#indundi | Amasanamu y’indirimbo “Fanya Unainama” yaririmbwemwo T Max yamaze...
Indirimbo Fanya Unainama y’umuririmvyi Z Black braah bafadikanije na mugenziwe T Max yamaze gushirwa ahabona nkuko vyabonetse kur rubuga rwa Youtube rw’umwe muri abo baririmvyi. Iyo ndirimbo ikaba...
View Article#indundi | Sat-b yaravuze icotuma atabasha gucutsa umutima ngo atwara umuziki...
Sat-b mu kiganiro yatanze agishika I Bujumbura yaragarutse ku cokorwa ngo yumve ko yashitse kandi atosubira kwunguruza umuziki wiwe. Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru ku musi ‘ejo umuririmvyi Sat-b...
View Article#indundi Weekly Music | Top5 Week 51
1.Nibukebuke By Masodja Ft Elvis Maponzi | Download: 519 | View :3288 2.Ni Wewe By Shaggy Star Ft Robbiaz King | Download: 479 | View :1016 3.Kinzunguzungu By Akes Don Ft Happy Famba | Download: 224 |...
View Article#indundi | Tz | Diamond yamenye ibanga kuvyariko arakora n’ivyo yimirije gukora
Diamond kamucorotse amena ibanga mu gihe yariko aganira n’umumenyeshamakuru mu giteramo baheruka gukora ku nweri ku bikora agiye gukorera mu gihugu ca Amerika. Mu gihe umuririmvyi diamond Platnumz...
View Article#indundi | Kidum yakoze igiteramo ca Gusa I Gitega, abantu bangana n’umusenyi...
Igiteramo umuririmvyi Kidum yaheruka gukorera mu gisagara ca Gitega ngo cakozwe ku buntu mu gihe vyari vyateguwe ko ukwinjira ari 2000 fbu. Ivyo ngo vyoba vyaturutse ko uwo muririmvyi yasanze igiteramo...
View Article#indundi | Umukama yakinze ukuboko Mt Number one aracari muzima
Mu gitondo co kuri uyu wa 30 Kigarama niho umuririmvyi w’umurundi Mt Number one abarizwa ku mugabane wa Amerika yagongwa ariko ntiyagira icaba uretse imodoka yiwe nshasha yagize yahasigaye. Inyuma yaho...
View Article#indundi |“Muhira” niko karirimbo gashasha buca gashirwa ahabona
Gerald, umuririmvyi w’umurundi ari ku mugabane wa Amerika arangije umwaka yerekana ko hari ico ariko arashaka gushira ahabona mu ntango z’umwaka wa 2017. Uno mwaka wa 2016 buca urangira neza ku...
View Article#indundi | lolilo nawe yashize irindi harama ku mubiri wiwe
Inyuma y’ukubonana Lolilo, yaba ama Dred, tatouage hamwe n’amahereni ku matwi, Lolilo yashizeko akandi kabirya ku mubiri wiwe. Mu gihe abatari bake babonye umuririmvi Lolilo ashira ahabona amashusho...
View Article#indundi | Hekenya band na Frank G80 basavye abakiri bato kurya Ubuto kuko...
Romeo na bagenziwe bari muri hekenya Band bafatanije na Franck G80 ntibihanganye, basavye abakiri bato kurya ubuto kuko bakiri bato ariko kandi bakibuka gukoresha inguvu zabo kuko hari vyinshi bikora...
View Article#indundi | Iyi niyo Video Mt Number one, Gn Nephew na Eddy Jay batanguranye...
Inyuma yahoo tubamenyeshereje ko indirimbo nshasha y’umuririmvyi Mt Number one buca ija ahabona, Uno musi wa mungu igenekerezo rya 1 nzero 2017 yahavuye ija ahabona nkuko yari yarishikirije aho...
View Article#indundi | Iki Nico Big Fariouz yipfurije abamukurikirana
Big Fizzo nawe ntiyatanzwe kwipfuriza umwaka mushasha mwiza abamukurikirana ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Mu mwambaro w’impuzu zera, ikofero risa n’ivu yambaranye n’indorerwamwo zibonerana...
View Article#indundi | Vera Sidiki yasobanuye icatumye yambara uko yari yambaye mu...
Vera sidiki ntiyariye umunwa mu kuvuga icatumye yambaye uduhuzu two musi(BIKINI) ku musi w’igiteramo yari yatumiwemwo na WASAFI ku Noeli, eka yaranasobanuye igituma yahisemwo n’amabara y’iyo BIKINI...
View Article#indundi | Kidum yaraye akoze ibitari bwakorwe kuri Lacosta Beach
Kuva ikibanza Lacosta Beach cugururwa ngo Kidum arikumwe n’abana biwe, 3hills, Dr Claude nibo bambere bakoze ivyaraye bibaye muri ico kibanza gikunze kuberamwo ibiteramo. Muri ico giteramo cabaye kuri...
View Article#indundi | Kigali | The Ben yobanza gusubira kutaboneka imyaka itanu kugira...
Umwe mu bamenyeshamakuru bakorera ikinyamakuru Ibyamamare co mu gihugu c’Urwanda yamenyesheje ko ivyo The Ben yakoze mu giteramo ciwe yari yateguriwe kuri uyu wa mbere Nzero ngo ari ibisanzwe kuko...
View Article#indundi | USA | Iki nico caraye Kibaye kuri Drake na Jeniffer Lopez...
Mu gihe hari hageze imisi itari mike havurwa urukurukuru ko umuririmvyi Drake hamwe n’umuririmvyikazi Jeniffer Lopez bari mu Rukundo. Uwo muririmvyikazi yakoze I bitari bwakorwe atera ibibazo abatari...
View Article#indundi Music|Sensual Connection By Stikk ,Lacia &Miss Erica
Sensual Connection By Stikk ,Lacia &Miss Erica 456 total views, 456 views today
View Article#indundi Music|Kwirina By Amahunja Muzik Ft Irimbo Vocals
Kwirina By Amahunja Muzik Ft Irimbo Vocals 455 total views, 455 views today
View Article#indundi | Tz | Iki nico gituma Lady Jaydee yahisemwo uyu musore mubandi bose
Mu kiganiro Lady Jayde yakoranye n’insamirizi Citizen mu kiganiro Mambo Mseto gikoreshwa n’umumenyeshamakuru M.William Tuva yavuze ico akundira umukunzi wiwe mushasha asigaye afise inyuma y’igihe...
View Article