Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | Mt Number one yazanye Akagadege (Drone) gafata amasanamu muri...

Mt Number one yamenyesheje ko bimwe mu vyamushikanye I Burundi muri kino gihe ari ukwagura inzu yiwe y’ubuhinyanyuzi Indonyi Records aho ubu azanye akadege(Drone) gafata amasanamu. Mu kiganiro yatanze...

View Article


#indundi Weekly Music | Top5 week 14

1.African Girl by Sat-b (3759) 2.Utuyoga by Chonge ft Dogg bee 3.Dear mama by Wawa 4.Ma Love by Best Life 5.Na bado by Gaga blue(212) 3,590 total views, 329 views today

View Article


#indundi | Paci ariko arakora ibikorwa bishasha

Inyuma y’igihe kitari gito adasohora indirimbo nimwe Pacifique Nzitonda benshi bazi nka Paci ngo ariko arakora indirimbo nshasha mu bubirigi iyari muri kino gihe. Hagati y’umuziki n’ugukora ireresi ngo...

View Article

#indundi | Gaga Blue ariko akorana indirimbo na Natacha

Indirimbo hagati ha Natacha na Gaga Blue ngo yoba iriko irakorwa naho hataramenyekana ubutumwa buzoba burimwo. Mu kiganiro giheruka ca Indundi Hit Ku nsamirizi Indundi, umumenyeshamakuru Lee marvin...

View Article

#indundi | Amasanamu y’indirimbo Chamkorobatti yatanguye kuboneka ukwazosa

Amashusho abonekako umuririmvyi Mt Number one  hirya no hino ku mbuga za Facebook, Instagram n’izindi yoba ari isanamu ry’indirimbo Chamkorobatti yaheze. Amasanamu atandukanye ariko arazunguruka hirya...

View Article


#indundi | Natacha yashigikiwe ku nyambaro asa n’uwuri gusa

Natacha yashigikiwe mu nyambaro yiwe iboneka umengo yambaye ubusa mu gihe Ashley yasa n’uwatewe ivyatsi. Ngendabanka Natacha yasubiye kuboneka Ku mbuga ngurukanabumenyi asa n’uwuri gusa yambaye uduhuzu...

View Article

#indundi New Audio|My Game By Afisa Raj B

My Game By Afisa Raj B 1,298 total views, 356 views today

View Article

#indundi New Audio|Namba Moja by Jackson ft Don Ingabire

Namba Moja by Jackson ft Don Ingabire 1,884 total views, 592 views today

View Article


#indundi New Audio|Bonane By All Stars Burundi

Bonane By All Stars Burundi 1,887 total views, 647 views today

View Article


#indundi New Audio|Semibira By Akes Don

[audio_id 231000]   4,064 total views, 1,513 views today

View Article

#indundi| Indirimbo nshasha ya Masodja yasohotse

Iyindi ndirimbo nshasha y’umurwi Masodjja yasohotse, iyo ikaba yitwa Kanyukure. Iyo ndirimbo ikaba isohotse inyuma y’imisi badashira ahabona indirimbo. Iyo ndirimbo isohotse bariko baranakora udukorwa...

View Article

#indundi | Cedric Bangy buca akorera igiteramo i Kigali

Cedric Bangy ariko yitegurira gukora igiteramo I Kigali muri Serena Hotel ngo ashire  Ku mugaragaro urukurikirane yakoreye muri ico Gisagara. Urukurikirane rwa Cedric Bangy rwakorewe mu Rwanda ngo...

View Article

#indundi | Young PDK yamaze gushika i Burundi

Young PDK yamaze gushika I Burundi, akaba yerekanye amashusho ageze mu rumonge Ku musi w’ejo. Inyuma y’imisi umuhinyanyuzi Young PDK ari mu gihugu ca Tanzania, aheruka gushira Ku rubuga rwa Facebook...

View Article


#indundi | Indirimbo nshasha ya Yvan Muziki isigaye mu minwe ya Pastor P

Amaboko ya Pastor P ngo niyo asigaje guheza indirimbo nshasha y’umuririmvyi Yvan Muziki. Yvan Muziki mu bubirigi ngo ibikorwa bijanye n’ugukora indirimbo nshasha ngo vyarangiye hasigaye umuhinyanyuzi...

View Article

#indundi | Riziki mu Biteramo bitandukanye Ku mugabane wa Buraya

Riziki agiye kunguruka amezi atandukanye ibisagara bitandukanye vyo ku mugabane wa Buraya akora ibiteramo bitandukanye. Riziki uwinyota ubu abarizwa mu bubirigi ngo ariko akora biteramo bitandukanye...

View Article


#indundi | Sat-b i Kampala mu giteramo agirako akora amasanamu ya African Girl

Sat-b agiye gukora igiteramo I Kampala agirako akora n’amasanamu y’indirimbo yiwe nshasha African Girl.  Abaririmvyi batari bake b’Abarundi hagiye guhurira mu bugande muri kuno kwezi kwa Kane, abo...

View Article

#indundi | Big Fizzo yashitse i Kampala

Mugani Desire benshi bazi nka Fariouz yamaze gushika I Kampala mu Bugande aho azokora igiteramo kuri uyu wa gatanu igenekerezo 15 ndamukiza. Aho yashika ku kibuga c’indege Mugani yakiriwe nk’umwami aho...

View Article


#indundi | Ah’umwe aciye uwundi yohakubita hagati ya Lolilo na Peter Niyo

Hagati ya Lolilo na Peter NIYO ziraka, ubu ntawuyaga neza n’uwundi kuko n’ibitutsi bijamwo. Ivyo bakaba bivuye Ku ndirimbo nshasha umwe wese yikwegerako anashikiriza n’ivyemezo. Amakuru dukesha...

View Article

#indundi New Music|Semibira By Akes Don

Semibira By Akes Don 454 total views, no views today

View Article

#indundi New Music|Show Me The Way By Fine Boy

Show Me The Way By Fine Boy 1,046 total views, 235 views today

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live