Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi New Music|Mwibagirwe By Ado Josan

Mwibagirwe By Ado Josan 1,625 total views, 333 views today

View Article


#indundi New Music|Sing For God By Samson

Sing For God By Samson 3,286 total views, 503 views today

View Article


#indundi | Dogo A nawe n’umuhinyanyuzi(Producer) w’indirimbo ziwe

Dogo A buca ashira ahabona indirimbo we nyene yihinyanyuriye mu nzu y’ubuhinyanyuzi (Studio) y’umuvyeyi wiwe, iyo ikaba igaruka Ku bakiri bato mu rukundo. Ikibanza ni mu inzu y’ubuhinyanyuzi y’umuvyeyi...

View Article

#indundi New Music|Mbwira By Fils B

Mbwira By Fils B 1,060 total views, 1,060 views today

View Article

#indundi New Music|Life Is A Battle By Fine Boy

Life Is A Battle By Fine Boy 491 total views, 491 views today

View Article


#indundi | Spok’s ubu n’uruhara rwigendera

Amadidane hagati y’ukuberwa n’ukibihirwa nivyo biranga Spok’s kubera yahinduye umwimosho. Umuririmvyi Spok’s yahinduye inyimosho muri kino gihe, uwo akaba ubu yimwesheje igipara. Nkuko amakuru dukesha...

View Article

#Indundi Magazine|Happy Famba ngo ntari ku rugero rumwe n’abandi baririmvyi...

Happy famba abona ko Atari Ku rugero rumwe n’abandi baririmvyi b’abarundi  basanzwe bahiganwa. Happy famba ngo ntangana n’umwe mu bo bari mw’ihiganwa rimwe ry’ugutera imbere mu muziki ndundi. Ivyo...

View Article

#indundi | Amiral Fizzo na Dr. Jose Chameleon boba bazokorana indirimbo?

Mbega Fizzo azokorana indirimbo na Dr Jose Chameleon? Mu gitigiri c’indirimbo zivurwa ko Fizzo agiye gusohora iyo yoba irimwo? Mugani Desire benshi bazi nka Fariouz ubu abarizwa Ku mugabane wa Africa...

View Article


#indundi New Music|Sinzohinduka By Master Land

Sinzohinduka By Master Land 669 total views, 669 views today

View Article


#indundi New Music|Birekuko By Say Love Ft Parfum

[audio_id 231035] 1,343 total views, 1,343 views today

View Article

#indundi|Indirimbo hagati ha Natacha na Gaga Blue yoba yamaze kumenyekana...

Inyuma yukuja gukora indirimbo yabo shasha hataramenyekana izina ryayo, Utaipenda niryo zina ry’indirimbo shasha igiye kuja ahabona mumisi yavuba. Iyondirimbo ikaba isazwe iriko irakorerwa munzu...

View Article

#indundi | Hamenyekanye uwurikumwe na T Max muri kino gihe

Mu buholande hagufi y’umutambukanyi wiwe Niho T Max muri kino gihe abarizwa. Amadidane ya bamwe bamwe mu nibaza iyo umuririmvyi T Max yaroye aratanguye guhera nkuko biboneka Ku rubuga rwa Facebook...

View Article

#indundi | Mt Number One abandanya gukora uturirimbo dushasha

Hakirindiriwe ishirwa ahabona ry’ibindi bikorwa yakoreye I Burundi, Mt number one yakoranye umuziki n’umurwi Masodja.  Hakirindiriwe ishirwa ahabona ry’amasanamu y’indirimbo yaheruka gukora canke...

View Article


#indundi New Audio|Ndindira By Nagasebeya

Ndindira By Nagasebeya 213 total views, 213 views today

View Article

#indundi New Audio|Utaipenda By Gaga Blue Ft Natacha

Utaipenda By Gaga Blue Ft Natacha 446 total views, 446 views today

View Article


#indundi New Music|Samola By Cocoda

[audio_id 231056] 189 total views, 189 views today

View Article

#indundi | Iteka Issac Jamal niwe buheta bwa Yoya Jamal

Iteka Issac Jamal niwe buheta bwa Issa Yoya Jamal, akaba yaboneye izuba mu bwongereza kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 14 ndamukiza. Hari Ku musi wa Kane igenekerezo rya 14 ndamukiza aho umuririmvyi...

View Article


#indundi | Fizzo yavyifashemwo neza I Kampala

Amashusho atandukanye y’ivyabereye mu Bugande I Kampala muri cayenne yatanguye kuboneka. Abatari bake nk’umwe mu bigeze kuba abungirije Nyampinga(Miss) mu gihugu c’urwanda hamwe n’abamenyeshamakuru...

View Article

#indundi New Music|Niishi Vipi by Double-z

Niishi Vipi by Double-z 1,880 total views, 576 views today

View Article

#indundi New Music|Nuguparuka by Strogoff ft sal-G

Nuguparuka By Strogoff Ft Sal-G 5,114 total views, 1,555 views today

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live