#indundi | Ukuri ku vyibajijwe ko Babbi yoba yinjiye igisirikare ca Amerika
Babbi yarahiye ararengwa ko atariko ari mu gisirikare ca Leta zunze ubumwe naho yabonetse kw’i foto asa nkaho ariko arimenyereza kurasa. Ku rubuga rwa Whatsapp rw’umuririmvyi Babbi umwe mu babarizwa ku...
View Article#indundi | USA | Igipfungu ni cinshi kw’iboneka rya Beyonce mu biteramo...
Iboneka rya Beyonce mu biteramo yitezwemwo, riracarimwo igipfungu kubera ataco arabivugako. Abatari bake baguma bibaza nimba umuririmvyikazi Beyonce azoririmba mw’isabukuru coachella yari arindiriwemwo...
View Article#indundi | Iki nico umukunzi wa Kigingi ategurira abipfuza kumutwara Umukunzi...
Abipfuza gukura Kigingi mu maboko y’umukunzi ngo nibacire birarura ataruko naho bazibonerako. Mu gihe haheruka kumenyekana ko kigingi n’umukunzi wiwe ubucuti bwabo babushize Ku mugaragaro. Twahavuye...
View Article#indundi | Umuzo wa Kook k ntaco wohungabanya kuri Thyti Love
Igaruka rya Kook ngo ntaco ryohindura mu rugendo rw’umuziki umuririmvyikazi Thierryve arimwo muri kino gihe. Umuririmvyikazi Thyti Love, n’umwe mu bigeme mu gihe bari mu rukundo batigeze baboneka cane...
View Article#indundi | Natacha yitabiriye igiteramo ciwe ca mbere inyuma ya Africa
Natacha Ngendabanka yuriye indege, yitabiriye Ubutumire yahawe bwo mu gihugu ca Swisse. Ngendabanka Natacha, uno musi niho yurira indege imwerekeza mu gihugu ca Suisse aho yitavye igiteramo...
View Article#indundi | Mkombozi I Kampala mu giteramo
Nzeyimana Thomas yitezwe mu giteramo I Kampala inyuma y’ivyo yakoreye mu Rwanda . Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkombozi arindiriwe I Kampala mu ndwi buca dutangura, aho akaba ahitezwe mu giteramo...
View Article#indundi Music|Nilikosa Subira by Papa Fololo Ft Sat B Anicet Magrego
Nilikosa Subira Papa Fololo Ft Sat B Anicet Magrego 193 total views, 193 views today
View Article#indundi | Iki nico Manager wa Charly na Nina avuga kuri Big Fariouz
Big fariouz yashimiwe na Muyoboke Manager wa Charly na Nina, mu gihe yarahejeje kubakeza acishije kuri Instagram. Mu gihe umuririmvyi Mugani Desire benshi bazi nka Big Fizzo yariko arakeza...
View Article#indundi | Emery Joe agiye gukora Clip Video y’igitangaza
Emery Joe ngo igifovya c’amafaranga nico kizokora amasanamu y’indirimbo yiwe Dusare yakoranye na bagenziwe Spoks na Black Arthur. Emery Joe n’Umwe mu baririmvyi b’abarundi abarizwa mu gihugu ca Kenya...
View Article#indundi | Kidum yahawe ubutumwa n’uwusigaje gato ngo aje ku mbugita
Kidum yahamagawe n’umurwayi i Nairobie ngo amuhe ubutumwa imbere yuko aja ku mbugita. Kidum naho adafise ubumenyi bwinshi mu gusenga, ngo arasabira umugenziwe wiwe Big Rev ugukira kuvuye ku mana. Uwo...
View Article#indundi | USA | Mariah carey yakoze amarorewa muri Clip yiwe
Mariah carey yauriye impuzu yokwambaye ku bugeni yokoze, ariko bukaba bwasibije n’umurengera w’ibisabwa biri mu masezerano yo kwubaka kwabo. Umuririmvyikazi w’umunyamerika Mariay Careyyakoze ibitari...
View Article#indundi Weekly Music | Top5 Week 6
1.Ibaze Nawe By Mkombozi Ft Uncle Austin | Download: 1044 | View :4877 2.Moyo Wangu By Jean Marie Muco | Download: 521 | View :2045 3.Mbabarira By Man Deblo& All Saint ,Gaga Blue | Download: 220 |...
View Article#indundi | Arnaud Nganji yatumiye abantu kwumviriza akaririmbo “ORACLE”
Nganji yatumiye ababishoboye kuri uyu wa gatatu kwitabira igikorwa yateguye co kubumvisha indirimbo yiwe nshasha yise ORACLE. Aho bukera ku musi wa gatatu umuririmvyi Arnaud Nganji abarizwa mu gihugu...
View Article#Indundi | Iyibutse Baby John yavyifashemwo neza mu muziki w’aho hambere
BABY JOHN umuyabaga yabaye rurangiranwa mu muziki ndundi mu mwaka wa 1979, ashitse mu murwi Orchestre National du Burundi warurongowe ico gihe na Monseigneur Justin Baransananikiye. Jean-Marie...
View Article#indundi | Utwo nitwo tuganuke(gift) Mkombozi yahawe aho yari mu kiganiro
Mkombozi yahawe utuganuke dutandukanye aho yari mu kiganiro mu nsamirizi Flash Fm mu gisagara ca Kigali. Utuganuke dutandukanye tubandanya duhabwa Mkombozi biciye mu biganiro ariko akorera ku nsamirizi...
View Article#indundi | Spok’s yatumiwe mu birori vyateguwe n’ubuserukizi bw’Uburundi muri...
Urubanza rumwre rumara zibiri, Spok’s Man ahari muri Kenya ngo yagiye yumva bamutumira ngo aje kwiginana n’abandi barundi Ubumwe bwabo. Ariko n’ukuririmba bikaba vyaciye bijana. Eric Dushimirimana...
View Article#indundi | Umuvyeyi wa Beyonce yoba yavuze igitsina c’abuzukuru biwe
Umuvyeyi wa Beyonce aho yaganira n’ikinyamakuru The Insider yoba yavuze ibitsina vy’abana Beyonce buca yibaruka. Mu gihe abatari bake babandanya bijijanye imitima ku bana b’igihangange Beyonce,...
View Article#indundi | Laude mwene nyina na Fortran buca ashinga urwiwe nawe
Umuryango wa Fortran ubandanya waguka, inyuma yuko umuryango wa Bigirimana uronse umwuzukuru ava kuri Fortran Laude nawe buca abazanira umukazana. Inyuma yaho Fortran Bigirimana kugira ubugeni hamwe...
View Article#indundi | Foto ya Sat-b yifashe kandi akambara umushatsi nk’inkumi
Sat-b yabonetse kw’i foto yambaye umushatsi w’abigeme mbere, n’inyifato yari nk’agakumi nyene. Kuva mu gatondo ko kuri uyu wa gatatu igenekerzo rya 8 ruhuhuma, hagumye hahanahanwa ishusho...
View Article