#indundi | Rubanza Jay na Blandine bagiye gusohora akaririmbo kishimwe
Rubanza Jay yaririmbanye n’umugore wiwe akaririmbo bise “Nzama Nshima” mu ntumbero yo gushimira Imana uko yababaye hagufi mu myaka ine bamaranye. Akaririmbo “Nzama nshima” niko karirimbo ka mbere...
View Article#indundi | Aba Dj basaba guhugurwa muri uwo mwuga, nabo bagasabwa kuvuza cane...
Ishirahamwe ry’aba DJ ryarashizwe ahabona n’icegera c’umukuru w’igihugu Gaston Sindimwo. Aba Dj basaba guhugurwa muri uwo mwuga, nabo bagasabwa kuvuza cane umuziki ndundi Ku musi w’ejo igenekerezo rya...
View Article#indundi Music|Nimeguchaguwa By Papa Fololo Ft Channy Quenn ,Lessi, Marveill...
Nimeguchaguwa By Papa Fololo Ft Channy Quenn ,Lessi, Marveill &Anicet Magreyo 512 total views, 512 views today
View Article#indundi Music|Kanda Bouton By Sat B
Kanda Bouton By Sat B 461 total views, 461 views today
View Article#indundi | Dj Pro yemeye indirimbo ariko yimana akazina canke ubutumwa buzoba...
Dj Pro Yemeye akaririmbo muri kuno kwezi ariko ntiyashikiriza yaba akazina canke ubutumwa buzoba buri muri iyo ndirimbo yiwe nshasha. Inyuma y’ukugaruka I Bujumbura umuririmvyi Dj Pro Nigger...
View Article#indundi | Masterland yahinduye uburyo azokora muri uno mwaka wa 2017
Masterland yahinduye gahunda ava ku ndirimbo zibiri ku mwaka asimbira kuri ndwi mu mwaka wa 2017, akavuga ko ari ukubera ashima guheraheza indirimbo yaramaranye igihe kitari gito noneho zikaja mu...
View Article#indundi | Uwurondera urwanko hagati ya Big Fariouz na Sat-b we ntabuze
Naho avomera mu kiva, akazi k’ukurondera ugucanishamwo abaririmvyi Big Fariouz na Sat-b vyo birabandanya ukuri kwamye biciye ku rubuga rwa facebook rw’umurwi Wanajeshi Kamili. Uwurondera urwanko mu...
View Article#indundi | Rwanda | Knowless na Clement bari mu karuhuko mu bwongereza
Clement n’umutambukanyi wiwe Knowless Umuririmvyikazi w’umunyarwanda, bafashe akaruhuko baja Ku mugabane wa Buraya gushika mu mpera z’ukwezi kwa mbere . Inyuma y’ukwibaruka Umwana wiwe w’imfura,...
View Article#indundi Weekly Music | Top5 Week 3
1.Ntundekure By Masterland | Download: 741 | View :4892 2.Nkumbuyuburundi By Lion Story | Download: 527 | View :7254 3.Kubera ukunda By Rally Joe | Download: 450 | View :6360 4.Intambara – Willy...
View Article#indundi | Umukama yakinze R Flow aracari muzima
Igisida c’imoto camusize aracari muzima kandi aradora, uwo ni R Flow aho uno musi wa kane yagize igisida agiye kwisukisha. Umukama yakinze kuko aracari muzima. Uwo tuvuga s’uyundi ni umuririmvyi...
View Article#indundi | Kidum yasubiye muri Kenya muri kano gatondo
Nimbona JeanPierre benshi bazi nka Kidum inyuma y’imisi itari mike yaramaze i Bujumbura, yahavuye asubira mu gihugu ca Kenya aho asanzwe ariko akorera ibikorwa misi yose bijanye n’umuziki. Isaha zitatu...
View Article#indundi | Akandi karirimbo ka 19th yise “Stereo” kamaze gusohoka
Akaririmbo Stereo niko kashizwe ahabona na 19th inyuma y’imyaka ine yose akanditse ariko atari bwagashire ku mugaragaro. Mu bubiko bwiwe ngo afise indirimbo zitari nke atarasohora. 19th umwe mu...
View Article#indundi | N’abandi bararonka ku mihezagiro ihabwa Spok’s
Isanganiro Awards yagarukanye Spok’s mu muziki none nawe ariko ashigikira umuhinyanyuzi mushasha w’umurundi akorera muri Kenya ngo ibikorwa vyiwe bimenyekane. Ihiganwa Isanganiro Awards niryo...
View Article#indundi | DJ Pro yagize ico avuga ku bamuvuze aho yari mu mahanga
Akaririmbo Dj pro yari yemereye abakunzi b’umuziki wiwe kamaze gusohoka, ako nako kakaba kavuga ku bamuvuze aho yari mu mahanga hamwe n’uko we abifata. Nimerudi Nyumbani niko karirimbo gashasha...
View Article#indundi | Hamenyekanye igituma Emery Sun yahakanye ko atazi Sat-b
Emery Sun yoba atazi Sat-b ngo kubera yoba ataririmba canke ngo yandike neza, eka mbere canke ngo abe yarize amashure menshi. Ivyo bishitse sat-b yaheruka kumubwira mu Ndirimbo Show time ko ariwe...
View Article#indundi | Ikibanza c’umuvumvyi nticari nk’ic’umutumire mu Rubanza
Umuvumvyi ntiyari umuntu nk’uwundi mu rubanza, ntiyafatwa co kimwe n’abandi kandi nawe ntiyifata nk’abatumire. Kuvumba n’ukuja kunywa inzoga ku rubanza udafise Ubutumire. Umurundi yimirije urubanza...
View Article#indundi | Diamond yishimira uko aguma atera intambwe Haba mu bikorwa co...
Diamond naba Manager biwe co kimwe n’umurwi wose wa WCB bariko bigina ama miliyoni yandi buca bashira mu mufuko kubera amasezerano baheruka gushirako umukono. Mu gihe muri leta zunze ubumwe za Amerika...
View Article#indundi | Big Fariouz yagarukanye Instagram yiwe ya Kera
Big Fizzo yaronse uburyo bwo gusubira gukoresha Instagram yiwe ya kera, inyuma y’igihe kirekire idakora. Abakurikirana Big Fariouz Ku rubuga rwa Instagram ngo ni bagaruke kuri Instagram yiwe ya Kera...
View Article#indundi | Zoe saint Regis yavuze icatumye aheba akazi yahora akora
Zoe Saint Régis akazi yagahevye kugira aje mu bindi. Abashaka kumenya vyinshi ngo nibarindire bibanze vyame muzovyibonere. Mu kiganiro Hit News, umuririmvyi Zoe Saint Régis yamenyesheje ko atahevye...
View Article#indundi | Alikiba agiye gusohora akaririmbo katazoteguza
Official Rmx y’indirimbo Aje ya Alikiba ngo igiye gusohoka kandi ntizoteguza kuko ibonetse izoca isohorwa ubwo nyene. Indirimbo Aje y’umuririmvyi Alikiba, ngo igiye gukorerwa Official Rmx nkuko Seven...
View Article