#indundi | TZ | Diamond na Alikiba boba bagiye kwumvikana kubera mwene nyina...
Bamwe babona ko Alikiba na Diamond boba bagiye kwumvikana kubera foto ya Alikiba na Mwene nyina na Zari arikumwe na Alikiba, abandi bakavuga ko Alikiba yishize muri ico kibanza. Hari Imwe muma foto...
View Article#indundi | Ednaky yoba asigaye nawe atwenza abantu biciye mu ma Video
Ama Video aguma ashira ku rubuga rwiwe rwa Facebook ariko arakina atwenza, niyo amwerekana ko ashobora kuba asigaye anakorera muvy’ugutwenza. Umuririmvyikazi Ednakael yoga asigaye ari umwe mu...
View Article#indundi | Akanovera k’umuziki ngo ni ngirakamaro kugira umuziki umenyekane
Mu kiganiro bahaye Indundi TV, Amicale imenyesha ko hari inama bagiye gukorana n’abafasha umuziki ngo barabire hamwe icokorwa ng’umuziki w’Uburundi utere uja Imbere. Ishirahamwe ry’abaririmvyi...
View Article#indundi | Ibi nivyo abakunzi ba Big Fariouz bomwitegako
Indirimbo nshasha zirimwo n’amasanamu zizoshirwa ahabona mu misi ya Vuba nkuko vyashikirijwe na Big Fizzo arikumwe na Manager wiwe mu kiganiro bahaye Indundi radio aho bari muri Phoenix. A photo...
View Article#indundi | Ibi nivyo GLM igiye gukorera Emery Sun na Babbi
Indirimbo Wewe ni Jewe ya Emery Sun igiye gukorerwa amasanamu na Grand Pictures, nayo Hoi ya Babbi na Kidum yabaye indirimbo y’ukwezi kw’icumi na Kabiri. Uburongozi bwa GLM bwemereye gukora amasanamu...
View Article#indundi | Ibintu ntivyari vyoroshe mu Giteramo ca Sat-b I Kigali
Igiteramo umuririmvyi Sat-b yakoreye I Kigali mu Rwanda ngo cari cifashe neza cane nkuko bagenzi bacu bakorera ikinyamakuru Inyarwanda babishikiriza. Muri ico giteramo cabereye ahitwa Suncity mu gave...
View Article#indundi | Akes na Famba babwira abakunzi b’umuziki wabo ko boguma bari hange
Umwanya n’umwanya Indirimbo ya Akes na Hapy famba ngo irashirwa ahabona. Umwanya n’umwanya Indirimbo y’abaririmvyi Akes Don na Happy Famba ngo ishobora gushirwa ahabona. Ivyo vyashikirijwe nabo Bose...
View Article#indundi | Murahawe ikaze muri Dutambe Night imbere yuko umwaka uhera
Ikindi giteramo gihuza abarundi batandukanye basanzwe baba muri Leta zunze ubumwe za amerika camaze gutangura gutegurwa. Ivyo bikaba bibonekera Ku urupapuro ndanga giteramo rwamaze gushirwa ahabona....
View Article#indundi | Kidum agiye gukora uruhererekane rw’ibiteramo I Burundi
Ivyo benshi bavugira mu ntamatama vyamaze kuja ahabona, Kidum agiye gukora uruhererekane rw’ibiteramo I Burundi. Inyuma yaho amenyeshereje ko azoba ari I Bujumbura mu giteramo inyuma y’ivyo akoreye...
View Article#indundi Music|Abantu Ni Babi By Paouson Buramatari
Abantu Ni Babi By Paouson Buramatari 636 total views, 636 views today
View Article#indundi Music|Uniote By Cocoda Ft Rally Benz
Uniote By Cocoda Ft Rally Benz 1,154 total views, 1,154 views today
View Article#indundi Music|Level By 7even &Dj Kolly
Level By 7even Dj Kolly 1,818 total views, 1,818 views today
View Article#indundi Music|Dusare By Emery Joe Ft Spoks
Dusare By Emery Joe Ft Spoks 1,830 total views, 1,830 views today
View Article#indundi | Ibiturire bisabwa ntaco vyamugize Cedric Bangy kuko umuziki wiwe...
Cedric Bangy abona ko ibiturire biri mu bamenyeshamakuru ngo bigiye guhagarikwa n’itegeko riheruka gutorwa na CNC. Mu gihe ngo havurwa ibiturire bitari bike mu bamenyeshamakuru benshi b’abarundi,...
View Article#indundi Music|Nibukebuke By Masodja Ft Elvis Maponzi
Nibukebuke By Masodja Ft Elvis Maponzi 1,292 total views, no views today
View Article#indundi Music|Kinzunguzungu By Akes Don Ft Happy Famba
Kinzunguzungu By Akes Don Ft Happy Famba 2,231 total views, 652 views today
View Article#indundi | Indirimbo Die For you yumvikanamwo Big Fariouz yamaze gukorerwa...
Indirimbo Die for you ya Amore yakoranye na Bi Fariouz niyo igiye gushirwa ahabona inyuma y’iyindi You Got It ya Lambert yakoranye na Big Fariouz nyene. Inyuma yaho hamenyesherejwe ko indirimbo Die...
View Article#indundi | Kidum azoba arikumwe n’abatumire bava mu gihugu c’Urwanda mu...
Mu gihe kidum yaheruka kumenyesha ko Buca ashika iBujumbura mu biteramo bitandukanye, yahejeje kumenyesha ivyo bitera ibibanza bizoberamwo hamwe n’amatariki yavyo, akazoba arikumwe n’abatumire bava...
View Article#indundi | Divine yasohoye amasanamu y’akaririmbo kiwe gashasha yise “Rør meg”
Inyuma y’akaririmbo kahimbaza Imana yasohoye mu mwaka wa 2013, Divine Mugisha yaririmbiye umusore mu kumubwira ngo “Rør meg”. Inyuma y’igihe kitari gito umuririmvyikazi Divine Mugisha asohoye...
View Article