Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Video | Akaririmbo Your Vodo ka Best Life kakorewe amashusho atamenyerewe...

Akaririmbo Your Vodo ka Best Life Music kahavuye gasohorerwa Video ikozwe mu buryo butamenyerewe gose aha Iwacu.  Inyuma y’ukumenyesha ku mbuga zitandukanye bakoresha ko indirimbo yabo buca ishirirwa...

View Article


Big Fizzo yahinduye ashiramwo igisuko

  Inyuma y’ukuganuka avuye mu bubirigi akaja mu myiteguro mu gisagara ca Kigali aho uno musi abarizwa mu kurindira ko ashika I Bujumbura gukora igiteramo aho azoshira ahabona urukurikirane Fizzology,...

View Article


Sat_b n’aba Fans biwe bifurije R Flow ikaze mu gihugu ciwe c’amavukiro

Sat-b co kimwe n’abakunzi b’umuziki wiwe bifurije R Flow ikaze mu gihugu ciwe naho hari bamwe bibaza ico agarukanye mu muziki ndundi. Umuririmvyi Aboubakar Karume nawe ari mu gitigiri c’abaririmvyi...

View Article

Double jay yikoze mu gahogo yishura Sat_b

  Double Jay nawe yishuye umuririmvyi Sat-b kuvyo yamuvuzeko ko amwigana ijwi. Hagati ya Sat-b na Double Jay ruravyuye ingunza. Inyuma yaho sat-b avugiye ko Ikoh iriko ikorana n’abantu bamwiganye...

View Article

Inama ya Comite y’imfatakibanza ya Amical izoba ku musi wa kabiri

  Comite y’imfatakibanza ya Amical ngo izokora inama ku musi wa kabiri igenekerezo rya 18 ndamukiza (4), iyo ikaba ari nshasha iheruka gushirwaho. Aho bukera ku musi wa kabiri igenekerezo rya 18...

View Article


Spoks yarakiriwe n’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Gaston Sindimwo

Spok’s man yarakiriwe n’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu c’Uburundi Gaston Sindimwo aho yari mu rugendo mu gihugu ca Kenya.  Bamwe mu bagize leta y’Uburundi  babandanya berekana ko bafise ku mutima...

View Article

#Alerte | Romeo ati : < Umutama wacu abamunyuruje nibamurekure kuko ataco...

Abanyuruje Mijuriro Mathias baraterwa akamo ngo bamurekure kuko ataco bamuziza kandi nawe ataco yiyotsa. Icegera c’umukuru w’ishirahamwe ry’abaririmvyi mu Burundi arasaba abanyuruje umuririmvyi akaba...

View Article

Drake yagirizwa inda n’umunyamideri Layla Lace

Drake ari mu yabira kubera hari umukobwa w’umunyamideri ariko amwagiriza ko yamuteye inda, abimubwiye aca amutana n’akarago.  Aubery Drake Grahama benshi bazi nka Drake ngo ari mu yabira muri kino gihe...

View Article


#Ug | Chameleon akubita rubozo umugore none yataye arahunga

Uruhagarara mu muryango wa Dr. Jose Chameleon rwatumye umugore wiwe asaba ko bamuha Divorce.  Inkuru dukesha ibinyamakuru vyo mu gihugu c’Ubuganda ivuga ko uno musi umuririmvyi dr. Jose Chameleon...

View Article


Rally Joe ntafatanya isanganya bagize n’Uburozi buvurwa

  Isanganya umuririmvyi Rally Joe na B Face bagize barikumwe na Manager wabo hamwe n’umu Body Guard wa Darassa ngo yari itangaje kubera batariko baraniruka igihe bagira ico gisida.  Nkuko twari...

View Article

#indundi Music|So Much By John Jayne Ft Alvin Smith

So Much By John Jayne Ft Alvin Smith

View Article

#indundi Music|Nkundira By Zero Team

Nkundira By Zero Team

View Article

#indundi Music| Rangwinda By Overdo Ft O’gang&Double-jay Wakali​

Rangwinda By Overdo Ft O'Gang Double Jay

View Article


#indundi Music|Karabamara By Chris And Junior

Karabamara By Chris And Junior

View Article

#indundi Music|My Love By Super Melody

My Love By Super Melody

View Article


#indundi hit show Ep21|Guest:kaddy SIMBA

 Kaddy Simba n’umu rapper w’umurundi yavukiye muri Bujumbura Rural aho yariyatumiwe mukiganiro ariko atuyagira kucerekeye indirimbo My.com yakoranye na Mkombozi n’umumenyeshamakuru Lee Marvin...

View Article

#indundi Music|Uyu By Joe Sing Ft Channy Queen

Uyu By Joe Sing Ft Channy Queen

View Article


Big fariouz yumvisha akababaro afise mu karirimbo “Urambabaza”

Mu karirimbo gashasha Big Fariouz arumvisha akababaro afise kuba umukunzi wiwe adatahura ukuntu amukunda, kandi yiteguye gukora ibishoboka vyose ngo amuhe ico yipfuza.   Mu gihe mu mpera z’ukwezi kwa...

View Article

#indundi Weekly Music | Top5 week 16

Inyuma y’uturirimbo nka Moyo ya Black G, Burundi Buhire by Amahunja, Uwanje by PMG, Nta cica nk’irungu ya Kijanya hamwe na Turakunda ya Veron, muri ino ndwi ya 16 y’umwaka wa 2017 hasubiriye kandi...

View Article

#indundi Music|Urambabaza By Big Fizzo

Urambabaza By Big Fizzo

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live