Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | sat-b na Miss Erica hoba hari imigambi y’indirimbo bafitanye

  Bishoboka ko Sat-b yoba yakoranye Indirimbo nshasha n’umuririmvyikazi Miss Erica kwa Washington umuhinyanyuzi w’umugande. Hari hagize imisi urukurukuru ko hari indirimbo nshasha y’umuririmvyikazi...

View Article


#indundi | Rwanda | igihe c’agacerere ka Kamoso carangiye

  Yatanguye gutumwako mu biteramo n’ibikorane bitandukanye i Kigali mu Rwanda. Eddy Kamoso inyuma y’agacerere yaramazemwo imisi, yamenyesheje Indundi Magazine ko agiye gutangura gukorana inguvu muri...

View Article


#indundi Music|Icobakurusha By Pim Ft Alpha Brown

Icobakurusha By Pim Ft Alpha Brown 3,192 total views, 451 views today

View Article

#indundi | Mkomboz ntatahura iyo Inkwano yavuye

Mkombozi yashikirije ku rubuga rwiwe rwa Facebook, amakenga afise ku gikorwa c’ugutanga inkwano. Mkombozi ntatahura iyo abantu bakuye iciyumviro co kuzana inkwano ubona ko kubwiwe ngo abantu ba mbere...

View Article

MiRRor TeAm – Ndoroshe Official video

4,685 total views, 1,910 views today

View Article


#indundi Music|Ndoroshe By Mirror Team

[audio_id 232121] 1,823 total views, 1,823 views today

View Article

#indundi | Indirimbo ya Mirror Team ngo ishobora kuterekanwa ku mboneshakure...

Indirimbo Ndoroshe ya Mirror Team ishobora ngo kutemerwa n’imboneshakure ndundi kubera amwe amwe mu mashusho arimwo.  Umurwi Mirror uheruka gushira ahabona Indirimbo yabo nshasha yakozwe n’umuhinga mu...

View Article

MOMO – MBABARIRA Ft FRANCK G80 Official Video

38 total views, 38 views today

View Article


#indundi weekly Music | Top5 Week 46

1.Sarakasi By Chuz-B | Downloads(1560) | Played(1970) 2.69 Code By Big Fizzo | Downloads(1317) | Played(22718) 3.Iwacu By Sat B | Download: 1314 | View :20359 4.Mama Watoto By Happy Famba Ft. Thomson |...

View Article


#indundi | Iki nico gituma Big Fariouz atava kuri Hit

  Big Fariouz agumiza ugutwi ku muziki w’uyu musi uja nico gituma umuziki wiwe uguma ukundwa cane. Kuberiki umuririmvyi w’umurundi Mugani Desire benshi bazi nka Big Fariouz aguma ari Hit mu ndirimbo...

View Article

Lop’s MIRACULO – MONEY TALKS official Video

4,529 total views, 2,257 views today

View Article

Master Sniper – Forever ft Bienv Freema Official Video

3,348 total views, 2,674 views today

View Article

#indundi Music|Sinkikunda By Jay B One Ft Pim Titi Love

Sinkikunda By Jay B One Ft Pim Titi Love 285 total views, 285 views today

View Article


#indundi Music|Menya By King Plata

Menya By King Plata 426 total views, 426 views today

View Article

#indundi Music|Free Style By 19th Ft Sag Wise

Free Style By 19th Ft Sag Wise 413 total views, 413 views today

View Article


#indundi Music|Jewe By Chris Biz

Jewe By Chris Biz 818 total views, 818 views today

View Article

#indundi Gospel | Umurwi Redemption Voice wasohoye akaririmbo gashasha

Inyuma y’akaririmbo Uri mwiza kamaze amezi indwi gasohotse umurwi Redemption Voice wasohoye akandi bise SINZOPFA. “Sinzopfa nzobaho, namamaze Ubuntu bwawe, n’imirimo wakoze”   “Sinzopfa” niko karirimbo...

View Article


#indundi | Spok’s na Baino bariko bakorana indirimbo

Spok’s Man ariko akorana indirimbo n’umuririmvyi w’umurundi ari mu gihugu ca Kenya ariwe Baino, ubutumwa ngo bukazoba ari nk’ubwo basanzwe batanga burabishwa ku buzima bwa misi yose.     Indirimbo...

View Article

#indundi | Inyuma ya Body, Aimé M. buca ashira ahabona akaririmbo Mapenzi

Akandi karirimbo gashasha k’umuririmvyi Aimé M. ngo buca gashirwa ku mugaragaro  nkuko amakuru dukesha uno muririmvyi abarizwa mu gihugu ca leta zunze ubumwe za amarika abidushikiriza. Uwo muririmvyi...

View Article

#indundi | Ashley Diva na Sharifa Luna boba barasangiye Pierrot

Ashkey diva na Sharifa Luna yamenyekanye cane nka Mkombozine boba barasangiye umugabo imbere yuko umwe akuramwo akarenge. Kuberiki Ashley Diva yahebanye na Pierrot Kwizera? Uwari umukunzi wiwe wa kera...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live