#indundi | Ed naky agiye guhindura uburyo yahora akoramwo
Ibintu vyahindutse mu bikorwa yaragize Igihe akorera Ku muhora wa facebook. Uwo tuvuga s’uyundi ni Ed naky umwe mu baririmvyikazi ba kera basanzwe bakorera ibikorwa vyabo mu gihugu ca Madagascar. Aho...
View Article#indundi | Na Sat-b yamwikozeko
Inyuma y’ugukoresha abagandekazi muri Clip, ubu naho Sat-b yikoze ku mwigeme wo mu gihugu ca Tanzania asanzwe amenyereye ico gikorwa. Inyuma y’amasanamu y’indirimbo yakoranye n’umurwi Urban Boys,...
View Article#indundi | Yaba Emery Sun cokimwe na McMello bose baricuza
Yaba Emery Sun, co kimwe na Mcmello bose baricuza kuba batabashije kumenya ko ariko bizomera, ngo ntibari kureka abatambukanyi babo ngo bagende. Iyo nari kumenya” niko karirimbo gashasha k’umuririmvyi...
View Article#indundi | Congera aracari muzima
Aho yariko aja kuri Studio kumarira indirimbo ariko arakora muri kino gihe, Chongera yahavuye agira igisida n’imodoka yariko aratwara naho ataco camugize. Umukama yarakinze ukuboko, mwene Burundi...
View Article#indundi | Umutima wa Wolper warabaye ubunywenywe, ntibigikunda
Harmonize yikoze kuri Instagram asaba Wolper kugarukana umutima kuriwe ariko vyabaye impfagusa. Naho umuririmvyi Harmonize atari bwagire ico ashikiriza ku kuvuna kwiwe n’umukinyi w’amareresi akaba...
View Article#indundi | Kebby yinjiye mw’ihiganwa muri Nigeria
Kebby asaba abakunzi b’umuziki kumutora mw’ihiganwa arimwo mu gihugu ca Nigeria. Inyuma yaho indirimbo Sina Lawama yerekaniwe Ku mboneshakure zitandukanye zo muri Africa, iyo ndirimbo yahavuye ironka...
View Article#indundi | Kigingi yerekanye uwumuraza adasinziriye
Kigingi yeretse amakungu aciye Ku rubuga rwiwe rwa facebook, uwo barikumwe mu rukundo. Mugenzi Alfred Aubin benshi bazi nka Kigingi kubera akazi ko gutwenza asanzwe akora ko gutwenza abantu, ahejeje...
View Article#indundi | Zari yashikirije ico yokora mu gihe Diamond yomuvanga n’abandi
Zarina Hasan ariwe Zari The Boss lady ngo ntarota aca inyuma umugabo nawe we yobikora. Zari the boss Lady umugore wa Nasibu Abdoul Benshi bazi nka Diamond Platnumz yagize Ico abwira abagore kuco...
View Article#indundi | Chris Brown yafashe ingingo ntabanduka inyuma y’igisoda c’imodoka...
Brown ntarota asubira guha imodoka yiwe umugenzi wiwe n’umwe, kuko imfunguzo yamaze kuzegeranya. Inyuma yaho umuririmvyi Chris Brown agiriye ibibazo imodoka yiwe Lamborghini ikagirira igisida...
View Article#indundi | Ibi nivyo Dr. Claude yabandanije akora i Bujumbura
Inyuma y’ibiteramo bitari bike aheruka gukora aha iwacu, Dr Claude ntiyashotse asubira muri Kenya nkuko Kidum yabikoze. Ahubwo yabandanije akora ibikorwa bitandukanye. Kimwe muri ivyo bikorwa, ni...
View Article#indundi | Jayz na Beyonce umukama agiye kubaha amahasa ubu naho
Umuririmvyi w’indirimbo Lemonade, ahejeje kwemeza Ku rubuga rwiwe rwa Instagram ko umuryango wiwe na Jay z bagiye kwunguka amahasa, noneho babe batanu. Mu gihe vyari bisanzwe bizwi ko umuririmvyikazi...
View Article#indundi | Diamond Platinumz asubiriye gukora ibitari vyitezwe
Imodoka Diamond yari yaremeye kuzana muri Tanzania ishobora kuba yaguzwe canke yashitse muri Tanzania, ariko mw’ibara ritari rimwe niryo yemeye. Imodoka yarigize Igihe irindiriwe na Benshi, Nasibu...
View Article#indundi | Imwe mu ndirimbo za Sat-b yagizwe indirimbo y’ukwezi
Sat-b yahawe Certificat n’insamirizi Radio 10 kubera indirimbo yiwe yabaye indirimbo y’ukwezi kwa kabiri mu kiganiro Hit Connection. Ikiganiro Hit Connection c’insamirizi Radio 10 caraye gihaye...
View Article#indundi Weekly Music | Top5 Week 5
1.Ibaze Nawe By Mkombozi Ft Uncle Austin | Download: 915 | View :4017 2.Moyo Wangu By Jean Marie Muco | Download: 493 | View :1821 3.Nyerera Remix By Sat B | Download: 337 | View :1089 4.Mbabarira By...
View Article#indundi | Ukuri ku mwana bivurwa ko Ashley Diva yibungenze
Ivyari bigize igihe vyandikwa na Ashley Diva ku buhinga bw’ingurukanabumenyi, vyerekana ko hariho ikintu kiriko kiraba kuko yagaruka ku rukundo n’abana. Inyuma ya mugenziwe Beyonce, Ashley Diva...
View Article#indundi | Iki nico Diamond na Alikiba babwirwa ko batari bakwiye gukora
Alikiba na Diamond ngo ntibari bakwiye kwijajara mu kazi barimwo kuko ibibanza vyabo bikenewe na benshi. Umwe mu basore bariko barakora neza mu gihugu ca Tanzania azwi nka Abdoul Kiba akaba...
View Article#indundi | Kigali | Knowless aribaza nimba nawe ahora amukumbura
Butera Knowless yagize ibibazo yibaza nimba umukunzi wiwe nawe ahora amukumbura nkuko we amara ijoro n’umurango amwiyumvira. Umwe mu baririmvyi b’abanyarwandakazi basanzwe bakunzuwe cane muri ako gace...
View Article#indundi | Christian Ninteretse yaraye asezeye ubusore
Ninteretse Christian yasezeye ubusore, ubu akaba ari umushingantahe. Mbere mu misi mikeya bakazoba babaye batatu. Ukwezi kwa kabiri kwatanguranye imigisha kuri benshi mu banyabuhinga n’ubumenyi...
View Article#indundi | Tz | Indirimbo Diamond Platnumz yakoranye na NEYO izananye...
Diamond PLATNUMZ yasubiriye kandi gukora ibitangaza mu ndirimbo yiwe Marry You yakoranye na mugenziwe NEYO. Indirimbo Marry You y’umuririmvyi Nasibu Abdoul hamwe na Shaffer Chimere Smith Bazwi nka...
View Article