Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi Music|Unstoppable By Big Fizzo

Unstoppable By Big Fizzo 3,418 total views, 702 views today

View Article


#indundi | Inyuma ya lolilo gukorana na Diamond na Alikiba, hashikiriwe Hemed

  Indirimbo Moto ya Lolilo na Hemed niyo igiye kuboneka inyuma y’imyaka yababa ine akoranye indirimbo zibiri na Diamond arizo Najua hamwe na Nkarira, hamwe na Alikiba aho bakoraniye indirimbo bise...

View Article


#indundi | Kugira urunwarunwa ruhere hasabwe ihiganwa hagati ya Mkombozi...

  Kuvuga umuntu akiri muzima ngo ntaco bimaze, ariko iyo ubona ko umurusha ubumenyi urahaguruka ukagenda mw’ihiganwa noneho aba fans akaba aribo babatandukanya bo nyene. Umuririmvyi Mkombozi yagize ico...

View Article

KOKO Baby by FJ official Video

2,487 total views, 671 views today

View Article

#indundi | Saluti by Best Music ft GN – Official Video

2,800 total views, 662 views today

View Article


#indundi Tv | Nikiza Bonfils – Niwe Gusa(Ni wewe tu) & Nibaruta Claude

672 total views, 672 views today

View Article

#indundi | Amashusho y’indirimbo ndi Trop top ya Thity Love yamaze gusohoka

Thyti Love yasohoye amasanamu y’indirimbo ya mbere mu mwuga wiwe wo kuririmba, akaba ata yandi mashusho yari bwakore uretse indirimbo bamuhaye Feauturing. Thity love yasohoye amasanamu ya mbere...

View Article

#indundi | Iyi niyo modoka Mt Number Number agiye kuza arakoresha

Inyuma y’akaganuke azaniye Studio Indonyi, Mt Number one yaguze imodoka igezweho iri mu bwoko bwa Infiniti abe ariyo aza aragiramwo. Imodoka iri mu bwoko bwa Infiniti niyo umuririmvyi Mt Number one...

View Article


#indundi | Iki nico Big Fizzo yavuze ku giteramo aheruka gukorera muri Phoenix

Big fizzo ashimiye abamwitabiriye ku giteramo ciwe muri Phoenix ku musi wa mungu.   Thanks a lot Phoenix for 4 your luv…. next step Louisville. pic.twitter.com/TN4RU0EpnS — FIZZOLOGY (@Bigfariouz)...

View Article


#indundi Weekly Music | Top5 Week 48

1.Nkunda Kuborerwa – Yoya Jamal | Download: 1433 | View :18721 2.Magonde By Fabilove Ft Emery Sun | Download: 846 | View :8733 3.Pamella(guantanamera) By R Flow | Download: 515 | View :1314...

View Article

#indundi | Kora Ent. niyo igihagarariye inyungu z’umurwi Best Life Music

  Nta cahindutse muri Management y’umurwi Best Life, Kent-p n’ishirahamwe ryiwe Kora Ent, nibo bagihagarariye inyungu z’uwo murwi. Inyuma y’imyaka irenga itanu bakoranye n’ishirahamwe Kora Ent. umurwi...

View Article

#indundi | Dudu T. Niyukuri aravuga ku migambi yiwe ya vuba

Dudu Niyukuri abandanya akazi kuko mu ntango z’umwaka wa 2017, ashobora kuzoba yasohoye urukurikirane rwiwe rushasha. Dudu Niyukuri ibikorwa vyiwe ngo ntivyahagaze kuko abandanya akora ijoro n’umutaga....

View Article

#indundi | Akaranga | Alfred na Bernard mu giteramo kuri IFB

Inyuma y’igihe kitari gito batumvikana, umurwi ugizwe n’abasore babairi Alfred na Bernard ugiye kandi guteramisha abantu kuri IFB. Umurwi w’abasore babiri baririmba indirimbo kavukire aribo Alfred na...

View Article


#indundi | Iki nico Spok’s abwira amashirahamwe akomakomeye akorera mu Butaka...

  Spok’s ahamagarira ayandi mashirahamwe akomakomeye kugira nk’uko insamirizi Isanganiro yagize mu kumushira ku bwinjiriro bw’inyubakwa basanzwe bakoreramwo. Amashirahamwe akomakomeye ngaha iwacu i...

View Article

#indundi | Abanyarwandakazi Charly na Nina bategerezwa guteramisha abanya...

Nta kibuza abaririmvyikazi b’abanyarwanda Charly na Nina badashika ngaha i Bujumbura mu giteramo cabateguriwe kuri uyu wa 25 kigarama kuri Lacosta Beach.    Abaririmvyikazi babiri bakomoka mu gihugu...

View Article


#indundi | iki nico umurwi Mirror Team uvuga Ku ndirimbo yabo “Ndoroshe”

Indirimbo ndoroshe ngo umwe wese yanditse agace kiwe, ivyo vyashikirijwe n’umurwi Mirror Team aho wari mu kiganiro Indundi Hit show kuri uyu wa mbere bariko bagerageza kwishura Ku bibazo vy’abakunzi...

View Article

#indundi | Sat-b N’i Kigali azohashirira ahabona urukurikirane rwiwe rushasha

  Hari bamwe mu banyarwanda bazomufasha guteramisha abantu Ku musi w’ishirwa ahabona ry’urukurikirane rwiwe rushasha i Kigali. Sat-b yatanguye kuvuga bamwe mu baririmvyi b’abanyarwanda bamaze...

View Article


#indundi Music|Ni Wewe By Ni K Ft Buhonga Boys

Ni Wewe By Ni K Ft Buhonga Boys 214 total views, 214 views today

View Article

#indundi | Natacha yasubiriye kuruhukira mu Butariyano

 Akarusho Ku rugendo Natacha agiyemwo mu butariyo harakazoboneka? Tuvyizere kuko urubanza rumwe rumara zibiri. Hari ikizova mu karuhuko, umuririmvyikazi Natacha agiyemwo mu gihugu c’Ubutariyano? Ivyo...

View Article

#indundi | Indirimbo Kuri Line ya Norasque yakorewe amasanamu na Indundi...

Intambwe ya Mbere y’ikorerwa amasanamu y’umuririmvyi w’ukwezi Kuri Indundi magazine yamaze guterwa, Norasque yakorewe amasanamu y’indirimbo Kuri Line yatsinze mu kwezi kw’i cumi.   Indirimbo Kuri Line...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live