USA | Jenifer Lopez yasabwe kudasubira kwambara Impenereza mu biteramo
Umwana wa Jennifer Lopez yasavye nyina ko yohagarika kwambara impenereza ariko agatangura kwambara ama Pantalon kenshi mu biteramo. Jennifer Lopez ngo ntavuga rumwe n’umuhungu wiwe ku nyambaro yambara...
View Article#indundi Music|Burundi Bwacu by Frank Duniano ft Chany Queen
Burundi Bwacu By Frank Duniano Ft Chany Queen
View ArticleAkaririmbo k’umurundi Tofy yakoranye na TID kamaze gushirwa ahabona
Iyindi nyenyeri igiye kumurikira Uburundi mu makungu yabonetse, iyo nayo ni Tofy yiyemeza kumenyekanisha Umuziki ndundi mu mahanga, akaba yahereye mu gihugu ca Tanzania. Abaririmvyi babandanya batera...
View ArticleBig Zoe Agashavu karaniga
Zoe saint Regis avuga ko abamenyeshamakuru aribo nkingi y’ugukingira umuco n’akaranga ndundi bimenyekane, ngo bari bakwiye rero kubihagararira. Big zoe agashavu karaniga, intandaro ngo n’ukutavuza...
View ArticleAkaririmbo Mawe ka Peace and Love kamaze gushirwa ahabona
Akaririmbo Mawe aho umurwi Peace and Love utera amashurwe umuvyeyi kahavuye gashirwa ahabona. Inyuma y’aho umuririmvyi Vianney amenyeshereje ko hari akaririmbo bazoshira ahabona bavugira umuvyeyi, uwo...
View Article#indundi | DJ Fab ati :”Umuziki ndundi wateye intambwe ugereranije n’imyaka...
Mu kiganiro Indundi magazine yabashije kugirana na Dj Fab umwe mu barundi basanzwe bavanga umuziki muri amerika, yatubwiye intambamyi ahanini bahura nazo muri ako kazi, anagirako ahanura abaririmvyi...
View ArticleBarcelona ngo s’ugusubiza PSG kwisuka gusa, bababwiye gusubira kwiga umupira...
Ed Nakael yahavuye yatsa I buji yifatanya na PSG kuba batsinzwe bikomeye mu mukino wabahuje na Barcelona. Ed Nakael abona ko umukino wahuje PSG na Barcelona Ku musi w’ejo kari agahomera bunwa. Ngo...
View Article#indundi | Ashley Diva mu midiho yacaguje, bamusavye Hip Hop
Ashley ngo nka hamwe akoze akazi gashasha mu mudiho wa Hip Hop ngo azoba yemeje abakunzi b”umuziki wiwe. Ashley Diva yamenyesheje abicishije kuri Facebook ko mu ndwi iza azokwinjira muri Studio gukora...
View ArticleTZ | Wolper ngo yarengewe akarimbi n’uwuvuga ko bagendanye
Jackline Wolper ngo yararengewe akarimbi mu kuririmbwa ko yasohokanye na Harmorapa. Umukinyi w’amareresi akaba kandi n’umudandaza w’impuzu muri Tanzania Jackline Wolper aratangazwa cane nivyaririmbwe...
View Article#indundi | Bidondo kwugurura Inzu y’uburiro ngo yagize iciyumviro ciza
Intambwe yatewe na Bidondo yo kwugurura Uburiro ngo ni nziza Kugira haboneke igisahiriza umuziki, ubona ariwo warumutunze. Haheze imisi hacanacako amashusho yerekana umuririmvyi Bidondo ari imbere...
View Article#indundi weekly Music | Top5 Week 10
1.Abarundikazi By Natacha | Download: 724 | View :1693 2.La Difference By B Face | Download: 624 | View :2910 3.Burundi Bwacu By Frank Duniano Ft Chany Queen | Download: 550 | View :4832 4.Heba Iyo...
View Article#Indundi Hits Show Ep15 week10
Ngo Akabura ntikaboneke ni nyina w’umuntu mu kiganiro indundi hits show twahagaze cane k’undirimbo zihayagiza umukenyezi Aho twagarutse kundirimbo za kera nka ”umuvyeyi” ya Canjo Hamisi hamwe...
View ArticleAbahinyanyuzi b’amasanamu b’abarundi ngo bariko barisuzuguza
Idriss umuhinyanyuzi akaba n’umuririmvyi abona ko indirimbo ziriko zirasohoka zifise ukuntu zisangiye ibintu vyinshi. Umuririmvyi akaba kandi n’umuhinyanyuzi w’amasanamu Idriss yaneguye zimwe mu...
View ArticleBig Fariouz nawe yahavuye ashikirwa
Big Fizzo yiyamirije abariko bakoresha Account atazi biyitirira izina ryiwe, ngo nta kimazi birimwo. Na Big Fizzo yahavuye ashikirwa mu gukorerwa ama Account atariyo Ku muhora wa Facebook. Ivyo...
View ArticleGospel Music | Kora by Anrison Vestine
Irya Mbere I Burundi #ECONET LEO Yashize ahabona Connection Inyaruka cane ya 4G LTE
View ArticleDuniano ngo Abarundi aho bari hose bari bakwiye gukunda kandi bakishimira...
Ugukundisha Uburundi bene nyina niyo ntego nyamukuru indirimbo Burundi bwacu umuririmvyi Franck The duniano yarafise mu kuyandika. Akaririmbo ka mbere ko muri wa mugambi You’ll love changes Vol2...
View ArticleIkironderwa ntikironkwe muri Redemption Voice ngo n’uburyarya
Umurwi Redemption Voice ngo uhagaze neza mu mice yose, hari urukundo rudasanzwe muribo. Nayo mu muziki ngo n’iki Nigeria basigaye bashiramwo. Umurwi Redemption Voice usanzwe uriririmba indirimbo...
View Article#indundi | Ninteretse mwene Ninteretse yabonye izuba
Ninteretse Richy mwene Ninteretse Christian yashitse kw’isi kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 12 ntwarante isaha indwi z’umuhingamo I Kigali nu Rwanda. Ninteretse Umugisha Richy Yoan Barthier Niko...
View Article