#indundi Music|Icondi By Clement
Icondi By Clement 1,259 total views, 1,259 views today
View Article#indundi Music|Tugumane Nawe By Aimable Tayaya
Tugumane Nawe By Aimable Tayaya 1,263 total views, 1,263 views today
View Article#indundi Weekly Music | Top5 Week 4
1.Woman By Sat B | Download: 696 | View :2189 2.Nkumbuyuburundi By Lion Story | Download: 663 | View :7911 3.Kanda Bouton By Sat B | Download: 575 | View :3666 4.Kubera ukunda By Rally Joe | Download:...
View Article#indundi | Ukuri ku nda bivurwa ko Emery Sun yoba yateye Milky Minaj
Ibivurwa ko umwigeme Milky Lucky Minaj yoba yibungenze umwana wa Emery Sun ngo n’ububeshi, ngo bishobora kuba ari ukuboko kwinyegeje inyuma y’ukutumvikana hagati ya Emery Sun na Sat-b, kuriko kubikora....
View Article#indundi | Melki, uwundi muririmvyi ariko amenyekanisha Uburundi mu makungu
Melki nawe agiye kuja mu gitigiri c’abarundi bamenyekanisha umuziki ndundi mu mahanga kuva akoranye indirimbo na mugenziwe TID wo mu gihugu kibanyi ca Tanzania. Inyuma y’umuririmvyi Lolilo...
View Article#indundi Music|Mbabarira By Man Deblo& All Saint ,Gaga Blue
Mbabarira By Man Deblo& All Saint ,Gaga Blue 1,052 total views, 1,052 views today
View Article#indundi Music|Mpfumbatira By Andy Mwag
Mpfumbatira By Andy Mwag 667 total views, 667 views today
View Article#indundi | Uwo niwe Mkombozi yita Umwicanyi
Mkombozi mu karirimbo kiwe gashasha “IBAZE_NAWE agaruka ku buzima bwa bamwe barimwo aba Pastor; hamwe n’abakobwa bakorora amada aho we abita abicanyi. Muri iyo ndirimbo yiwe haranumwikanamwo amajambo...
View Article#indundi | Sat-b aravuga icatumye bamugirako ibitero agarutse i Bujumbura
Umuzo wa Sat-b i Bujumbura, woba wafashije benshi ngo bikunde bashobore kuduza amazina yabo, nayo ibitero bamugizeko ngo ntiyari kuvyihanganira kuko bari bafatiye ahababaza, ku muvyeyi wiwe hamwe...
View Article#indundi | Black G agiye gusubira gukorana na Smart Burundi
Ishirahamwe Smart Burundi, ryemeye kandi gusubira gukorana Ku mwaka wa kabiri wikurikiranya n’umuririmvyi Black g nk’umu Ambassador w’iryo shirahamwe. Naho hataramenyekana igiciro c’amafaranga...
View Article#indundi | Umurwi B4T uravuga ku migambi ufise muri uno mwaka wa 2017
Ibikorwa vy’umurwi B4T birahabwa abamenyeshamakuru naho abantu batavyumva cane, ariko bavuga ko bagiye gusubira gushiramwo inguvu ngo bakorane n’abamenyeshamakuru cane uno mwaka barabe ko ahro...
View Article#indundi | Rwanda | Yiyamirijwe na Benshi kubera inyambaro ziwe
Uko bukeye, bamwe mu banyarwandakazi babandanya batesha agaciro umuco wabo naho aba na bariya baguma babitera ivyatsi. Uwuheruka akaba ari umuririmvyikazi Priscilla aheruka gushira ahabona ifoto...
View Article#indundi | USA | Ukundi kuri kuvurwa ku rupfu rwa Michael Jackson
Paris Jackson Umwana wa Nyakwigendera Michael Jackson yemeza ko se atapfuye Ku gihamana ahubwo ko yagandaguwe kandi babanje kubitegura. Nayo ababiteguye akaba ariko arondera kubashira imbere...
View Article#indundi | Izi nizo Mvo zatumye indirimbo “Mbabarira” ya Mand, All Saint na...
Akaririmbo Mbabarira, kaje kugira kabashe kwerekana ko Mand na Gaga Blue bataririmba co kimwe, nayo All saint ngo yagomwe uburyo aririmbamwo. Akaririmbo gashasha Mbabarira nak’abaririmvyi Gaga Blue,...
View Article#indundi | Kidum buca yerekeza i Kigali
Nimbona Jean Pierre agiye gukubitira i Kigali inyuma y’ibiteramo bitari bike akoreye aha iwacu. Amakuru dukesha bamwe mu begereye umuririmvyi Kidum Kibido kibuganiro, nuko ashobora gushika i Kigali...
View Article#indundi | USA | Uguhitamwo kwa Drake Hagati ya J. Lopez n’Umwigeme akina...
Amakenga ni yose kuri Drake kuko ashobora gutwarwa umutima kuko ashobora gutwraa umutima n’umukobwa akina ama Film y’urukozasoni agaheba Jenifer Lopez bari bagize imisi barikumwe mu rukundo. Mu gihe...
View Article#indundi | Kebby ukumenyekanisha Uburundi mu mahanga yabigize icivugo
Inyuma y’ugukora amasanamu y’indirimbo Sinari Lawama agakorwa Ku rwego mpuzamakungu, Kebby ageze kwerekanwa mu bice bitandukanye vya Africa. Uko imisi ihera niko abantu nabona umuziki ndundi...
View Article#indundi | Gn yakoze amasanamu yamutwaye amafaranga menshi gose
Gn yakoze amasanamu harimwo amashusho y’amacapano ariko vyanutwaye amafaranga Atari make. Uko imisi ihera Niko haboneka abahinga mu barundi bashobora gukora vyiza cane mu mwuga wo gukora udushusho...
View Article#indundi | Divine Mugisha muri Norvege arabica bigacika mu binyamakuru
Ikinyamakuru co mu gihugu ca Norvege canditse Ku muririmvyikazi Divine Mugisha aho bavuze Ku imigambi afise hamwe n’ibijanye n’amasanamu y’indirimbo aheruka gusohora. Uko imisi ihera niko abarundi...
View Article