Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | Pop G buca asohora amasanamu y’indirimbo Itabamba

Pop g buca ashira ahabona amasanamu y’indirimbo yiwe yise Itabamba. Iyo ikaba iriko ikorwa na Cherif Pro. Itabamba Niko akaririmbo umuririmvyi Pop G ariko arakorera amasanamu mu misi ya Vuba azoshira...

View Article


#indundi Music|Wa Musi By Titus

Wa Musi By Titus

View Article


#indundi Music|Warakoze By Nesmi Quiet

Warakoze By Nesmi Quiet

View Article

Isango Yvan Muziki yatanze rishobora kuzubahirizwa

Isango Yvan Muziki yatanze rirashobora kuzubahirizwa, kuko indirimbo Kabakaba yamaze gutangura gufatirwa amasanamu. Mu makuru yacu aheruka twari twabamenyesheje ko hari akaririmbo gashasha...

View Article

USA | Beyonce yatangaje abakoze igiteramo muri Los Angeles

Beyonce yatangaje abariko bakora i giteramo i Los Angeles aho yaja kubakeza bahejeje gukora ico giteramo kubwiwe cari giteye igomwe. kuri uyu wa 11 ntwarante, umuririmvyikazi Beyonce akaba n’umuvyeyi...

View Article


Elly’s Boy avuga ko agacerere kiwe kazosobanurwa n’ibigiye kuboneka vuba

Bizimana Elly’s Boy Leonard  ngo agacerere agizemwo igihe sakimpagusa kuko hari ibiriko birategurwa gushirwa  ahabona. Uwo muririmvyi wa “Me Love You” afatanije na Ashley Diva yamenyesheje kandi ko iyo...

View Article

#indundi Music|Nenda by wakichula

Nenda By Wakichula

View Article

Rwanda | Knowless aravuga ku gituma we n’umugabo batacambara impeta z’ubugeni

Knowless avuga ko ukuba we n’umugabo batambaye impeta bidasobanura ko hari ikibazo. Ahubwo avuga ko hari ikibazo ku ntoke zabo.  Mu gihugu kibanyi c’Urwanda, hari hagize igihe impari z’ukumenyi nimba...

View Article


#indundi Weekly Music | Tp5 week 11

1.La Difference By B Face | Download: 832 | View :4179 2.Abarundikazi By Natacha | Download: 789 | View :2257 3.Burundi Bwacu By Frank Duniano Ft Chany Queen | Download: 742 | View :5756 4.Mawe By...

View Article


#indundi | Miss Erica avuga indimi zibiri ku bucuti buri hagati yiwe na Sal-g

Miss Erica mu kiganiro Indundi Hit show co kuri uyu wa gatanu yavuze ko iyaba bari baragize ubugeni na Sal-g, igihengeri gihari hagati yabo cokwiswe Ukwahukana. Mu kiganiro Indundi Hit show co ku musi...

View Article

Tz | Ivyo Diamond yasavye Pr. Magufuli ngo bigiye kwirwako vuba bwango

Magufuli yaterefonye mu kiganiro Diamond yarimwo, atanga ihumure ko ico Diamond asavye bagiye kucigako.  Mu kiganiro umuririmvyi Diamond Platnumz yatanze muri kano gatondo kuri imwe mu mboneshakuru zo...

View Article

#indundi | Natacha yavuze igikenewe ngo Festival de la Chanson feminine...

Natacha abona ko baramutse baronse ababashigikira, ata nkeka Festival de la Chanson feminine izogera kure bakanakora ibiteramo hagati mu gihugu. Natacha ngo baracafise ikibazo kijanye n’ababashigikira...

View Article

Igiteramo na Album Fizzology nivyo buca bizana Big Fariouz i Bujumbura

Abakunzi b’umuziki wa Big Fizzo ngo nibabanze baziganye cane kuko igenekerezo rya 30 ndamukiza agiye gushika i Bujumbura mu giteramo aho azoca ashira ahabona Fizzology Album. Hampande y’ibiteramo...

View Article


UG | Urubanza ku rupfu rwa mwene nyina wa Chameleon rwasubiriye kuvyurwa

Umuvyeyi wa Chameleon yasubiriye gusaba igipolisi ko comubwira aho amatohoza ku rupfu rw’umuhungu wiwe AKA47 yoba ageze. Mayanja Gerald umuvyeyi w’umuririmvyi akomeye cane mu gihugu c’Ubugande  Jose...

View Article

Double Jay asaba ko Imana yomufasha umukobwa akunda ntamucika

Double jay mu karirimbo kiwe ka mbere muri wa mugambi You’ll Love changes yasavye Imana ngo umukobwa yakunze ntamuce kuko yosanga ahomvye vyinshi. Inyuma y’ubutumwa buhabwa Abarundi mu karirimbo...

View Article


#indundi Music|We Ndo Wangu By Chris Dizz Ft Mash Sarila&Victor B

We Ndo Wangu By Chris Dizz Ft Mash Sarila&Victor B

View Article

#indundi Music|Believe Me Gyal By Rolf Ft Dauphin

Believe Me Gyal By Rolf Ft Dauphin

View Article


#indundi Music|Naratomboye By Jeiclos Brayden

  Naratomboye By Jeiclos Brayden

View Article

#indundi Hits Show week10 Ep16

Ibaze nawe umwe ngo naho avuga ko atanzi jewe ndazi ko azi kandi kenshi iyo uteye ibuye mu mwijima uwukoma induru niwe riba ryafashe. Aho hari mukiganiro indundi hits Show aho umwe mubanyarwandakazi...

View Article

Spok’s, Emery Joe na Black Arthur bashira ahabona amasanamu ya Dusare

Amasanamu y’indirimbo Dusare yari itegerejwe yahavuye ashirwa ahabona kuri uyu wa 16 ntwarante ku muhora wa Youtube. Amasanamu twari twabamenyesheje ko azoshirwa ahabona, yahavuye ashirwa ahabona kuri...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live