Breaking News | Umutama Antime Baranshakaje ntagihema umwuka w’abazima
Antime Baranshakaje aruhiye kwitaba umuremyi mw’ijoro ry’igenekerezo ry’9 ndamukiza inyuma y’igihe c’amazi atatu ari ku musego kubera imvune yaronse ariko arataha ava aho yarasanzwe akorera mu...
View Article#indundi | Muri After Party Darassa ngo yaratewe ikidaji ariko nticamufata
Darassa hampande y’ukuririmba indirimbo nke muri After Party ngo yanahavuye aterwa ikidaji naho kitamufashe, nayo mu gutaha ngo acishwa mu kindi kibanza kubera ubwinshi bw’abantu bari bahari. Inyuma...
View ArticleR Flow yasubiriye kandi kuboneka I Bujumbura
Inyuma y’igihe ariko akorera Ibikorwa bitandukanye bijanye n’Umuziki I Kigali, umuririmvyi R Flow yasubiriye kandi kuboneka I Bujumbura kuri uyu wa mbere. Inyuma y’igihe kitari gito umuririmvyi R...
View ArticleHatanguye kunuganurwa ko hari amasanamu y’indirimbo Nyota ya lolilo agiye...
Lolilo buca ashira ahabona amasanamu y’indirimbo Nyota inyuma z’izindi zitari nke ahruka gushora nka makwerekwere. Inyuma y’indirimbo zitari nke yakoreye amasanamu, hatanguye gukwirakwizwa hirya ni...
View ArticleKenya | Jaguar yagirijwe urupfu rw’aba Motard babiri
Jaguar arahakana ibimuvurwako vy’urupfu rw’abantu babiri batwara moto basandavye inyuma y,isanganya ryatejwe n’imodoka yiwe. Jaguar uno musi niho yishikana mu butungane aho yari yajanywe n’ukwishira...
View Article#indundi| Kimwe mu vyatumye Mirror Team yinjiza umwigeme muri uwo murwi
Umurwi Mirror team waraye utangaje ku rubuga ngurukanabumenye rwabo rwa facebook ko binjije icese umwigeme azi kw’izina rya Elsie jenny ARAKAZA ico bamushimye ngo “Afise impano idasanzwe: Ni umuntu...
View ArticleHugues Bana ngo agiye gusubira gukora ibikorwa ukuri kwamye
Umuhinyanyuzi Hugues Bana ngo naho yaragize Igihe amagara amukitse, ariko mu gihe gito ashobora gusubira Ku kazi. Hugues Bana ngo uno musi amagara ni meza naho yaragize Igihe bitifashe neza, kubera...
View ArticleMasterland yabeshuje ibimuvurwako
Ibivurwa ko Masterland yoba yivye ivyiyumviro Kuba Tanzania ngo abashe gukora amasanamu y’indirimbo Ntundekure ngo sivyo. Mu kiganiro Masterland yagiranye na Indundi Magazine, yamenyesheje ko...
View ArticleK-Peace ngo azoca mu nzira zose kugira umuziki wiwe n’Uburundi bimenyekane
Isaak benshi bazi nka K Peace ngo ashaka kubanza kumenyekana iwabo I Burundi imbere yuko amenyekana mu makungu. Nkuko twari twabibamenyesheje mu nkuru yacu iheruka ko muri leta zunze ubumwe za...
View Article#indundi | Thity Love ngo umutima uri mu guturika kubera ugukunda Big Fariouz
Ivy’uko Thity Love akunda Big Fizzo birimwo amahinyu kubera Account yakoreshejwe mu kubivuga. Inkuru igezweho muri kino gihe mu Muziki ndundi ngo yoba ari iy’urukundo umuririmvyikazi Thity Love...
View Article#indundi Weekly Music | Top5 week 15
1.Black g & Kebby boy – Moyo | Download: 534 | View :2793 2.Burundi Buhire By Amahunja Music | Download: 513 | View :1614 3.Uwanje By Young Pmg Ft Double Jay&Chris Biz | Download: 328 | View...
View ArticleMagic Soldier buca ashira ahabona inzu y’ubuhinyanyuzi
Inzu y’ubuhinyanyuzi y’umuririmvyi Magic Soldier Buca ija ahabona, iyo ikazoba izokwitirirwa we. Umuririmvyi Kingorongoro yamenyesheje ku rubuga rwiwe rwa facebook ko buca ashira ahabona inzu...
View ArticleMt Number One yaramaze gushika I Bujumbura
Naho yari yamenyesheje ko ataramenya igihe azoshikira I Bujumbura, Mt Number one guhera igenekerezo rya 12 ndamukiza abarizwa ku murwa mukuru w’Uburundi. Mu gihe yari yamenyesheje ko yahinduye igihe...
View ArticleAkaririmbo “Kabakaba” ka Yvan muziki kamaze gushirwa ahabona
Indirimbo “Kabakaba” ya Yvan Muziki hamwe n’amasanamu yayo vyahevye birashirwa ahabona kuri uyu wa gatatu. Inyuma y’igihe harindiriwe indirimbo Kabakaba , iyo ndirimbo uwo muririmvyi yahevye...
View Article#Hits Show Ep22|Guest:Redemption voice
umurwi Redemption voice baraye batangaje ko atakintu nakimwe cabo bakora igice canke ngo abantu baje kuraba ivyo bateguye batahe bidoga.Ivyo vyavuzwe na Raoul arikumwe na Yvan hamwe na Herve basazwe...
View ArticleRally Joe, B face na Darassa ngo bari mu modoka yagize igisida
Igisida cababa nk’icamubayeko muri Tanzania, cari kimusubiriye Darassa I Bujumbura. Inyuma y’ibiteramo umuririmvyi kuva mu gihugu ca Tanzania akoreye I Bujumbura no mu Rumonge aho agize imisi ariko...
View ArticleDr Claude agiye gukora igiteramo cahawe akazina k’indirimbo ya T Max
Dr Claude agiye guteramisha abanye Cibitoke ku musi wa pasika, akaba yatiriye ico giteramo indirimbo yafashije T Max kuririmba. Inyuma y’ugukora ibiteramo aherekeje umuririmvyi Nimbona jean...
View ArticleMu ndirimbo My.com ya kaddy simba, mkomboz yagarutse ku gihuhusi caciye mu...
Mu ndirimbo aheruka kwumvikanamwo Mkombozi yoba yagarutse ku gihuhusi gihera mu muziki ndundi. Indirimbo My.com y’umuririmvyi w’umurundi Kaddy afadikanije n’umuririmvyi Mkomboz nayo iri mu ndirimbo...
View Article#indundi | Mt Number one yatanguye gufata amashusho y’indirimbo Yasa n’irirenga
Indirimbo Yasa n’irirenga Mt Number one yasubiyemwo ngo buca ayishira ahabona kuko amasanamu yaratanguye gufatwa. Abicishije ku rubuga rwa Facebook, umuririmvyi Mt Number one yatanguye gushira...
View Article