Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | Jiji Seven yabigize ibanga ngo bizomenyekana Hageze

Inyuma y’umwaka urangiye wa 2016, abaririmvyi batari bake barahawe ijambo mu kiganiro Indundi Hit show ngo babashe kugira ico bashikirije kuco biteze gukora muri uno mwaka hamwe n’ivyo bakoze mu mwaka...

View Article


#indundi | Indirimbo Die for You irimwo Big Fizzo yamaze gusohoka

Indirimbo Die for You y’umuririmvyi Amore yakoranye na Mugenziwe Big Fariouz yamaze gushirwa ahabona aho yaririndiriwe n’abatari bake baba abarundi co kimwe n’abanyarwanda. Ako karirimbo kakaba kari...

View Article


#indundi | Iki nico Umuririmvyi Mkombozi ashaka kuzokorera Uburundi muri uno...

Mkombozi uno mwaka yawuhariye kurondera ko Uburundi bwobonwa neza mu makungu, akazoba afadikanije n’Imana nkuko abivuga. Umuririmvyi Mkombozi yashikirije ku rubuga rwiwe rwa facebook ko uyu mwaka...

View Article

#indundi | USA | Yamwise Izina ryatangaje benshi

  Ku myaka mirongo itanu, umuririmvyikazi Janet Jackson yise umwana wiwe w’imfura YEZU mu carabu.  Inyuma y’imyaka itanu umuririmvyikazi Janet Jackson mushiki wa Michael Jackson agize ubugeni, yahavuye...

View Article

#indundi | USA | Kim Kardashian aguma yemeza ko agiye kuvana na Kanye WEST

  Kim Kardashian yarakumbuwe n’abakunzi biwe ku rubuga rwa Instagram, inyuma y’amasaha 18 gusa ashizeko ishusho nshasha yakunzwe n’imiliyoni 3. Urukurukuru rwari rihari ko icamamare Kim Kardashian yoba...

View Article


#indundi Weekly Music | Top5 Week 1

1.Diblos2 By Bizos | Download: 510 | View :2924 2.Are U Ready By Skrim Tune Jam Ft Gn | Download: 500 | View :3262 3.Kebby Boy – Sina Lawama | Download: 349 | View :5251 4.Kayengayenge By Desire P |...

View Article

#indundi | Uku niko Chany Queen yari yiteguriye igaruka ryiwe mu muziki

Mu gihe umuririmvyikazi Chany Quuen ataheruka kuboneka ku rubuga rw’umuziki I Burundi, uwo muririmvyikazi yasubiriye kuboneka mu Biteramo bitandukanye burimwo ico aheruka kuririmbamwo kuri Black and...

View Article

#indundi | Iki nico kivurwa ku ndirimbo Emery Sun ariko akorana na McMello Mc...

  Indirimbo  Emery Sun yafashijemwo umuririmvyi w’umurundi  McMello Mclove ngo izokundwa cane nkuko abamaze kuyumva bamaze kuvyemeza. Inyuma y’ukumara imisi ari I Bujumbura mu karuhuko kandi...

View Article


#indundi | Ashley Diva aravuga ku bucuti buri hagati yiwe n’umuhungu aboneka...

  Ashley Diva ntiyemera ko ari umukunzi wiwe umusore aheruka kuboneka ku rubuga rwiwe rwa instagram naho umengo bari mu bihe vyiza cane. Ashley nteyemera ko uwo musore aheruka kuboneka ku rubuga rwiwe...

View Article


#indundi | Rwanda | Ayo majambo Charly na Nina bayabwiye abasore ashobora...

  Akaririmbo Face to face karirimbwe n’umurwi Charly na Nina karimwo amajambo akomeye yotesha umurongo umusore ayabwiwe.   Inyuma y’akaririmbo Owooma bakoranye n’umugande, umurwi w’abaririmvyikazi...

View Article

#indundi | Iyi Niyo Mpamvu Iry Tina abona ko hakiri Impamvu yo gushima Imana

  Iry Tina abona ko kuba umuntu akiri muzima ngo nayo ari impamvu nyayo yo gushima Imana. Umuririmvyikazi Iry tina avuga ko hakiriho impamvu yo gushima iteka uko biri kwose, ivyo akaba yabishikirije Ku...

View Article

#indundi | Dj Pro akababaro ni kose kubera ivyo yakorewe

  Dj Pro asaba amicale guhagurukira ikibazo c’abategura ibiteramo bagashirako abantu batabanje kubibamenyesha. Inyuma y’ukuganuka avuye kwa Jacob Zuma yatanguye guhura n’ibigeragezo I Bujumbura. Dj Pro...

View Article

#indundi | Nick Minaj yaraye akoreye akayobera umukunzi wiwe Meek Mill

  Ubu aho umwe hagati ya Nick Minaj na Meek Mill aciye uwundi Ashobora kuhaturira. Ubu ngo umuryango wugururiye bose, ico caraye gishikirijwe na Nick Minaj Ku muhora wiwe wa Twitter  aho yemeza...

View Article


#indundi | Aba nibo Cedric Bangy yafatiye mu rwara ku musi wa kane

  Indirimbo za Cedric Bangy ngo zibandanya zigurwa kuko mu mwaka agezemwo ukwitabira ibiteramo atabishira imbere kuko ngw’abinjira batanga ubusabusa. Uwushaka kumufasha mu muziki wiwe ngo n’uwumugurira...

View Article

#indundi | Agace k’amasanamu y’indirimbo Celibataire ya Spok’s kamaze gusohoka 

  Inyuma ya Nzobiki muri Kazoza yo mu mwaka wa  2014, indirimbo Celibataire nayo igiye gusohorerwa amasanamu. Mu gihe yaheruka  gushikiriza ko mu misi mikeya amasanamu y’indirimbo Celibataire azoshirwa...

View Article


#indundi Music | Intambara – Willy Leonard

5,419 total views, 5,116 views today

View Article

#indundi | Hamenyekanye ico Masterland yijeje uyo mwigeme

  Kuva muri Sinzohinduka ugakebereza muri Mutima, Masterland yasubiriye kandi ngo Ntundekure aho asaba umwigeme kumuhora hagufi ntamusige. Kuva mu gahinda kari kugarije umutima wiwe mu karirimbo...

View Article


#indundi | foto za Kidum ari ku mashuha

Inyuma y’igiteramo Kidum yakoreye mu gisagara ca Rumonge, yahavuye ashima kubanza kwanza gukubitira Ku mashuha imbere yuko asubira I Bujumbura aho afise ibindi biteramo azokora Muri uwo mwanya wiwe wo...

View Article

#indundi Music|Intambara – Willy Leonard

Intambara - Willy Leonard 904 total views, 26 views today

View Article

#indundi Music|Ntundekure By Masterland

Ntundekure By Masterland 1,030 total views, 28 views today

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live