Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi Music|Urugendo By Pim Ft 7ven

Urugendo By Pim Ft 7ven

View Article


#indundi | Tz | Zari yahumurije abagore ko ivyo yakoze nabo bobikora ukuri...

 Zari the Boss yahumurije abavyeyi ko ivyo yakoze nabo bobikora kandi mu kiringo gito bakaba bagarutse kuba nkuko bari basanzwe bameze imbere yuko bibungenga.Ibisanzwe binanaiza abavyeyi bavyaye,...

View Article


#indundi Music|Nakaja By Strogoff Ft Black-G

Nakaja By Strogoff Ft Black-G

View Article

#indundi Music|No Body By Kim Ced &Gn

No Body By Kim Ced &Gn

View Article

#indundi Hit Show Ep20|Guest:Adora

Adora aradusigura ukuntu Imana yamufashije kwimenya mu muziki wiwe aho avuga ko  kwimenya kuriwe bisigura ingabirano Imana yamuhaye y’ukuririmba itaronka bose. Adora akaba yavukiye mu muryango...

View Article


Kidum ngo abihaye imbuga ngurukanabumenyi batukana n’ukubura indero...

 Nimbona Jean Pierre uno musi yasubiyemwo ko impinduka uri Amical ari ngombwa, ariko abariko baratukana ngo ukwo ni ukubura indero.Ubutumwa buguma bucanacanako hirya no hino ku mbuga ngurukanabumenyi...

View Article

#indundi Music|My Lover By Black Arthur&Mechack Niyo

My Lover By Black Arthur&Mechack Niyo

View Article

Big Fizzo yasavye abakunzi biwe guhimiriza n’abandi ngo bamwitege mu giteramo

 Big fizzo yasavye abakunzi b’umuziki wiwe guhimirizanya ngo bitegurire igitermao ciwe azokorera i Bujumbura igenekerezo rya 30 ntwarante kuri Lacosta Beach.Mu gihe Big fariouz arindiriwe i Bujumbura...

View Article


#indundi Gospel | Kingdom Planter niko karirimbo gashasha k’umuririmvyi Yves...

 Yves shaka yasubiye muri Studio gukora indirimbo yise Kingdom Planter, muri yo hakaaba harimwo agace gasanzwe kanamenyekanye cane mu masengero ku bakirisu.Yves Shaka n’umwe mu baririmvyi b’abarundi...

View Article


Tz | imiliyoni zirenga 200 z’amafaranga y’amarundi nizo Diamond platnumz...

Imigufu yaba iyo ku maboko canke iyo mw’izosi kwa Diamond Platnumz ngo irazimvye cane, ikaba ihagaze ku mafaranga arenga imiliyoni 200 z’amafaranga y’amarundi.Imiliyoni zirenga amajana 200 z’amafaranga...

View Article

#indundi Weekly Music | Top5 Week 13

1.Ndakurwaye By Emery Sun |Download: 868 | View :165992.Nakaja By Strogoff Ft Black-G | Download: 239 | View :20483.Barimenya By Daz Jizzo &Indimu |Download: 232 | View :8004.Urugendo By Pim Ft...

View Article

Umugwi unagura ishirahamwe ry’abaririmvyi waragenywe

 Ababona ko umukuru w’ishirahamwe ry’umuziki mu Burundi yohindurwa bamaze gushiraho umurwi ujejwe kunagura iryo shirahamwe. Abaririmvyi batandukanye bashize ahabona ko batagishigikiye umukuru...

View Article

Ivyavurwa ko Big Fizzo ahigishwa uruhindu I Kigali ngo kwari ukubesha

 Ibivurwa ko Big Fizzo  yariko ahigishwa uruhindu nayo manager wiwe yamaze gufata I Kigali ngo bwari ububeshi.Hiriwe kuri uyu wa gatanu amakuru yuko umuririmvyi Big fariouz ariko ahigishwa uruhindu mu...

View Article


koffi yemeje umuzo wiwe I Burundi

 Koffi Olomide azoba ari I Bujumbura mu biteramo igenekerezo rya 30 ruheshi(6) n’ 1 mukakaro(7) aho Uburundi buzoba buhimbaza imyaka 10 bumaze buri mu muryango w’ibihugu vyo muri Afrika...

View Article

#indundi Music|Nta cica k’irungu By Kijanya Thierry

Nta cica k'irungu By Kijanya Thierry

View Article


#indundi Music|Ni Wewe By Bien Freema

Ni Wewe By Bien Freema

View Article

Gitoro le Comedien ngo ashobora guhanwa kubera indirimbo Indoro yasubiyemwo

 Kubera ugusubiramwo indirimbo Indoro atasavye uruhusha, ngo ashobora kubihanirwa bikomeye. Umushingwamanza wa Muyoboke Alexis asanzwe ari umujanama akaba n’umusahirizi w’abaririmvyi Charly na Nina...

View Article


Kebby ageze kwerekanwa muri Malawi kuri Luso Tv

 Kebby ageze kwerekanwa muri Malawi,aba fans bakaba baguma bamwakura bamubwira ko bamubonye.Inyuma yaho indirimbo Sina Lawamaa ya Kebby yerekaniwe ku mboneshakure zo mu bihugu nka Nigeria, Rwanda,...

View Article

Big Fizzo yasiguye imwe muma tatouage afise ku mubiri

 Imwe mu ma tatouage ya Fizzo isobanura umuryango wiwe, ariko se atarimwo kuko we asanzwe amufise ku mutima.Muri kino gihe abarundi batari bake barafise ibicapo ku mibiri yabo. Bamwe bakaba biyandikako...

View Article

Inkomoka y’indirimbo la difference ya B face ngo ni mu Rwanda

Abanyarwanda ngo nibo batumye haririmbwa indirimbo La difference b face yaririmvye. Indirimbo la Difference ya B face ngo yakozwe kubera abaririmvyi, abamenyeshamakuru hamwe n’abanyagihugu...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live