Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | Ibibazo Dj IRA ahura navyo mu kazi kiwe

Dj IRA n’umwe mu bigeme b’Abarundi badahengeshanya kuduza ibendera ndundi mu makungu iyo baherereye. Ubu muri kino gihe akaba ari nkawe citegererezo c’aba Dj b’abigeme I Kigali. Aganira n’ikinyamakuru...

View Article


#indundi Music | Hoi By Babbi feat Kidum

Babbi Feat Kidumu - Hoi 2,698 total views, 1,272 views today

View Article


#indundi | T Max yoba ariko aduhonja ku ndirimbo nshasha afise muri kino gihe?

Inyuma y’imisi itari mike umuririmvyi Max adashira ahabona indirimbo n’imwe aho ari ku mugabane wa Buraya, abatari bake bariko bibaza ko amashusho ariko aririmba aheruka gushira ahabona ku rubuga rwiwe...

View Article

#indundi | Nziza desire ati : Abaririmvyi b’ijunja ntibacitaweho...

Umuririmvyi Nziza Desire ntabona kumwe ikibazo c’ukumenyekanisha ibikorwa vy’abaririmvyi, uwo muririmvyi akabona ko abamenyeshamakuru bamwe bamwe bahengama bagahengamira kuri bamwe ariko abandi...

View Article

#indundi | Kim Franc ngo “n’umugambi usanzwe uhari wo gufasha abasanzwe...

Indirimbo Change yakozwe n’inzu y’ubuhinyanyuzi Kim Francs records ngo iri mu mugambi wo gushigikira abasanzwe ari abaririmvyi ba Hip Hop b’abarundi. Ivyo bikaba vyashikirijwe na Manager w’iyo nzu...

View Article


#indundi | PDK FILMS mu gikorwa co gushigikira abana bahuye n’ibibazo.

umuhinyanyuzi w’umurundi asanzwe akorera akazi kiwe mu gihugu ca leta zunze ubumwe za amerika asanzwe muri kino gihe ari mu Burundi aho yazanywe n’utu na turiya. Ariko aganira n’ikinyamakuru Indundi...

View Article

#indundi | Ibi n’ivyiza vy’umuziki kubwa B face

Music niko karirimbo gashasha k’umuririmvyi B Face on the Flow nkuko benshi bakunda kumwita. Muri ako karirimbo , uwo muririmvyi wo mu runganywe rushasha agaruka ku kamaro k’umuziki aho avuga ko abantu...

View Article

#indundi | Fortran Bigirimana yitabiriwe n’isinzi ry’abantu i Kigali

Igiteramo c’umuririmvyi Fortran Bigirimana i Kigali mu Rwanda ngo cari giteye igomwe cane nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru Ibyamamare co muri ico gihugu kibanyi abishikiriza. abantu bashika ku...

View Article


#indundi weekly Music | Top5 Week 43

1.Bain Ten – Salome | Download: 5139 | View :4498 2.Zigo Remix Kirundi By Tylo Sixer | Download: 2897 | View :2155 3.Mugacherere By Qboy Ft Rayvanny & Shetta | Download: 1181 | View :1866 4.Changes...

View Article


#indundi Music|Wewe Ni Jewe By Emery Sun

Wewe Ni Jewe By Emery Sun 1,626 total views, no views today

View Article

#indundi Music|Believe God By Gitare Landry

Believe God By Gitare Landry 659 total views, no views today

View Article

#indundi Music|Love By Rally Joe

Love By Rally Joe 817 total views, no views today

View Article

#indundi Music|Kimwana By Jintrejitrino

Kimwana By Jintrejitrino 942 total views, no views today

View Article


#indundi Music|Mapenzi By Msamalia (Wakavu)

[]audio_id 232017] 1,040 total views, no views today

View Article

#indundi Song of the Month | Norasque – Kuri Line

Inyuma y’umurrimvyi Sat-b, umuririmvyi  Norasque n’akaririmbo kiwe Kuri  Line niwe abaye umuririmvyi w’ukwezi kw’icenda. Mu kiringo c’ukwezi kwose iyo ndirimbo ikazoza ivuzwa mu biganiro bitandukanye...

View Article


#indundi | Emery Sun Ngo yaratanze ubushikiranganji

Inyuma y’imisi itari mike uno muririmvyi Emery sun adashira ahabona akaririmbo na kamwe, yari yamenyesheje ko buca ashira ahabona akaririmbo kiwe gashasha yise “Wewe ni jewe” ariko kaba gatevye kubera...

View Article

#indundi | Iki nico Sat-b aheruka gusaba aba Fans biwe

Umuririmvyi Sat-b abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook yasavye abakunzi b’umuziki wiwe gucagura hagati y’indirimbo ziwe zibiri zamaze guhera muri rwa rukurikirane azoshira ahabona rwose mu kwezi kwa...

View Article


Joe Sing – Niwako Official Video

2,964 total views, 185 views today

View Article

#indundi | Bizos azoteramisha abanya Gitega

Igenekerezo rya 20 ukwezi kwa 11, umuririmvyi Bizos benshi bazi kubera Kiyago Style, agiye gukora iiteramo kindi mu ntara ya Gitega aho azoba ari amafaranga 1000 kw’injira, guhera isaha umunani...

View Article

#indundi Music|Tuwe Macho By J Marie Muco

[audio_id 231997] 1,068 total views, 176 views today

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live