Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Baino yipfuza gufata akarere ka Afrika y’Ubuseruko

 Uturirimbo tubiri nitwo Nyandwi Baino yashize ahabona ngo bikunde abo muri Afrika y’Ubuseruko babashe kuronka ibikorwa vyiwe inyuma y’igihe kirekire adashira ahabona Clip Video.Ishirwa ahabona...

View Article


Kuba Mt Number one asibije urugendo rwiwe i Burundi, ntihabuze uruhombo ruhabaye

 Mt Number one yasibije urugendo yogize i Burundi uko umwaka utashe, ubu akaba yoshitse igenekerezo rya 12 ndamukiza(4).Urugendo umuririmvyi Mt Number one yogize i Bujumbura muri uku kwezi kwa kane ngo...

View Article


Black Arthur yashize ahabona amasanamu y’akaririmbo My Lover

 Akaririmbo My Love ka Black Arthur kaheruka gushirwa ahabona, kanasohorewe amasanamu uno musi.Inyuma y’imsi mikeya umuririmvyi akaba n’umuhinyanyuzi w’amasanamu Black Arthur ashize ahabona akaririmbo...

View Article

Sat-b agiye guteramisha abanye Ngozi na Muyinga

 Ibiteramo bibiri vy’umuririmvyi Sat-b nivyo vyitezwe mu buraruko b’Uburundi muri ino misi.Uruhererekane rw’ibiteramo hagati mu gihugu rw’umuririmvyi Sat b nirwo rumota muri kino gihe kandi ruriko...

View Article

Impari ni zose kw’izina ryohabwa umuziki ndundi

Umuziki ndundi ntiwari ukwiye kwitwa Buja Flava, ngo hari hakwiye kuganirwaho izina bokwita uwo muziki. Iryo rikaba rititije ijambo na rimwe ryo mu rundi rurimi. Impari ni zose kw’izina umuziki ndundi...

View Article


Amb. Willy Nyamitwe asabwa kugumana umutima w’ugushigikira umuziki ndundi

Umutima w’ugushigikira umuziki ndundi ngo arawugumana, ivyo n’ibishikirizwa n’abashimira Ambassadeur Willy Nyamitwe kuba azitabira ubutumire bw’igiteramo Darassa, Rally Joe na B Face bazokorera i...

View Article

Kebby Boy agiye gushusha kampala muri Rwanda Burundi Night

 Kebby Boy nawe agiye guserukira Uburundi mu giteramo Rwanda Burundi Night kizobera I Bugande kuri uyu wa 29 ndamukiza(4) kuri Cayenne Restaurant and Lounge.Inyuma ya Big Fizzo, Sat-b na Mkombozi, ubu...

View Article

Kiki Toure azoba ari mu biteramo i Bujumbura mu gihe i Kigali bigiye gucumbagira

Akazi kwa Kiki Toure ntigahagarara, i Bujumbura bagiye kumubona mu gihe i Kigali mu Rwanda ibikorwa mu ndwi zibiri azomara i Bujumbura bizoba bisa n’ibitifashe neza.Inyuma y’igihe kirekire umuririmvyi...

View Article


EAC | Bahati na Ray vanny bafadikanije mu karirimbo “Nikumbushe”

 Niwamubona ko uko ari uno musi atariko yarari ku musi w’ejo ngo urabimwibutsa. Ico nico umuririmvyi Bahati wo muri Kenya na Rayvanny wo muri Tanzania basaba babicishije mu ndirimbo yabo...

View Article


Mkomboz ngo asanzwe ari intumwa y’Imana

 Mkomboz yavuze ko mu butumwa bwiwe atanga ahagarara ku rukundo kuko ari nayo Mana, uwo akavuga kandi ko asanzwe ari n’intumwa y’Imana. Mu kiganiro umuririmvyi Mkombozi aheruka gutanga mu gihugu...

