Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | Spok’s yasohoye amasanamu y’akarorero

  Indirimbo Celibataire ya Spok’s yamaze gushirwa ahabona. Iyo ndirimbo ikaba yashizwe ahabona Ku musi wa mungu mw’ijoro igenekerezo rya 8 nzero. Iyo ndirimbo ikaba ibonekamwo amashusho atandukanye...

View Article


#indundi Weekly Music | Top5 Week 2

1.Diblos2 By Bizos | Download: 642 | View :3492 2.Kebby Boy – Sina Lawama | Download: 414 | View :5724 3.Nkinisha By Super Boy Ft Masterland | Download: 322 | View :1494 4.Uranduhura By Chanella Ft...

View Article


#indundi |  Sat-b na Papa Fololo bariko barakorana indirimbo nshasha

  Sat-b buca ashira ahabona akaririmbo gashasha yafashije mugenziwe asanzwe abarizwa muri Canada ariwe Omar bakunze kwitwa Papa Fololo. Inyuma y’ugusubira I Bujumbura, umuririmvyi Sat-b abandanya akora...

View Article

#indundi | Umurwi Lion Story uragira ico Uvuga Ku ndirimbo buca basohora

  Mu kiganiro Umurwi Lion Story wahaye imboneshakure Tele Renaissance bavuga ko bariko baritegura gushira ahabona uturirimbo twabo dushasha turimwo n’utuzoba turi mu congereza. Uwo murwi userukiwe...

View Article

#indundi | Willy Leonard yaririmvye ku butumwa buhagaze Ku kibaza cabajijwe...

  Inyuma y’ukuvuga ku butumwa bwahawe umwami Nebukadineza, Willy Leonard yagarutse Ku kibazo cabajijwe umwami Yezu n’abigishwa biwe. Inyuma y’imyaka itatu umuririmvyi w’umurundi Leonard Niyomwungere...

View Article


#indundi | Abategura ibiteramo ngo ntibarabe irarirari abasanzwe batamba kuko...

Abatamvyi nkuko tubimenyereye mu mahanga s’ikirenga ngaha I Burundi Iwacu. Ariko bake bahari barabasha kugerageza guteza imbere ibikorwa vyabo. Twahavuye twegera umwe mu muri iyo mirwi witwa KOD(Key of...

View Article

#indundi | Ukuri ku Mpuzu imwe bivurwa ko Dr. Claude agumamwo 

Inyuma yaho abatari bake bibajirije nimba umuririmvyi Doctor Claude uno mhsi abarizwa I Bujumbura mu biteramo yoba yazanye impuzu imwe kuko babona adahindura, insamirizi Radio 10 y’i Bujumbura...

View Article

#indundi Music|Kubera ukunda By Rally Joe

Kubera ukunda By Rally Joe 1,189 total views, 1,189 views today

View Article


#indundi Music|Nkumbuyuburundi By Lion Story

Nkumbuyuburundi By Lion Story 1,227 total views, 1,227 views today

View Article


#indundi | Kidum buca arangiza uruhererekane rw’ibiteramo yarafise I Burundi

  Kidum agiye kurangiriza uruhererekane rw’ibiteramo yarafise I Burundi mu ntara ya Buganda.   Uruhererekane rw’ibiteramo kidum ariko arakora I Burundi birabandanya ukuri kwamye. Inyuma yahoo aviriye...

View Article

#indundi | Iki nico Sat-b yavuze gituma atagisubira gukorana n’uwundi mu...

  Kubera amafaranga aca mu minwe ya benshi akamushikira ari make, Sat-b yamenyesheje ko atagisubira gukorana n’uwundi mu Agent n’umwe ahubwo ibintu vyiwe bigiye gukorwa nawe nyene ubwiwe. Sat-b...

View Article

#indundi | Mirror Team bagiye gusohora akandi inyuma ya “Ndoroshe”...

  Akaririmbo katabashije kumenyekana Ubutumwa buzoba burimwo niko karirimbo k’umurwi Mirroe Team kariko gakorwa na Yves Kolly mu nzu y’ubuhinyanyuzi Ikoh Muzik.   Akandi karirimbo gashasha k’umurwi...

View Article

#indundi | Koffi yoba yapfuye canke?

  Urukurukuru rwakwijwe hirya no hino ko uumuririmvyi Koffi Olomide yoba yasandabiye muri Cameroun aho yari yagiye mu giteramo yari yateguriwe kuri uyu wa 12 nzero. Inyuma y’ugukora ibiteramo...

View Article


#indundi | Kenya | Diamond yoba yahawe amafaranga angana n’imiliyoni 2...

  Umuririmvyi  w’umugore wo mu gihugu ca Kenya “AKothee” yagize ico avuga ku mafaranga angana imiliyoni   48 z’amafaranga y’amarundi bivurwa ko yahaye umuririmvyi Diamond Platnumz ngo babashe gukorana...

View Article

#indundi | King Moses, B Face na Thyti Love bariko barakorana indirimbo

Akaririmbo gashasha kariko karakorwa hagati y’umuririmvyi Moses abarizwa Ku mugabane wa Amerika hamwe na bagenziwe B Face hamwe na Thyti Love bakunze kwita muri into misi “LA Trop Top”. Ako karirimbo...

View Article


#indundi | Miss Erica agarukanye inguvu nyinshi mu muziki ndundi

Inyuma yaho umuririmvyikazi Erica Irakoze abenshi bazi nka Miss Erica agarukiye mu mwuga w’umuziki amaze igihe atakimuvurwako, Uwo mwigeme yahavuye ashira ahabona akaririmbo ka mbere kiwe kakozwe...

View Article

#indundi | Iki nico gituma Iry Tina yahinduye inyambaro

Inyuma yugushira ahabona amafoto yiwe ari Ku mazi aho yari yambaye uduhuzu two musi, umuririmvyikazi akaba n’umuvyeyi Iry Tina yasubiriye kandi kwambara utundi duhuzu twatangaje abatari bake. Abatari...

View Article


#indundi | Tz | Iki nico gituma ata muririmvyi yarakwiye kuririmbana n’abazwi...

    Vanessa Mdee avuga  ko  abaririmvyi b’aba Tanzania bari bakwiye kugira bwenge mu bikorwa vyabo. Umuririmvyi w’umunya Tanzania Vanessa Mdee yagize ico avuga ku gituma atabasha gukorana indirimbo...

View Article

#indundi | Akaririmbo “Sumba zose” niko kagiye gushirwa ahabona na...

Akaririmbo “Sumba zose” niko kagiye gushirwa ahabona n’abariririmvyi Kingorongoro na Sat-b mu misi mikeya cane, binakunze hakazoca hakorwa n’amasanamu yayo. Indirimbo nshasha hagati y’umuririmvyi...

View Article

#indundi | Tz | Jacqueline Wolper asaba kudasubira kubabarizwa umutima wiwe

Naho abatari bake bemeza ko Harmonize na Jacqueline Wolper bakirikumwe mu rukundo, uwo mwigeme we asaba ababivuga ko bohagarika kubandanya babaza umutima wiwe kuko ubwo ari ububeshi. Jacqueline Wolper...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live