#indundi | Chiko agiye gusohora indirimbo nshasha iherekejwe n’amasanamu yayo
Indirimbo nshasha izoba irikumwe n’amasanamu yayo izosohoka mu misi mikeya, niko umuririmvyi Chiko yabwiye Indundi Magazine. Inyuma y’akaririmbo Text Me umuririmvyi Chiko yakoranye na Big Fariouz,...
View Article#indundi | Ashley Diva ngo nta mukobwa yomwigana mu nyambaro
Ashley diva abona ko umwe wese yisa akwiye kwambara ibimushimisha. Mu gihe Ashkey Diva ari mu gitigiri c’abigeme batungwa urutoke mu kwambara impenereza, we kubwiwe avuga ko ataco abibonamwo kuko we...
View Article#indundi | Tz | Uwashize Video ya Wema Sepetu ariko arasomana hanze yarekuwe
Hari hagize igihe haboneka Ku mihora y’ingurukanabumenyi I reresi ry’umukinyi w’umu Tanzania ariko arasoma n’umusore yamenyekanye nk’umunyamideri muri ico gihugu nyene. Amakuru dukesha ikinyamakuru...
View Article#indundi | Iki nico Masterland akenereye abahungu 3 n’abakobwa 3
Amasanamu mashasha buca ashirwa ahabona na Masterland kuko yatanguye kurondera abazomutambira. Inyuma yaho umuririmvyi Masterland asohoreye indirimbo yakunzwe cane n’abatari bake mu barundi cokimwe...
View ArticleMugisagara by Silas Damara ft Akes Don Official Video
1,535 total views, 125 views today
View Article#indundi | Emery Sun Ku ntebe y’ubwami yahorako Yoya Jamal kwa Cyrille
Emery sun agiye guhora ateramisha abanya Bujumbura Ku musi wa gatanu n’uwa gatandatu i Bujumbura ahitwa kwa Cyrille mu Kabondo. Intebe y’ubwami Yoya Jamal yahorana akiri I Bujumbura mu gutwara ibendera...
View Article#indundi | Lolilo yigishije uwundi mwigeme umwuga wo kuririmba
Inyuma yaho Lolilo yigishirije kuririmba abakunzi biwe babiri bakurikiranye aribo Loliane barikumwe muri kino gihe banarushinze, hamwe na Chany Queen bavyaranye umwigeme Rahma ubu abarizwa mu myaka...
View Article#indundi | hashikiriwe Kebby kuri Trace TV
Uko imisi ihera niko umuziki ndundi ukura kandi ukerekana ko wifashe neza. Mu myaka yahera abarundi bidoga ko umuziki utarenga Imbibe ngo ushike naho ushobora kwerekanwa ku rwego Mpuzamakungu. None...
View Article#indundi | Indirimbo Die For You ya Amore ft Big Fizzo yamaze gushirwa ahabona
Akaririmbo Die for You big Fariouz yaririmvyemwo kamaze gushirwa Ku mugaragaro na Amore ari nawe nyene iyo ndirimbo. Imwe mu ndirimbo umuririmvyi Big Fariouz yaririmvyemwo yari irindiranywe igishika...
View Article#indundi | Ukuri kw’ihagarikwa ry’indirimbo 69 Code ya Big Fariouz
Inyuma yaho hashakiwe guhagarikwa Indirimbo What’s my name, ubu naho hari hakurikiwe 69 Code yo yagirizwa kuba ihamagarira abantu kuja mu Busambanyi. Hari urukurukuru twari rugize imisi ruhari ruvuga...
View Article#indundi | Bobona ntarota aheba umuziki naho ari mu mahanga yugarijwe...
Hampande y’umwanya muto aronka wo kuruhuka kubera akazi k’ukwakira Impunzi asigaye akora, Bobona araronkamwo akanya ko kubandanya gukora umuziki. Umuririmvyi Bobona uno musi abarizwa mu butariyano aho...
View Article#indundi | Big Fizzo na Nziza Desire mu giteramo Dallas, Texas
Inyuma y’imyaka yababa cumi abaririmvyi babiri aribo Mugani Desire benshi bazi nka Big Fariouz hamwe na mugenziwe Nziza Desire badahura, uno musi basubiriye guhuzwa n’igiteramo Fariouz azokorera muri...
View Article#indundi | Buri giteramo kigira uburyohe Fariouz abashikiriza
Uko igiteramo kigenda niko n’ubuhinga canke urutonde rw’indorit rw’umuririmvyi Mugani Desire rugeze ruhinduka. Ivyo tukabishikirizwa na Manager wiwe ariwe Kiyoyo Djuma ubu barikumwe muri USA Tours. Mu...
View Article#indundi | Don Brighter ati “Vuba cane araja ahabona”
Inyuma n’igihe kitari gito acecetse, umuririmvyi Don Brighter yashize ahabona agace gato k’indirimbo yiwe nshasha buca ashira ahabona, iyo ndirimbo ikaba yiswe Indyarya. Naho ako gace katumvikanamwo...
View Article#indundi | Umusore mwiza w’umwaka wa 2016
Dwayne Johnson benshi bazi nka The Rock yatowe nk’umusore mwiza w’umwaka w’2016 mu kinyamakuru People. Ivyo bikaba bije bikurikira urukurukuru rwari ruhari rwavuga ko Ashobora kuzoba umusore mwiza...
View Article#indundi | T Max agiye gukorera Indirimbo muri Denmark
Inyuma yaho ashiriye ahabona aka Video ariko aririmba akaririmbo aho aguma avugamwo ijambo Commando abantu bakibaza nimba uno musore yoba afise gahunda yo gusohora iyo ndirimbo, ubu naho yashikirije ko...
View Article#indundi | Kidum yaronkejwe agashimwe mu gihugu ca Australia
Inyuma yaho Nimbona Jean Pierre Kidum asabiwe n’abarundi baba Adelaide muri Australia gusubira kubateramisha mu kindi giteramo kigira kabiri inyuma y’icari gisa n’ikitagenze neza, yahavuye afata indege...
View Article#indundi |“Ibaze nawe” ya Mkombozi na Social Mula uno musi niho itangura gukorwa
Akaririmbo #Ibaze_nawe k’umuririmvyi Mkombozi na Social Mula uno musi niho gatangura gukorwa. Akaririmbo umuririmvyi Mkombozi yari yaremereye abakunzi b’umuziki wiwe ko kazokorwa hagati yiwe...
View Article#indundi | Rwanda | Danny vumbi yaririmvye kuri Bizous ya Yuda
Danny Vumbi arakebura abahabwa ama Bisous ngo barabe neza kuko hari izikumerera nabi. Burya ngo hari ubwoko butandukanye bw’ama Bisous (Kiss), ivyo vyashikirijwe n’umuririmvyi Danny Vumbi wo mu gihugu...
View Article