Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Umuririmvyi Pim ariko aritegura akaririmbo kavuga ku buzima bwa misi yose

Pim ngo ariko arategura gushira ahabona akaririmbo kiwe gashasha, ako kakaza inyuma y’ugufasha umurwi B Unit mu karirimbo kabo My Vyishimo. My Vyishimo niko karirimbo gashasha umuririmvyi Pim...

View Article


Ubu nibwo butumwa Emery Sun yahaye abamufashije

  Emery Sun yashimiye abamufashije bose kugira indirimbo yiwe nshasha imenyekane, akaba yanashizeko abagize like, share na Comment kuri za facebook n’ahandi. Emery Sun yagize ico ashikirije kuri...

View Article


Big Fizzo yamenye ibanga riri mu kuberwa kwiwe kwa misi yose

  Mugani Desire benshi bazi nka Big Fizzo yamenyesheje ko kwambara neza atari ukwambara Dolce&Gabbana canke Gucci, ahubwo ivyo ngo biba mu muntu. Mu kiganiro umuririmvyi Big fariouz yahaye...

View Article

Dr Claude nawe abona ko Bruno atwara ishirahamwe ry’abaririmvyi mu Burundi...

  Dr Claude nawe nyene arashigikiye Ugukinjura kw’uwurongoye ishirahamwe ry’abaririmvyi mu Burundi kuko ngo ataco yamariye abaririmvyi mu myaka 13 amaze aritwara. Ugushaka ko uwurongoye ishirahamwe...

View Article

#indundi Music|She A Foreign By K Peace Ft Punda Serge

She A Foreign By K Peace Ft Punda Serge

View Article


The winners igiye kwerekana aba Mannequin bigishije ivy’uwo mwuga

Urunganwe rwa mbere rwigishijwe na The winners umwuga w’ukuba aba mannequin buca rushirwa ku mugaragaro. The winners ni rimwe mu mashirahamwe yahagurukiye gushigikira n’ugufasha abashaka kuba aba...

View Article

Big Fizzo yarahiye ko Hip Hop adashobora kuyivirira

Mu kiganiro yahaye imwe mu mboneshakure zo mu gihugu c’Urwanda, Big Fizzo yavuze ko umudiho wa Hip Hop adashobora kuzowuhemukira na gato kuko ariwo yahereyeko. Ahejeje gusabwa kugira Acapela kuri Hip...

View Article

Kijanya yasobanuye igituma yashimye gusubiramwo akaririmbo “Nta cica...

Thierry Kijanya n’umwe mu babaririmvyi b’abarundi babarizwa hakurya y’umugabane wa Africa, uyo akaba ari inararibonye mu bikorwa bitandukanye  yakoze bijanye n’umuziki. Inyuma y’igihe kitari gito...

View Article


Mudibu niwe yahaye uruhusha Lynca kugira asohore indirimbo “agahengwe”

Mudibu ngo niwe yatanze uruhusha rw’ugusohoka kw’indirimbo “Agahengwe” yasubiwemwo n’umuririmvyikazi Lynca Diola, iyo  ikaba ari indirimbo yiwe basubiyemwo.“Agahengwe” n’akaririmbo gashasha kataramara...

View Article


W. Leonard Niyomwungere agashimwe siko arondera cane, ahubwo ukumenyekana...

 Imana ikamuja imbere  Niyomwungere Willy Leonard, ngo arashobora gutahukana agashimwe mw’ihiganwa indirimbo yiwe nshasha “Notre Histoire” irimwo muri canada.Akaririmbo gashasha k’umuririmvyi...

View Article

Christian Ninteretse yatuye umuvyeyi w’imfura yiwe akaririmbo

 Ninteretse yatuye umukunzi wiwe akaba na nyina w’imfura yiwe akaririmbo kari mu rurimi rw’igifaransa, akahavuye kamushimisha uwo muvyeyi.Mu gihe amaze imsi mikeya yibarutse imfura yiwe, Christian...

View Article

Kidum ngo impinduka itegerezwa kuboneka muri Amicale des Musiciens du Burundi...

Kubwa Kidum ngo ihinduka muri Amical ryoryo ngo ritegerezwa kuba. Nivyanakenerwa ngo bazobona yashitse ku kibuga i Bujumbura naho adashaka kwitoza ngo abe ariwe amusubirira.Umuririmvyi Nimbona Jean...

View Article

#indundi Music|My Velentine By B-Bright

My Velentine By B-Bright

View Article


Ikibazo c’umuziki ndundi ngo ntaho gisana n’ukuba Bruno simbavimbere agitwara...

 Mu gihe hari induru nyinshi ku bijanye n’uburongozi bw’ishirahamwe ry’abaririmvyi mu Burundi, twaganiriye na Romeo Ninahazwe  benshi bazi kubera umurwi Etoile du centre  ngo atuyagire ivy’iryo...

View Article

Babbi buca yerekeza Texas gukora amasanamu y’indirimbo

 Amasanamu y’indirimbo Unitill i die ya Babbi buca atangura gufatirwa, Uwo nawe ku musi wa gatanu azoba agiye kuyakora muri Texas. Aho bukera ku musi wa gatanu, umuririimvyi babbi ngo buca yurira...

View Article


Christian Bella na Dady Face bariko barakorana indirimbo

Inyuma y’igiheyikorana, dady Face ariko akorana indirimbo n’umuririmvyi amenyekanye cane muri Tanzania Christian bella.Inyuma y’ibikorwa bitandukanye yakoze, umuririmvyi dady face yamenyesheje ku...

View Article

Mkombozi yaririmbiye abanyarwanda mu karirimbo Mwana w’Urwanda

 Indirimbo yiswe Mwana w’Urwanda niko karirimbo gashasha umuririmvyi Mkomboz buca ashira ahabona kaje gakurikira Ibaze nawe yakoranye na Auncle Austin. Mu gihe hasigaye imisi mikeya cane ngo icunamo...

View Article


Hope na Big Fizzo bariko barategura gushira ahabona akaririmbo

 Inyuma ya Vimba Vimba na Kidum, hari indirimbo Hope ariko arakorana na mugenziwe Big Fizzo i Kigali ishobora gushirwa ahabona vuba.Hoba hariho indirimbo nshasha umuririmvyi Hope irakoze hamwe na...

View Article

#indundi | Sat-b yasubiriye kandi kuja mw’ihiganwa Kora Awards

 Sat-b yasubijwe muri Top20 y’abaririmvyi bo muri Africa y’ubuseruko muri ino ndwi mw’ihiganwa Kora Awards ry’uno mwaka.Sat-b co kimwe na bagenziwe basanzwe basangiye umwuga muri kano karere nka Eddy...

View Article

Igaruka rya Ingrid September mu muziki ngo riramota

 Ingrid September  ngo agiye kandi kugaruka mu muziki ndundi mu misi ya Vuba, naho atabashije kuvuga igihe.Inyuma y’igihe kire kire ataboneka mu muziki ndundi, umuririmvyikazi Ingrid September  avuga...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live