Ukugira ingabire , ukamenyana na Big Fizzo nta ruhombo rurimwo
Indirimbo nshasha y’umuririmvyikazi Reine Elodie buca ishirwa ahabona ku bufatanye na Big Fizzo. Reine Elodie n’umuririmvyikazi mushasha w’umurundikazi, uwo akaba aririmba umudiho wa Gospel kandi ari...
View ArticleTz | Icobo cari hagati ya Wolper na Harmonise cafuriwe, ubu n’abakunzi
Umubano w’igihangange mu mareresi y’abatanzania Jackline Wolper hamwe na Harmonize woba utifashe nkuko abantu bari bagize imisi bawubona ku mbuga ngurukanabumenyi. Mu kiganiro uwo muririmvyi yahaye...
View Article#indundi | HARMONIZE – NIAMBIE Official Video
Irya Mbere I Burundi #ECONET LEO Yashize ahabona Connection Inyaruka cane ya 4G LTE
View ArticleKidum n’akababaro kenshi asaba Leta y’Uburundi imiserege mu carama
Kidum ngo abanyacarama baripfuza kubana n’ibiro bishasha vy’umukuru w’igihugu ariko habanje kwubakwa imiserege itwara amazi y’imvura kugira ibiza bihitana abantu n’ibintu bituzwe. Eka ngo...
View Article#indundi Hits show week11 Ep17
babbi yarahiye ararerwa ko atamugambi wo gushinga urugo rwiwe afise ngo nubwo yaririmvye indirimbo until i die isigura ngo gushika upfuye ivyo akaba yabivugiye Mu kiganiro indundi hits show co kuri...
View ArticleRwanda | Saidi Brazza yasubiriye kandi gufatirwa mu biyovyabwenge
Saidi Brazza yasubiriye kandi gufatirwa mu biyovyabwenge i Kigali Mu Rwanda, aramutse abonetse nk’uwudandaza ivyo biyovyabwenge akaba ashobora gucibwa umunyororo ushika ku myaka 5. Umuririmvyi Saidi...
View ArticlePeter Niyo yashigikiwe na Bamwe, abandi bamutera ivyatsi kuvyo yashikirije
Naho bamwe bamushigikira Peter Niyo kuvyo yashikirije ku giteramo catumiwemwo darassa mu gihugu kibanyi ca Tanzania, abandi nabo babaibona ukundi bamwe bakanamutako ishavu. Nkuko twari twabibashikirije...
View ArticleTZ | Diamond ngo uwoshaka yoreka kumuvuga nabi
Diamond ngo ukumuvuga nabi n’uguta umwanya ubu aho ageze. Ukumwandika canke ukamuvuga nabi ngo ntaco bizomugira. Ivyo vyashikirijwe na Diamond Platnumz mu kiganiro yagiranye n’ikinyamakuru Kings Fm....
View ArticleMiss Erica yibuka nyina yagize Ico amuvugako
Miss Erica ngo uno musi yaramenye ivyakorwa na nyina mu mugongo w’abana biwe. Ibanga ry’ukwitwa Nyina w’umuntu ngo uno musi yararimenye, ivyo ni Miss Erica yabishikirije Ku rubuga rwa Facebook aho...
View Article#indundi Music|I Love You By King Black Ft Child Pro
I Love You By King Black Ft Child Pro
View ArticleRwanda | Oda Paccy ngo nta womwereka ubusa kw’i foto bavugako yabwerekanye
Umuririmvyikazi Odda Pacy avuga ko iyo shusho bamwagiriza ko yari yambaye ubusa ngo yayisohoye abibona kandi ko ata busa yari yambaye kuko atawobumwereka. Umuririmvyikazi Odda Paccy arabeshuza amakuru...
View ArticleAmasanamu y’indirimbo nshasha ya Babbi iriko ikorwa n’umuhinyanyuzi akomeye...
Babbi ngo hari ivyo ariko arategura gushira ahabona inyuma y’ugushira ahabona Untill i Die akaririmbo kiwe gashasha. Inyuma y’ugushira ahabona karirimbo kiwe gashasha yiwe Untill i Die, twashimye...
View ArticleMu myaka iri imbere Isabukuru ry’umuziki w’abigeme ngo rizoba riri ku rundi...
Abagore ngo bari bakwiye gushigikirwa bakanashirirwaho ibindi biteramo bibatuma berekana ingabire zabo. Icipfuzo c’abategura isabukuru ry’umuziki w’umwigeme mu Burundi ngo nuko mu myaka nk’ine canke...
View ArticleBidondo ngo abaririmvyi nibatangure bakore ubundi buzi bwo ku ruhande
Bidondo ngo abaririmvyi uno musi umuziki nta kintu kinini wobagezaho, ngo nibarabe batangure gukora ubundi buzi bwo ku ruhande. Umuririmvyi Bidondo arasaba abandi baririmvyi ngo ntibahange amaso...
View Article#indundi Hits Show Ep18 | Guest:Anrison Vestine
Icatumye izindi ndirimbo ntazikorera amasamu nuko hatari bwagere ariko kuri iy’indirimbo nabonye ko arico gihe kuko nabona ko nkoze ikintu ciza n’ubwo novuga ko atari ikirenga cane ariko narabona ko...
View ArticleSlay Marechal na Dr Claude basohoye akaririmbo bise “Chausiku”
Uko imisi ihera niko haguma humvikana uturirimbo umuririmvyi Dr Claude yakoreye aha iwacu, ubu naho hagezweho akaririmbo Chausiku yakoranye n’umuririmvyi wa kera Slay Marechal. Inyuma y’akaririmbo...
View ArticleTz | Urubuga Wasafi.com rwa Diamond Platnumz ntirwazanywe n’ukugurisha...
Diamond Platnumz ngo yagize ubwenge mu gushiraho urubuga wasafi.com ruje kugurisha umuziki muri ico gihugu, ngo kuko hari ibindi vyihise inyuma yarwo. Mu misi iheze niho hashirwa ahabona urubuga...
View Article