Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Bigfariouz, Dj Pius Na Charly na Nina bashitse i Bujumbura

Big Fariouz yamaze gushika I Bujumbura, akaba azananye n’abaririmvyi nka Dj Pius Na Charly na Nina eka na Manager wabo Alexis Muyoboke.Baje gukora igiteramo kuri Lacosta Beach. Imbere ya sasita kuri...

View Article


“Nkongorere” niko karirimo gashasha Crown na Hugues bana bazomanuka

Mu gihe bari mu Rwanda mu bikorwa vyo kwivuza ukuguru kw’umwe muribo Hugues na Crow bashimye kuzomanukana i Bujumbura igikorwa kimwe bakoreye mu gisagara ca Kigali.  Mu kiganiro gitoya twabashije...

View Article


Akaririmbo Abarundikazi ka Natacha kariko gakorerwa amasanamu

Akaririmbo Abarundikazi kariko gakorerwa amasanamu n’umuhinyanyuzi Willy Etoile du Centre, muriyo hakazobonekamwo ubwiza bw’Uburundi n’abarundikazi. Inyuma y’akaririmbo “Shikilia” kashiriwe hanze...

View Article

Bariyamiriza ivya vuzwe na Cedric Bangy

Ivyashikirijwe na Cedric Bangy ko ahagaritse Bruno Simbavimbere mu mabanga y’ukurongora ishirahamwe ry’abaririmvyi b’abarundi ngo ni ubujuju butagira izina. Mu gihe Bruno Simbavimbere na Romeo...

View Article

#indundi Hits show Ep24|Guest:Mirror Team

Indundi Hit show with Mirror Team 8,256 total views, 8,256 views today

View Article


Kebby boy yamaze gushika i Kampala

Kebby yamaze gushika i Kampala aho aza kwotabira igiteramo Rwanda Burundi Night kiza kuba uno musi wa gatandatu igenekerezo rya  29 ndamukiza (4).  Umuririmvyi Kebby Boy yamaze gushika I Bugande aho...

View Article

#indundi | Gospel | Fortran ariko yitegurira igiteramo c’i Bujumbura

  Fortran Bigirimana buca akora igiteramo I Bujumbura naho, inyuma y’ico aheruka gukorera I Gitega. Inyuma y’igiteramo Fortran Bigirimana yakoreye mu ntara ya Gitega, yahavuye amenyesha ko agiye gukora...

View Article

Eduin Trond arakitswe n’amagara

  Eduin Trond yatowe imbere yaho asanzwe aba mu ntara ya Ngozi yakomeretse asa n’uwakubiswe. Ubu akaba ari mu bitaro ngaho I Ngozi nyene. Eduin Trond umwe mu baririmvyi basanzwe bakora ama Karaoke mu...

View Article


Sat-b na Lolilo baririmvye muri Show ya Big Fariouz

Mu giteramo Fizzology Lolilo co kimwe na Sat-b nabo baririmbanye na Big Fariouz. Muri rusangi igiteramo c’ugushira ahabona urukurikirane Fizzology rwa Fariouz ngo cagenze neza cane. Ico giteramo...

View Article


Umuryango wa Jiji Seven urindiriye ikibondo

  Jiji Seven buca yagura igitigiri c’abagize umuryango, kuko biteze ikibondo n’umukunzi wiwe Cynthia. Mu Muziki ndundi amakuru meza abandanya adushikira Atari make. Inyuma y’imyaka yababa itatu agize...

View Article

Milk Minaj yoba yibarutse umwana wa Emery Sun

  Naho bitaratomoka neza, Milk Minaj ngo umwana yibarutse yoba ari USA Emery Sun, kuko n’akazi yoba yaciye amwitiranya na se. Uno musi niho haritanguye gukwirakwizwa hirya no hino ama foto atandukanye...

View Article

Vianney Peace and Love na @bigfariouz ngo nta kibazo bafitanye

  Naho hari urukurukuru ruvuga ko Big Fariouz na Vivi Peace and Love badacana uwaka, Vivi we ngo nta kibazo afitanye na Big Fariouz. Mu gihe hari ibihuha bivuga ko Big Fariouz na Vianney boba bafitanye...

View Article

Kaddy Simba arahakana ibivurwa ku ndirimbo yakoranye na Mkomboz

Kaddy Simba abona ko icatumye indirimbo yiwe My.com yakoranye na Mkomboz igaruka cane muri Top5 za Indundi Magazine ari ubwiza bwayo. Mu gihe indirimbo My.com ya Kaddy Simba na Mkomboz imaze kugaruka...

View Article


#indundi Tv | Give me Love by Miss Erica (Official Video 2017)

4,017 total views, 1,525 views today

View Article

Imvo y’ukuzimba kwa chibu perfume ya Diamond platnumz

Diamond Platnumz ngo Perfum yiwe yazimvye kubera yashaka ko haza ikintu kizoshimisha abazokigura apana ibintu bitameze neza. Umuririmvyi Nasibu Abdoul batazira Diamond Platnumz aheruka gushira ahabona...

View Article


#indundi Tv |Ado Josan – MOOD (Official Music Video)

8,643 total views, 3,027 views today

View Article

Big Fariouz yatangajwe na bamwe mu basubiyemwo indirimbo “Indoro”

Umurwi w’abaririmba indirimbo z’Imana basubiyemwo indirimbo Indoro, ngo bakoze nabi naho ku rundi ruhande vyamutangaje cane kuba bashize Yezu muri iyo ndirimbo. Mu kiganiro Big fariouz yatanze ku...

View Article


#indundi Hits show Ep26 week17

Indundi Hit show week17 Ep26 2,301 total views, 2,301 views today

View Article

Miss Erica abarizwa muri imwe muma Label yo mu gihugu c’Urwanda

Uno musi, Miss Erica ngo abarizwa muri Label Kiwundo yo mu gihugu c’Urwanda. Umuririmvyikazi w’umurundi akagira n’ubwenegihugu bw’Urwanda Miss erica uno musi ngo abarizwa muri Label yitwa Kiwundo yo mu...

View Article

#Breaking News | Umumenyeshamakuru Dj Fanny yaraye arusimbutse mw’isanganya...

Umumenyeshamakuru akaba n’umu Dj Fanny yaraye agize isanganya agongwa n’imodoka, ariko umukama yakinze ukuboko aracari muzima.  Ku mugoroba wo kuri uyu wa kane mu kibanza kitabashije kumenyekana, niho...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live