Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | Kidum yasimbiye mu gukina amareresi naho

  Hashizwe ahabona amashusho azoba ari mw’ireresi rishasha ry’umuririmvyi Nimbona Jean Pierre Kidum yakoze aho yaheruka I Bujumbura nkuko yari yanabishikirije. Amashusho azoba ari muri iryo reresi...

View Article


#indundi | I’m back, Masodja baje bava mw’ibohero

Aho bukera Indirimbo nshasha z’umurwi Masodja ngo buca isohobora, ivyo Indundi Ikaba yabiyagiye n’umwe mu bagize uwo murwi ariwe IKen Sniper. Aho yayaga na Indundi Magazine yabajijwe ubutumwa buzoba...

View Article


#indundi | Nikita yoba ari umwana wa gatatu Big Fizzo yerekanye

Big Fizzo yoba afise uwundi mukobwa yitwa Nikita mukuru kuwo yavyaranye n’umutambukanyi wiwe w’umuzungukazi? Ico nico kibazo umuntu yokwibaza akubitiye Ku rubuga rwiwe rwa Instagram, aho yavuga ko...

View Article

#indundi | Inarunyonga yashitse muri Leta zunze Ubumwe za amerika

Ndayishimiye Arlaine benshi bazi nka Inarunyonga canke Mama Clarke kubera imfura yiwe, biboneka ko yamaze gushika mu gitwara Obama nkuko amashusho avyerekana Ku mbuga za basazawe. Amakuru adushikira...

View Article

#indundi | RW | Young Grace yasohoye Ikoreso zimwanditseko

Amafaranga ibihumbi 3000 vy’amanyarwanda, nukuvuga ayababa ibihumbi 9000 vy’amarundi niyo mahera ikareso nshasha zashizwe ahabona n’umuririmvyikazi Young Grace. Ikinyamakuru Ibyamamare co mu gihugu...

View Article


#indundi | Master Bk agarutse n’akaririmbo k’Urukundo

Mu misi ya Vuba cane Indirimbo nshasha y’umuririmvyi Master Bk muri kino gihe akorera akazi kiwe mu majepfo ya Africa buca ija ahabona. Uwo muririmvyi muri kino gihe akaba ariko akorana n’umwe mu...

View Article

#indundi | Mugacecere yasubiwemwo hagumizwamwo amajwi ya Sat-b amwe amwe

Umuririmvyi Q Boy asanzwe anambika igihangange Diamonds Platnumz yasohoye amashusho y’indirimbo Mugacerere yakoranye na Sat-b ariko RMX yayo akaba yari yayikoranye na Raymond asanzwe ari muri WASAFI...

View Article

#indundi | Big Fizzo na T Max biswe abaryamana basangiye ibitsina

Afisa nawe yabakoze Ku ruhanga abagabo babiri Big Fizzo na T max mu kuvuga ko bari muri bamwe baryamana basangiye ibitsina “Gays” mu majambo yanditse Ku rubuga rwiwe rwa facebook.   Uwo muririmvyi...

View Article


#indundi | Amir MUGISHA yashize imbere y’abantu n’umukama umutambukanyi wiwe

Umuhinyanyuzi MUGISHA Amir yemeje imbere y’abantu n’Imana ko yemeye kubana n’ umukunzi wiwe. Ivyo bikaba binabonekera mu mashusho atandukanye aheruka gushirwa ahabona. Uwo muhinyanyuzi wa kera akaba...

View Article


#indundi | Rally Joe na Bain Ten harico barigutegura ?

Abatari bake natwe turimwo, turibaza nimba umuririmvyi Rally Joe yoba yarahagaritse umuziki wiwe agasimbira mu mareresi ubona ko arico gikorwa gishasha ariko arumvikanamwo. Ivyo bamwe bakabivuga kubera...

View Article

#indundi | Amagara ya Mkomboz yoba ariko arahungabana

Uno musi niho umuririmvyi Mkombozi akubitira mu gace ka Butare aho azokorera igiteramo mu misi iza, akaba agiye gu sign contract n’abazomuhamagara nkuko yavyanditse Ku rubuga rwiwe rwa facebook....

View Article

#indundi | Inzu ya diamond yahiye, ibirimwo biratokombera

  Imwe mu Nzu zisanzwe ziharurwa kw’izina rya Diamond Platnumz iheruka gusha, ivyarimwo biratokombera nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru Global Tv co muri Tanzania abishikiriza. Ico kinyamakuru kivuga...

View Article

#indundi Music|Wale Wale By Swagger Team257

Wale Wale By Swagger Team257 40 total views, no views today

View Article


#indundi Music|Buja Down By Sag Wise Ft Elliezzo Da Trigga

Buja Down By Sag Wise Ft Elliezzo Da Trigga 197 total views, no views today

View Article

#indundi Music|Zigo Remix Kirundi By Tylo Sixer

Zigo Remix Kirundi By Tylo Sixer 474 total views, 5 views today

View Article


#indundi Music|Ndumu Star By Jean Smith Fabilove Ft Sd Le Pygme

Ndumu Star By Jean Smith Fabilove Ft Sd Le Pygme 773 total views, 5 views today

View Article

#indundi | Rally joe buca aboneka mu giteramo mu Carama

Rally joe aratumira abakunzi b’umuziki wiwe mu giteramo ariko arabategurira mu Carama ahitwa kuri GIKOMA, ivyo akaba yabishikirije ku rubuga rwiwe rwa facebook aho yaciye anashiraho urupapuro ndanga...

View Article


#indundi | Big Fizzo buca ashira ahabona akandi karirimbo gashasha

Hoba hasigaye igihe gito ngo akririmbo gashasha k’umuririmvyi Big Fizzo gashirwe ahabona, ivyo bikaba bibonekera ku mashusho yashize ahabona uwo mugabo ku rubuga rwiwe rwa facebook aho yavuga ko ako...

View Article

#indundi | Tz | Dully sykes nawe yaririmvye Mugacerere

Umuririmvyi Dully Sykes nawe yifatanije na bagenziwe mu kuririmba karirimbo Mu gacerere aho yari muri Studio ya Wasafi aho iyo ndirimbo yanakorewe. Ivyo bikaba vyabonetse Ku muhora wa Instagram...

View Article

#indundi | Iki nico Big Fizzo yipfuriza Sat-b kw’isabukuru ryiwe

  Umuririmvyi Mugani Desire yipfurije mugenziwe Sat-b isabukuru ryiza ry’amavuko yagize Ku musi w’ejo. Ivyo Mugani Desire akaba yabishize Ku rubuga rwiwe rwa Twitter aho yanditse mu kinyamazuru ko...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live