View Article

Lolilo agiye guteramisha abarundi mu buraruko bw’Uburundi

  Inyuma y’ibiteramo umuririmvyi Lolilo akoreye mu bumanuko bushira uburengero bw’Uburundi, uwo muririmvyi yatandukiriye Uburaruko naho ngo ahakorere ibiteramo bitari bike.   Amakuru dukesha uwo...

View Article

Mu mwanya nk’uwo gukubita urugohe ngo Darassa azoba ashitse I Bujumbura

Darassa yitezwe uno musi, inyuma y’ukubura ku musi w’ejo kuko ariho yari yitezwe. Inyuma y’ugusiba ku musi w’Ejo kubera indege yari kumuzana I Bujumbura yamusize, umuririmvyi Darrasa ngo yitezwe ku...

View Article

Akaririmbo ka Kebby Boy na Black G katanguye gusakara Africa mu kanya gato

  Akaririmbo Moyo ka Black G na Kebby katanguye gukwirakwira Africa mu mwanya muto gusa isohotse.   Inyuma y’akaririmbo sina lawama, umuririmvyi Kebby yasubiriye kandi kwumvikana mu kandi karirimbo aho...

View Article


Video | Kidum i Nairobie mu giteramo aririmba indirimbo Haturudi nyuma

Mu giteramo i Nairobie gifise intumbero yo kwerekana ingabire ziri muri ico gisagara na Kidum aheruka kuba umutumire.  Igenekerezo rya 1 ndamukiza umuririmvyi Nimbona Jean Pierre Kidum yari umutumire...

View Article

Intambwe ku yindi Amical ibandanya yegereza kw’itorwa ry’inzego nshasha...

  Ugutegura amatora ngo biri mu nzira, habajwe kwanza gusubiriza icegera c’uwurongoye iryo shirahamwe yotavye Umukama. Igenwa ry’umuririmvyi akaba n’umucuraranzi Romeo Ininahazwe mu kibanza c’icegera...

View Article


Sat-b yashimye uburyo abanye Ngozi bamwakiriye

Sat-b yanezerejwe n’uburyo abanye Ngozi bamwakiriye abemerera kubakorera igiteramo ciza kuri Belvedere.  Imbere nuko umuririmvyi sat-b ashika I Ngozi aho afise igiteramo ariko arakorera kuri Belvedere,...

View Article

Nyakubahwa Petero Nkurunziza yatanze akaganuke k’igitari ku mucuraranzi...

  Nyakubahwa Umukuru w’igihugu c’uburundi Petero Nkurunziza aheruka gutanga akaganuke k’igitari kuri Rasta Nyandwi umunyagihugu wo mu ntara ya Ngozi asanzwe avuza indirimbo z’ugukundisha igihugu, uwo...

View Article


#indundi | Abarongoye ishirahamwe ry’abaririmvyi mu Burundi bagirizwa...

  Abarongoye ishirahamwe ry’abaririmvyi mu Burundi  baragirizwa kutitabira ibiganiro baba batumiwemwo ngo babashe gutanga umuco ku biba biriko birabavurwako. Uguterana amajambo muri Amical des...

View Article

Video | Drake na Wizkidayo bashize ahabona akaririmbo Come closer

Akaririmbo Come closer ka Wizkid na Drake kamaze gushirwa ahabona, aho kaciye gakorerwa n’amasanamu. Umuririmvyi Wizkid abandanya ukuri kwamye yerekana ibikorwa bimeze neza ashira ahabona. Uwo...

View Article

#indundi | @willynyamitwe ngo ni umu Fans w’umuririmvyi @bigfariouz

  Amb. Willy Nyamitwe abandanya ashigikira umuziki ndundi, ubu naho hakaba hagezweho umuririmvyi Big fariouz.   Inyuma y’igiteramo umuririmvyi w’umunya Tanzania aheruka gukorera I Bujumbura, Amb. Willy...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live