Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | Dady face yemeye kuzoha akaganuke abakunzi b’umuziki wiwe

Indirimbo nshasha niyo buca ishirwa ahabona n’umuririmvyi Dady Face, aho akazoba ari ku musi w’Imana aho azoba aramutse ahimbaza isabukuru yiwe y’amavuko.  Mu kiganiro Ikinyamakuru Indundi magazine...

View Article


#indundi | Mt Number one yasubiyemwo indirimbo ya Bahaga

Mt Number one buca ashira ahabona akaririmbo  Yasa n’irirenga. Ako kakaba ari akaririmbo k’umuririmvyi Bahaga. Mt Number one aganira na Indundi yamenyesheje ko akaririmbo Yaas n’irirenga ari akaririmbo...

View Article


#indundi | Tz | Ubwenegihugu bwa Nillan ubuheta bwa Diamond ngo n’ikibazo

Ubuheta bwa Diamond Platnumz ngo agiye kugira ubwenegihugu butatu nkuko umuvyeyi wiwe Zari the Boss yabishikirije. Mu kiganiro Zari yagiranye na Dizzim Online umusi wo gukwiza imisi 40 avutse Nillan,...

View Article

#indundi | Big Fariouz na bagenziwe bakiriwe n’umutambukanyi w’umukuru...

Big Fariouz co kimwe na bagenziwe bakomoka mu gihugu c’Urwanda barikumwe mu biteramo muri Centre Afrique, bakiriwe n’umutambukantyi w’umukuru w’ico gihugu. Inyuma y’igiteramo umuririmvyi Big Fariouz...

View Article

#indundi | Ikinyamakuru c’abafaransa cagize ico kivuga ku murundikazi Audrey...

Inyuma ya Lil Wayne, ikinyamakuru c’abafaransa cagize ico kivuga ku mwigeme w’umurundikazi Audrey iteka bivuye ku ndirimbo yasubiyemwo. Audrey Iteka yasubiriye kugira ico avurwako n’ibinyamakuru...

View Article


#indundi | Tz | Diamond yahanywe n’igipolisi ca Tanzania

Diamond Platnumz yakiranye urweze Impanuro yahawe inyuma y’uguhwanwa kuko yafashwe ko yagendesheje imodoka atambaye umugozi umukingira mu gihe c’impanuka. Mu gihe ku musi w’ejo hari hagize igihe...

View Article

#indundi | Producer Black Arthur yahatswe kwitaba umuremyi

Umuhinyanyuzi Ndundi Black Arthur ngo urupfu yaruciye mu myanya y’intoke. AHo ngo hari ku musi w’ejo naho atabashije kuvuga uko vyagenze.  Ukubitiye ku rubuga rwa Facebook rwa Black arthur ubwoba...

View Article

Kuri Saint Valentin Kidum ntiyabwiye umukunzi wiwe gusa

Kidum we ntiyabwiye umukunzi wiwe gusa, ahubwo yabwiye abakundana bose ko ata bundi buhinga ngo abantu bakwiye gukundana. Ku musi w’abakunda, Kidum akazi kaba gashushe kubera uturirimbo twiwe...

View Article


Inyigisho ziriko zihabwa aba Dj ngo zizobagirira akamara kanini

Aba Dj bari mu vyirwa nkarishabwenge ngo bazunguka vyinshi gose, abatabashije kugenda bo bahomvye ibitari bike. Kuva ku musi wa gatatu gushika ku musi wa gatandatu, aba Dj bashika kuri 15 bariko...

View Article


Amasezerano ya Ikoh na Emery Sun ameze nk’igitutu ubona ntufate

Amasezerano ya Emery Sun na Ikoh ngo ameze nk’igitutu ubona ariko ntufate, kuko ata wundi muntu n’umwe arekuriwe kuyamenya atari we hamwe n’abo muri IKOH. Guhera umuririmvyi Emery Sun(E.S) ashize...

View Article

#indundi weekly Music | Top5 Week 7

1.Ibaze Nawe By Mkombozi Ft Uncle Austin | Download: 1174 | View :6146 2.Sinzokuva Inyuma By Bizos Ft Double Jay | Download: 882 | View :1559 3.Moyo Wangu By Jean Marie Muco | Download: 552 | View...

View Article

T Max yerekanye aho iteka afise ryavuye

Umuziki ngo niwo watumye umuririmvyi T Max agira iteka n’ijambo aho abaye nkuk oyabishikirije mu kairimbo yaririmvye aciye ku rubuga rwa Facebook. Inyuma ny’igihe kitari gito umuririmvyi T Ma atabasha...

View Article

Iki nico catumye Masterland yimura Studio yiwe

Master Muzik Records igiye kumara imisi 14 ikora akazi kabayabaye kuko bahinduye ikibanza cogukoreramwo. Inzu y’ubuhinyanyuzi Masterland Muzik Records yahinduye ikibanza igiye ukoreramwo nkuko uwo...

View Article


Vivi na Linah ngo bahora i Burundi kwandika indirimbo

Umuririmvyi Vivi arikumwe n’umutambukanyi wiwe Linah Blanche ngo agacerere bari bagizemwo imisi buca bakavamwo kuko hari indirimbo bariko barakorera muri Ikoh Multisevices. Mu kiganiro umuririmvyikazi...

View Article

Davido yasohoye akaririmbo akitwa “If”

Inyuma y’amezi abiri umuririmvyi Davido akomoka mu gihugu ca Nigeria akoze akaririmbo “Coolest Kid in Africa” yashize ahabona akandi karirimbo kiwe gashasha yise “If”. Ako akaba yagakoze wenyene mu...

View Article


MTV yisubiyeko itanga agashimwe ka Alikiba yari yimwe

Alikiba yahawe agashimwe k’umuririmvyi w’umuhungu yigenjeje neza mu mwaka wa 2016 muri MTV MAMA.  Alikiba yaraye ahawe agashimwe kiwe yari kuba yahawe kuva mu mwaka wa 2016, ariko kakaba kari kavuzwe...

View Article

#indundi Music | Sumba Zose By Magic Kingorongoro Ft Sat B

Sumba Zose By Magic Kingorongoro Ft Sat B 357 total views, 357 views today

View Article


#indundi Music|Sinzokuva Inyuma By Bizos Ft Double Jay

[Audio_id 232365]

View Article

#indundi Music|Test 1.2.3 By 19th&Money

[Audio_id 232352]

View Article

#indundi Music|Malaika By Zero Team

[Audio_id 232374]

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live