#indundi | Mugisha Divine buca aja mw’ihiganwa muri Norvege
Mugisha Divine agiye guserukira Uburundi mw’ihiganwa mu gihugu ca Norvege aho azoba ari mu gice c’abaririmvyi, rikaba rizoba ribaye irya kabiri yitabiriye iryo higanwa. Aho bukera igenekerezo rya 11...
View Article#indundi | Indirimbo Iwacu heza ya King Hubert na Kidum buca ija ahabona
Iwacu heza niko karirimbo umuririmvyi Kidum yaririmvyemwo muri Australia aho aherukayo buca gashoboka, akaba yakaririmbanye n’uwitwa King Hubert. Aho umuririmvyi Kidum aheruka mu gihugu ca Australia,...
View Article#indundi | Tz | Zari ntaraba ivyanditswe mu gahamagazo ka Diamond
Zari ngo nta mwanya afise wo kuja kuraba ivyanditswe mu duhamagazo(Telephone) twa Diamond, eka na Diamond nuko naho bazi kuzugururiranira bose. Mu kiganiro yabatanze, umuririmvyi Diamond Platnumz na...
View Article#indundi | Tz | Iki nico gituma Diamond na Zari batariyumvira kwubaka urwabo...
Diamond na Zari ngo ntibaricara baganire ivy’ukwubaka urugo rwabo, kuko bafise ibindi bashaka gukora bisumba ivyo abantu biyumvira. Mu kiganiro umuririmvyi Diamond Platnumz yatanze kuri Clouds Fm...
View Article#indundi | Rwanda | Knowless aravuga ikintu atashoboye kwumva yokwemera kuva...
Kuva yibaruka ngo ntahamagarwa Mama Or na rimwe, nayo kuba yaravyaye ngo n’ikintu kitaramukundira kwakira naho yamwipfuza kuva kera. Mu kiganiro umuririmvyikazi Knowless yahaye ikinyamakuru Inyarwanda,...
View Article#indundi | Emery Sun yashize umukono ku masezerano yo gukorana na Ikoh
Umuririmvyi Emery Sun niwe yacaguwe ngo abashe guserukira urukurikirane rw’indirimbo rwa Ikoh ruri mu mugambo bise You’ll Love Changes Vol2. Mu gihe hari haheze imisi urukurikirane rw’indirimbo zirenga...
View Article#indundi | Ashley Diva yavuze umwana afise mu nda uwariwe
Ashley Diva yakuriye inkoni ku gishitsi abashaka kumenya umwana yibungenze uwariwe hamwe na se uwariwe. Mu gihe yaheruka kumenyesha ko yibungenze umwana, Ashley diva ku musi w’ejo igenekerezo rya 9...
View Article#indundi | Tz | 100.000$ niyo yasohotse Ku rubanza rw’ukwerekana ubuheta bwa...
Ibirori vy’ukwerekana ubuheta bwa Diamond vyabereye Tandale, vyatwaye amafaranga menshi uwo muririmvyi. Bikaba vyitabiriwe n’abanyecubahiro bava mu bihugu nka Tanzania, Uganda, Kenya na South Afrika....
View Article#indundi | Ama foto y’urugendo rwa Natacha mu bu suisse
Ku musi w’ejo niho umuririmvyikazi Natacha yabasha gukora igiteramo camujanye mu gihugu c’Ubu Suisse amaze imisi yaragiye guteremberera. Ntiharamenyekana uko ico giteramo cagenze kuko tutarabasha...
View Article#indundi | iki nico b face avuga Ku ndirimbo yiwe nshasha
B face ngo agiye gushira ahabona indirimbo yiwe nshasha irikumwe n’amasanamu yayo. Indirimbo nshasha y’umuririmvyi B face ngo igiye gushirwa ahabona mu misi ya Vuba, iyo akavuga ko izoshirwa ahabona...
View Article#indundi | Uwu niwo mwuga Masterland akunda hagati y’ukuririmba...
Masterland mu kiganiro kuri Indundi radio yamenyesheje ko Umuririmvyi aruta umuhinyanyuzi Ku mpande nyinshi zirimwo, ukumenyekana mbere n’amafaranga yinjiza. Igihe umuziki uzotangura kwi jiza...
View Article#indundi | Bizos yavuze igihe indirimbo yiwe na Double jay izobonekera
Indirimbo “sinzokuva Inyuma” y’umuirimvyi Bizos yakoranye na mugenziwe Double Jay ngo kuva ku musi w’ejo igenekerezo rya 13 ruhuhuma, izotangura kwumvikana mu biganiro vy’umuziki bisanzwe biba ku musi...
View Article#indundi | Tz | Ray c ngo azokora ibitangaza kuri Saint Valentin
Ray c yamenyesheje ko agarukanye inguvu zidasanzwe mu muziki, nayo kuri saint Valentin ngo azokora ibitangaza. Mu kiganiro umuririmvyikazi wa Kera mu gihugu ca Tanzania yahaye imboneshakure Eatv...
View Article#indundi | Peter Niyo yerekanye umwana aheruka kuronka
Peter Niyo muri rino joro ryakeye yerekanye umwana w’umuhungu aheruka kwibaruka. Umwana w’amezi abiri niwe umuririmvyi Peter Niyo yashize ahabona akamenyesha ko ari rwiwe. Ivyo yabishkirije ku...
View Article#indundi | Isack Nkorerimana ngo agiye gushitsa indoto yiwe yo gufasha abana...
Isack Nkorerimana n’umuririmvyi w’umurundi abarizwa muri Canada, ngo yamanye indoto gukorera Imana biciye mu kuyihimbaza, ugufasha baba abana bo mw’ibarabra co kimwe n’impfuvyi. Isack Nkorerimana...
View Article#indundi | Nigeria | Away akaririmbo gashasha k’umurwi P Square
Inyuma y’indirimbo Bank Alert y’umurwi w’abanya Nigeria Babiri bakunzwe cane muri kino gihe kw’isi ariwo P Square. Ubu naho bashize ahabona karirimbo kabo gashasha bise Away kagenda gahoro gahoro. Iyo...
View Article#indundi | Umuryango wa Raphael (DJ Rafa) Nyandwi waraye wungutse
Umumenyeshamakuru Raphael Nyandwi yahaye akazina kiwe umwana wiwe w’umwigeme yaraye aronse. Iradukunda Raphy Flora niko kazina umumenyeshamakuru Rapahel Nyangwi yahawe umwana w’umukobwa yahawe...
View Article#indundi | Iki nico gituma Aline Gahongayire yataye ibiro birenga 40
Aline gahongayire yasobanuye igituma yahisemwo kuva ku biro 117, ubu ageze kuri 72. Umuririmvyikazi wa Gospel Aline Gahongayire akomoka mu gihugu kibanyi c’Urwanda, abandanya ata ibiro kuva mu mpera...
View Article#indundi | Pacifique yashize Umutego mu butumwa yahaye abakundana
Pacifique mu butumwa yatanze ku bakundana, bwakurikiye uturirimbo tutari duke yaririmvye yashizemwo yateze abakundana. Inyuma y’igihe kitari gito umuririmvyi Pacifique ataboneka mu muziki ndundi,...
View Article