#indundi | Amasanamu y’indirimbo Celibataire ya Spok’s ni mu misi mike
Inyuma y’amasanamu y’indirimbo Nzob’iki muri Kazoza, umuririmvyi Spok’s Man yamenyesheje insamirizi Isanganiro ko aho bukera azoba ashora ahabona amasanamu y’akaririmbo kiwe gashasha yiwe Celibataire...
View Article#indundi | Izi nizo Mpanuro Emery Sun aha abakundana
Emery Sun yaragiye ararengwa kuvuga amazina canke ikintu na kimwe coshira ahabona umukunzi wiwe naho yahavuye yemera ko asanzwe aba mu maja ruguru y’igisagara ca Bujumbura nkuko Audio y’ikiganiro co Ku...
View Article#indundi | Lolilo ngo Uramumuramukiriza
Inyuma y’uturirimbo dutatu twasohorewe amasanamu muri kuno kwezi na Lolilo, yahavuye ashira ahabona akandi karirimbo gashasha kiwe yise Uramundamukiriza. Ako nako kakaba kagaruka kandi Ku Rukundo...
View Article#indundi | Big Fizzo – 69 code Lyrics
A photo posted by Indundi Magazine (@indundimagaz) on Nov 10, 2016 at 9:40am PST 69 Code By Big Fizzo Baby I am hot just like an oven I need some loving and baby I can’t hold it much longer it’s...
View Article#indundi | Kebby Boy yoba muri Tanzania atamye ivyamwa mu Muziki gusa?
Twashatse kumenya ko Kebby Boy atoba yaronse umusahirizi(Manager) mu Muziki gusa muri Tanzania ahubwo ko yanaharonse Umwana muri ino misi amaze yo. Inyuma y’ukuronka amakuru avuye Ku rubuga...
View Article#indundi | My blessing lover by Jay fire official Video
4,634 total views, 53 views today
View Article#indundi | Jay Fire ngo yarondeye Umwana kuva kera none aza yamuronka
Akaririmbo My Blessing Lover niko karirimbo gashasha k’umuririmvyi Ruyuku Jayfire aheruka gushira ahabona muri ino ndwi buca turangiza nkuko urubuga rwiwe rwa YouTube ruvyerekana. Ako karirimbo kakaba...
View Article#indundi| Mc Arthur na Audna bavyeretse abakunzi babo kuri Facebook ubu naho
Mu gihe baheruka kuvyereka umukama, ababanyi, abavukanyi n’abagenzi ko bashimye kuzobana ubuzima bwabo bwose, Audna Munezero na hamwe na Arakaza Mc Arthur bavyeretse uwundi muce w’incuti zabo. Ku musi...
View Article#indundi | Sat B – Iwacu Lyrics
A photo posted by King Yann Cool (@kingyacool) on Nov 11, 2016 at 3:22am PST Hommy !! Hommy !! Muntu ugana iwacu Reka nkutume hariya kwa Mama Umubwire yuko mukumbuye iyo mwibutse Oooh ndasarara. Hommy...
View Article#indundi | Abavukana ibere ryarayaze basubiranamwo aca asuhukira mu kindi gihugu
Inyuma y’igihuhusi cari kigize imisi, Sat-b yahavuye asohora Indirimbo abatari bake bari bagize igihe barindiriye yise Iwacu. Iyo ndirimbo igizwe n’ivyitabirizo bibiri agaruka Ku buzima bwo mu mahanga...
View Article#indundi | R Flow nawe buca asohora akaririmbo kagomba gusa na Guantanamera
Indirimbo isusa na Guantanamera yo muri amerika y’epfo niyo igiye gushirwa ahabona n’umuririmvyi R Flow ayikorewe na Pastor P. Inyuma y’akaririmbo Ibuka yakoreye amasanamu, umuririmvyi R Flow Ariko...
View Article#indundi | Black G yihaye akaruhuko ko kwitegurira neza umwaka wa 2017
Inyuma y’akaruhuko muri uno mwaka wa 2016, Black G yemera ko mu kwezi kwa kabiri kw’umwaka uza azoshira ahabona amasanamu y’indirimbo nshasha ariko arakora. Umuririmvyi Black G bakunda kumwita...
View Article#indundi | Happy Famba : indirimbo yakozwe n’abahinyanyuzi batatu kugira ibe...
Abahinyanyuzi batatu kwar’ukugira Indirimbo yiwe izoze isa neza gusumba. Vyayazwe na Happy ayaga na Indundi magazine. Happy Famba Indirimbo yiwe aheruka gufata amasanamu yayo ariyo Mama yakoranye...
View Article#indundi | Kidum ngo nasubize umutima hamwe abarundi bari Adelaide muri...
Abarundi Bari I Adelaide muri Australia ngo ntibarikumwe n’abashaka kutitabira ibiteramo vya Kidum. Bagasaba ko hatogira uwitiranya ivyaraye bibaye hamwe n’ukwifatanya n’abashaka guhombesha Kidum. Ivyo...
View Article#indundi Music|Sukaree Rmx By Mr Jojo
Sukaree Rmx By Mr Jojo 314 total views, 314 views today
View Article#indundi Music|My Friend By Matabaro
My Friend By Matabaro 153 total views, 153 views today
View Article#indundi weekly Music | Top5 Week 45
1.Sarakasi By Chuz-B | Download: 1521 | View :1747 2.69 Code By Big Fizzo | Download: 1032 | View :10981 3.Iwacu By Sat B | Download: 982 | View :16544 4.Music By B-Face | Download: 411 | View :4402...
View Article