Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | T Max ntakibarizwa mu Burundi

Inyuma y’ugukora amasanamu y’indirimbo Bila wewe, T Max ngo ntakibarizwa mu Burundi. Umuririmvyi T Max ngo ntakibarizwa Ku mugabane wa Africa nkuko amakuru dukesha bamwe mu begereye uwo muririmvyi...

View Article


#indundi | Pop G afise imigambi myinshi agiye gukora vuba

Amasanamu y’indirimbo 8.3.5 y’umuririmvyi Pop G hamwe n’ikorwa ry’ibiteramo hirya no hino ngo niyo migambi ya vuba afise. Uko imisi ihera ngo niko ibikorwa bitandukanye bibandanya biboneka kandi bikoze...

View Article


#indundi | Muganga ya Preeze igiye gukorerwa amasanamu

Inyuma y’ugukundwa cane kw’indirimbo Muganga ya Dj Prince ngo n’amasanamu agiye gukorwa kugira igume ikunzwe cane. Amasanamu y’indirimbo Muganga agiye gushirwa ahabona mu misi ya Vuba cane kuko agiye...

View Article

#indundi | Yvan Muziki ku musi wiwe w’amavuko yipfurijwe iherezo ryiza

Ivyipfuzo YVAN muziki asaba Umukama n’ivy’incuti ziwe zimusabira kuri uno musi ahimbaza umusi yavukiyeko ni vyinshi cane harimwo n’iherezo ryiza. Ndikumana Yvan benshi bazi nka Yvan Muzik uno musi...

View Article

#indundi New Music|Na Bado By Gaga Blue

[audio_id 230928] 2,071 total views, 1,206 views today

View Article


#indundi New Music|Icete Ca Gatatu By Loveb Yuda

[audfio_id 230927] 2,536 total views, 1,491 views today

View Article

#indundi | Dogg Bee yabaye Don Brighter kubw’igikorwa c’Imana

Ibikorwa vy’umukama ngo navyo Biri muvyatumye ashima guhindura izina, kandi n’indirimbo zitari nke ziri inyuma. Don Brighter niko kazina gashasha umuririmvyi Dogg Bee hagiye kwitwa nkuko yabihanuwe...

View Article

#indundi | Chonge yasohoye indirimbo yise Utuyoga

Chonge inyuma y’ugushira ahabona indirimbo yiwe nshasha yise Utuyoga ngo agiye gushira ahabona n’amasanamu y’indirimbo yiwe yise Peace mu gihe gito. Amasanamu y’indirimbo Peace ngo nayo agiye gukorwa...

View Article


#indundi | Igiteramo kije gufasha guhindura ivyumviro bibi abarundi bafise

Ugushindura ivyiyumviro bibi bikaba vyiza nico civugo nyamukuru c’igiteramo c’umuririmvyi Kaya Free mu gihugu c’urwanda kw’igenekerezo rya 2 ndamukiza ahitwa Le printemps Hotel. Kaya Free mu kiganiro...

View Article


#indundi Music | Chonge – Utuyoga ft Dogg Be

Utuyoga By Chonge Ft Dogg Bee   1,070 total views, 1,070 views today

View Article

#indundi | 19Th yaririmvye Urumogi mu ndirimbo Mary Jane

Indirimbo Mary Jane y’umuririmvyi 19th ngo yaririmvyemwo Urumogi naho ahayagizamwo umwigeme. Mary Jane ngo n’izina rindi ry’urumogi ariko rikaba rinitwa Umwigeme ni naco gituma ndirimbo yiwe...

View Article

#indundi weekly Music | Top5 week 13

1. Hakuna Kulala by Lolilo ft Sosi 2.Mpore by Jeremie Hakeshimana(170)   3.Na bado by Gaga Blue(137) 4.Ya Moyoni by King omixsa(123) 5.Icete ca Gatatu by Loved (120) 3,931 total views, 3,931 views today

View Article

#indundi Interview| Jeremie | Ibikorwa nivyo bivugira Umuntu

Yele arakebura abigira ibihangange ko urwo rwego baruhabwa n’ibikorwa baba bakoze batarwiha. Jeremie Hakeshimana mu Kiganiro yahaye Indundi radio biciye mu Indundi Radio yamenyesheje ko abaririmvyi ba...

View Article


#indundi Interview | Sat-b | Abategura Ibiteramo mu mahanga ntibamuha...

Sat-b ntarya umunwa mu kuvuga ko abategura ibiteramo bamaze kuvugana batamuha amafaranga akwiye ngo bakorane.  Aboubakar Karume benshi bazi nka Sat-b mu kiganiro yahaye Indundi Radio biciye muri Ingoma...

View Article

#indundi New MUsic|Dear Mama By Vg Wawa Ft Robbiaz King

Dear Mama By Vg Wawa Ft Robbiaz King 4,246 total views, 166 views today

View Article


#indundi | Jimmy Samson umunya dukorikori

Ubukorikori benshi bita ubugenegene bwarakozwe na Samson mw’isanamu ry’indirimbo yiwe nshasha. Jimmy Samson yoba ar’umunyatugenegene nkuko biboneka mu masanamu y’indirimbo yiwe nshasha iheruka kuja...

View Article

#indundi New Music|My Lova by Best Life

Best Life My Lova 3,872 total views, 267 views today

View Article


#indundi | Kaya Free | Ubutumwa bwatanzwe ngo bwarakiriwe

Naho igiteramo kititabiriwe n’abashakwa ariko ngo carakozwe kuko ubutumwa bwategerezwa gutangwa bwaratanzwe. Igiteramo cakozwe ku musi w’ejo na Ninteretse Bertran azwi cane nka Kaya Free ngo nticagenze...

View Article

#indundi | Fortran Bigirimana ibikorwa birabandanya neza

Mu kiganiro Ingomabeat co kuri uno wa mbere igenekerezo rya 4 ndamukiza Fortran Bigirimana aragaruka ku ngendo afise hirya no hino kw’isi zijanye n’izindi nkurikirane buca ashira ahabona. Ibikorwa...

View Article

#Indundi | Dudu T.Niyukuri yakoranije abantu benshi i Huye mu rwanda

Abantu batari bake baritabiriye igiteramo c’umuririmvyi  Dudu I Huye mu gihugu c’urwanda aho ukwinjira hari 5000frw, aho akaba yarikumwe n’urwaruka rutari ruto rw’abarundi. Umuririmvyi Dudu T. Niyukuri...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live