashe akanya bakubitira muri komine mutimbuzi aho bari bagiye...
View Article#indundi | Big Fariouz yabonetse arikumwe na Lolilo basangira akarobe
Big Fariouz na Lolilo babonetse barikumwe basangira uturibwa, mu gihe c’urugendo berekeza mu ntara ya Rumonge mu giteramo. Big Fariouz na Lolilo babandanya berekana ko ubucuti bwabo bwasubiriye kuba...
View ArticleGaga Blue ngo ashobora gukorana indirimbo n’umu Tanzania
Indirimbo nshasha yaba amajwi co kimwe n’amasanamu ngo nivyo bigiye gushirwa ahabona n’umuririmvyi Gaga Blue iyo ari muri Tanzania. Ivyo yabishikirije mu kiganiro gito yagiranye n’umwe mu banditsi ba...
View ArticleEdnaky yasubiyemwo akaririmbo Uwanje mu maraso ka Romeo Etoile du Centre
Inyuma y’igihe kirekire umuririmvyikazi Ednaky adashira ahabona akaririmbo na kamwe, yatanguye gukwirakwiza hirya no hino akaririmbo kiwe gashasha amaze ukora. Ako karirimbo nako akaba ari akaririmbo...
View ArticleB Face agiye gushira ahabona akaririmbo gashasha
B Face yavuze ko indirimbo yiwe nshasha Sisomeki Rmx azoyishia ahabona igenekerezo rya 11 rusama(5). Mu gihe hari haheze imisi itari mike abaririmvyi B Face na Rally Joe bavuye muri Tanzania aho...
View ArticleHagati ya Kaddy simba n’abakora Hip Hop muri Phoenix ntibigiye kworoha
Abakora Hip Hop mu mahanga neza neza muri Phoenix arizona muri USA bifatiwe mu gahanga n’umuirimvyi Kaddy Simba ngo barabesha bakora umuziki utari Hip Hop. Umuririmvyi Kaddy Simba yifatiye mu...
View Article#indundi Hits show Ep 28|Guest:King Plata
Mukiganiro indundi hits show co kuri uyu wa mbere King plata yavuze ko mu bikorwa amaze gukora vyatumye ashika kuyindi ntabwe ngo naho afise vyinshi ashaka gushikako atarashikako,king plata aravuga...
View Article#indundi Weekly Music | Top5 week 18
Muri ino ndwi ya 18 y’umwaka wa 2017, umuririmvyi Big Fariouz niwe aza kw’isonga ya Top 5 ya Indundi magazine hamwe n’akaririmbo kiwe gashasha Aratabura Rmx, agakurikirwa na Delos umunyagitega...
View Article