Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi Music|Fall In Love By Wind Divin Ft Akes Don

[Audio_id 232363]

View Article


R Flow abikora nkaho umengo aho babusya yari musi y’urujo

Iyo ari mu gihugu kibanyi c’Urwanda, R Flow ibijanye n’ugusubiramwo indirimbo, abikora nkaho umengo aho babusya yari musi y’urusyo.  Muri kamere kiwe ugusubiramwo indirimbo bisanzwe atari igikorwa...

View Article


Ibi nivyo vyashikiye Black Arthur kugira aboneka asa n’umupfu

Intandaro y’ugusirwa ari intere kwa Black Arthur mu gihugu ca kenya, ngo coba cavuye ku basuma bashaka kumwiba utwo yari afise. Mu makuru duheruka kubashikiriza twababwiye ko umuhinyanyuzi  Arthur...

View Article

Ukuri ku bibaza ko Ashley yoba yarabeshe ko ata Nda afise

Kuba afise inda, Ashley avuga ko ataco bizogabanya ku gikorwa ciwe asanzwe akora c’umuziki. Haheze imisi umuririmvyikazi Ashley diva yerekanye ku mugaragaro ko yibungenze, uwo akaba yabishikirije ku...

View Article

Rayvanny yagarutse n’akaririmbo yakoranye na Queen Darling yise “KIJUSO”

Inyuma ya Natafuta Kiki, Rayvanny yasohoye amasanamu y’akandi karirimbo yakoranye na Queen darling yise “KIJUSO”. Mu gihe hari haheze amezi ashika kuri 5 umuririmvyi Raymond benshi bazi nka Ray Vanny...

View Article


#indundi Music|I M Sorry By Game Platnumz

[Audio_id 232375]

View Article

Dady Face yabwiwe amajambo akomeye n’umukunzi wiwe

Dady face n’umukunzi wiwe Anuarite babwiranye amajambo meza cane ku musi w’isabukuru ry’amavuko rya Dady Face. Ku musi wamungu niho umuririmvyi Dady face yakora isabukuru ry’amavuko yiwe. Kuri uwo musi...

View Article

Ivya Emery Sun uno mwaka ngo ntibizoroha na Gato

Co kimwe na Sat-b agikorana na Ikoh, Emery Sun nawe yiyise Ikoh Boy inyuma y’ugushima gukorana na Ikoh mu mugambi You’ll Love Changes Vol2. Ijambo Ikoh Boy canke Ikoh Starboy rirasubiriye kugaruka...

View Article


#indundi | Lyrics | Andy Mwang – MPFUMBATIRA

1)Ah’inka zidahari, Ikigega cam’ubusa, Kandi ubwiza bumugore, Burya buri mumutima, Aaaaa tum dan dan Ijoro ririrabura, Iy’udahari mbon’umwijima, Ibitosi ngabibura aaah, Yemwe yemwe, — I thinkin’ about...

View Article


Icamutumye Oda Paccy ashima gukorera muri Studio kwa Diamond

Umuririmvyikazi Oda Paccy avuga ko ugukorera muri Wasafi kwari ukugira abashe kuraba uko yokuza umuziki wiwe, mbere anasohore hanze umuziki nyarwanda. Uzamberumwana Pacifique benshi bazi nka Oda Pacy...

View Article

Dj Jackson yashitse I Bujumbura

Dj Jackson yashitse I Bujumbura mu gihe hasigaye imisi iharurwa Ku ntoke ngo Sat-b ashire ahabona amasanamu y’indirimbo Too Much aheruka gushira ahabona. Dj Jackson akaba n’umusahirizi wa Sat-b ngo...

View Article

Peace and Love nayo ntiyiteze guhagarika gushigikira umukenyezi

  Hampande y’indirimbo z’urukundo, umurwi Peace and Love ugiye kuvugira abakenyezi biciye mu ndirimbo Ku musi wabahariwe. Inyuma y’akaririmbo Mtu Wangu kumviswemwo akajwi k’umihisi Bobo, umurwi Peace...

View Article

Sat-b yaraye agize isanganya n’imodoka

  Sat-b yakoze igisida, ariko ngo ntaco yabaye uretse imodoka yatwara ngo yavuyeko irangi Ku ruhande. Mu gatondo ko kuri uno wa kabiri umuririmvyi Aboubakar Karume benshi bazi nka Sat-b yoba yagize...

View Article


Yves Kolly ngo uyu mwaka yafashe iyindi nyifato itandukanye n’iy’umwaka uheze

Yves Kolly uno mwaka ngo yararonse aho abantu bomusanga kandi yarahindutse kubera yipfuza impinduka muri uno mwaka.  Uno mwaka umuririmvyi akaba n’umuhinyanyuzi Kolly The Magic, avuga ko ashaka...

View Article

Mutama Antime abandanya asinzikara

Mutama Antime aho ari mu bitaro yafashwe na Infection, mu gihe akirindiriye ko uburyo bwo kumuvuza bukwira ngo ajanwe muri Kenya. Mu gihe mutama Antine baransakaje amaze amezi ashika kuri atatu mu...

View Article


#indundi Music|Beef Za Wale By Bien Freema Ft Daulphin

[Audio_id 232383]

View Article

#indundi Music|Nje Nshakagukira By Metu

[Audio_id 232385]

View Article


#indundi Music|Mpumuriza By Iry Tina

[Audio_id 232386]

View Article

#indundi Music|Nje Nshakagukira By Metu

[Audio_id 232385]

View Article

#indundi weekly Music | Top5 Week 8

1.Amashimwe By Jean Marie Muco | Download: 2598 | View :4406 2.Ibaze Nawe By Mkombozi Ft Uncle Austin | Download: 1262 | View :7045 3.Sinzokuva Inyuma By Bizos Ft Double Jay | Download: 1060 | View...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live