Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi Music|Nyengenga by Mirror Team

Nyengenga By Mirror Team

View Article


Chris and Junior bavuze agakumi kagisibije uko kameze n’ivyako

Umurwi w’abana bakiri bato Chris and Junior mu karirimbo kabo gashasha bagarutse ku kibazo c’umwigeme ageramiye imiryango. “Karabamara” niko karirimbo gashasha k’umurwi Chris and Junior usanzwe ariwo...

View Article


Umurwi Mirror team wasubiriye kandi kugobeka amajambo mu ndirimbo

Umurwi Mirror team inyuma y’akaririmbo Ndoroshe kavuzwe amajambo atari make, bashize ahabona akandi bise “Nyengenga” nako kashizwemwo ubwenge bwinshi mu nyandiko. Inyuma y’akaririmbo Ndoroshe, umurwi...

View Article

Kaddy Simba Ngo azokora ibishoboka umuziki wiwe umenyekane mu karere Uburundi...

  Kaddy ngo yashimye gukorana na Mkomboz kubera ko ari muri bake bafise ubutumwa gukora Ku mitima ababwumviriza. My.com niyo ndirimbo yabashije kuronka amanota menshi gusumba izindi zose yari yashimye...

View Article

#indundi | Amakenga ni yose Ku modoka Sat-b yifotorejeko

  Amwe mu ma foto Sat-b yashize kuri Instagram uno musi, amwerekana ari hagufi y’Imwe mu modoka zizimvye cane. Bigashoboka ko ari akaganuke biba bamuhaye. Umuririmvyi Sat-b yoba yahawe akaganuke...

View Article


Mt Number one ngo isohoka ry’amasanamu y’indirimbo Yasa n’irirenga ni Surprise

  Igihe kitaramenyekana Nico amasanamu y’indirimbo Yasa n’irirenga  azomara mu bubiko atarashirwa ahabona. Inyuma yaho amenyeshereje ko indirimbo yasubiyemwo ya Bahaga Yasa n’irirenga yamaze guhera...

View Article

#Ug | Inyambaro itavuzweko rumwe n’abayibonye hamwe n’uwarayambaye

  Mu gihugu ca Uganda hari umuririmvyikazi akaba n’umunyamideri ariko atuma Abatari bake bavuga menshi Ku mbuga ngurukanabumenyi basanzwe bakoresha.   Uwo nawe s’uyundi ni Hellen Lukoma, aho hariko...

View Article

#Tz | indirimbo “Show Me” ya Harmonize na Mavoko ngo n’inyibano

  Mu gihe indirimbo Show me ya Harmonize na Rich Mavoko imaze imisi isohotse kandi iriko irabica bigacika hirya no hino, hari amakuru avuga ko iyo ndirimbo yibwe Atari iyabo. Umwe mu baririmvyi...

View Article


Hamaze kumenyekana igihe Big Fariouz azoshikira i Bujumbura

Abitega Big Fariouz ngo nibamwitege ku musi wa gatanu igenekerezo rya 28 ndamukiza azoba ashitse i Bujumbura. Igenekerezo rya 28 ndamukiza ni ukuvuga ku musi wa gatanu ngo niho umuririmvyi Big Fariouz...

View Article


Emery Sun yashimiye Lionel Messi Ku gikorwa yakoreye Barcelone

  Emery Sun yashimiye Lionel messi kuba yabashije guhesha umurwi wiwe Barcelona  intsinzi Ku munota wa nyuma. Mu gihe haheze umwanya mutonya  urukino rw’umupira w’amaguru rwahuza imirwi yo mu gihugu ca...

View Article

Mt number one na Masterland babonetse bariko bakora indirimbo

Birashoboka ko Abaririmvyi Mt Number one na Masterland boba bariko barakora akaririmbo gashasha nkuko vyabonetse ku rubuga rwa facebook rwa  Mt Number one muri Video yahashizwe.  Uno musi wa mbere...

View Article

#indundi | R Flow i Bujumbura yabaye mu bimunezera vyinshi

Ubimenya ukubitiye ku rubuga rwiwe rwa Facebook rwiwe, R Flow yahuye na benshi bataherukana eka asubira kubona vyinshi ataheruka aho yari i Bujumbura. R Flow muri kino gihe abarizwa i Kigali inyuma...

View Article

Kijanya niwe yari intumwa ku waburiye uwiwe ku rugamba

Mu mwambaro w’igisirikare Kijanya niwe yari intumwa y’ukumenyesha umuryango w’uwabuze umusirikare ko yitavye umuremyi ari ku rugamba. Umwambaro w’igisirikare c’igihugu ca canada, niwo umuririmvyi...

View Article


Big fariouz yabirishijwe akuya n’abakunzi b’umuziki wiwe mu biteramo i Kigali

Big Fariouz yarabijijwe akayashu n’abakunzi b’umuziki wiwe mu biteramo aheruka gukora muri izi mpera z’indwi twarangije i Kigali mu Rwanda. Big Fariouz naho akirindiriwe i Bujumbura kuri uyu wa gatanu...

View Article

Yves Kami avuga ko umuziki wokwinjiriza igihugu amafaranga menshi gusumba Ikawa

Urukurikirane rugizwe n’indirimbo umunani rugira kabiri inyuma ya Samandari, Yves Kami yarwise Umwanya, rukaba ruzoshirwa ku mugaragaro mu kwezi kw’umunani.  Urukurikirane rw’indirimbo umunani nirwo...

View Article


Imodoka zizimvye n’abakobwa bambaye Bikini navyo bizoboneka muri Clip ya...

  Hatanguye kuboneka ama Photo amwe amwe, azoba ari mu karirimbo Untill I Die ka babbi, aheruka gufatira amasanamu. Mu gihe hari haheze imisi amenyesheje ko hamaze ufatwa amasanamu y’akaririmbo kiwe...

View Article

#indundi | @mtnumberonee mw’isanamu rya “Yasa n’irirenga” yabonetse mu...

Mt Number one mu mwambaro w’abataco bafisen’akababaro kenshi niko yabonese mu mashuhso y’indirimbo  nshasha aheruka gushira ahabona, ako karirimbo akaba yakise Yasa n’irirenga, akaririmbo yasubiyemwo...

View Article


Big fariouz ngo n’abanya Rumonge bamwitege mu biteramo

  Big Fizzo ngo azoshika gukorera I Giteramo no mu Rumonge igenekerezo rya 6 rusama(5). Mu gihe Big Fariouz akirindiriwe kuri uyu wa  30 ndamukiza I Bujumbura mu giteramo c’agakura kizobera kuri...

View Article

Sat_b_satura , afise amabara abiri mu busage bwiwe

Sat-b yahinduye umushatsi, ubu igice kimwe kigizwe n’umushatsi w’umutoto ubenje ariko ikindi gice kiguma cirabura nkuko wahora. Ku mbuga yaba Facebook co kimwe na Whatsapp kuri Statue, Papa Burundi...

View Article

Mijuriro Mathias yabonetse inyuma y’imisi 17 anyurujwe

Umuririmvyi akaba n’umucuraranzi karuhariwe w’umuduri Mijuriro Mathias yabonetse inyuma y’imisi 17 anyurujwe n’abantu batabashije kumenyakana. Mu gihe abaririmvyi b’abarundi bamwe bamwe, bariko...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live